Sura 6

1 Yumwe muli mwebwe afishe chafpa na mugenziwe, yubahuka kugenda kubacha lubanza batali mukuli aho yo gije kubizera? 2 Ntimumenya yuko abizera bazo chila ulubanza abisi? Nimba muzo chila ulubanza abisi, ntimushobola kulamula amajambo gata kwiliye? 3 Ntimumenya yuko tuzochila ulubanza abamalaika? Kubimeze kute kandi, tulashobola kucha imanza zubu buzima. 4 Nimba tushobola kucha ulubanza gububuzima, ni kuki mwuba huka kutwala amashitaka imbele yabata hagalala mwikanisa? 5 Mvuga bino kubumala male bwanyu, ntawufishe ubwenge muli mwebwe akwiliye kugila ibintu neza hagati ya mwene wabo? 6 Aliko nkiko bili ubu uwizera yitwalila uwizera kubachalu banza nivyo amulega bitwagwa imbele yumuchalubanza ati zera! 7 Ubu kweli nubu hala matatizo muba Klisto gazanye ingolane iwanyu. Kubeliki ntimubabale kubibi? Kubeliki mwemela kubeshwa? 8 Aliko mwakoze ibibi no kubesha abandi, nabo ni bakaka nabadada banyu! 9 Ntimumenya yuko abahakanyi batazo lagwa ubwami bwi Mana? Ntimwizere ububeshi. Abashakana, abasenga ibi susilanyo, abasambanyi, abagabobimugwa, abagabo bimulana. 10 Abashuma abahuvyi imbolegwa, abanyazi abatukana ntawo mulabo azolagwa ubwami bwi Mana. 11 Nabo bamwe hali mwebwe. Aliko mwalamaze kwezwa, aliko mwalamaze kozwa, aliko mwalamaze kushigwaho kumana, aliko mwagizwe babeleye imbele zi Mana mwizina dyu mwami Yesu Klisto nokuli mutima wi Mana yachu. 12 "Ibintu vyose bilemwe kwange," aliko si kila kintu kifishe inyungu. "Ibintu vyose bilemewe kwange," aliko sindotawaliwa na kimwe mulivyo. 13 "Ivyo kudya ni kubela inda ninda kubela ivyokudya," Aliko Imana izobikulaho vyose. Umubili nti gwalemwe kukubela kushakana, ahubwo umubili kubela yu mwami, numwami azo wugilila neza umubili. 14 Imana yazuye Umwami natwebwe kandi izotuzula kunguvu zayo. 15 Ntimumenya yuko imibili yanyu ifatanije na Klisto? Mushobola kute kutanga umubili wa Klisto? Mushobola kute kutanga umubili wa Klisto guje kufatana nugwa abasambanyi ?ntibishoboka! 16 Ntimumenya yuko uwifatanya numusambanyi aba abaye umubili gumwe nawe? Nkiko ivyandichwe bivuga, "Babili bazoba umubili gumwe." 17 Aliko uwifatanya nu mwami aba umutima gumwe hamwe nawe. 18 Ni muhunge ubu sambanyi! "Klila chaha umuntu akola ni hanze yumubili wiwe. Aliko ubusambanyi, umuntu akola ichaha kumubili wiwe wenenyene. 19 Ntimumenya yuko imibili yanyu alikanisa ya mutima wela, yikela muli mwebwe, womwahawe kuva kumana? Ntimumenya yuko mutali mwenyene? 20 Yuko mwa guzwe kwithamani none lelo shimila Imana kumubili yanyu.