1 Twuvumvishije inkuru yuko hali ubusambanyi muri mwebwe, ubwoko bwu busambanyi butafishe yuko yume muri mbwebwe adyama nu mugore wa sewiwe. 2 Namwe murishima! Ntimubabare? Yudya yakoze ivyo ashakigwa kukugwa muri mwebwe. 3 Naho ntari kumwe numwe muvyumubili aliko ndi namwe mu mwemu, namaze kumuchira urubanza yudya yakoze ibi, nka kudya naliho. 4 Iyo muhurira hamwe mwizina dyu mwami wachu Yesu na mwemu yanje ili hadya nki kunguvu zu mwami wachu Yesu na maze kumuchira urubanza uyu. 5 Namaze kumushikiriza uyu muntu kwa shetani kugira ngo umubili gwiwe gwononwe kugira ngo ubugingo bwiwe bushobore kurokoka kumusi wu Mwami. 6 Kwirata kwanyu si kwiza ntimuzi yuko umwambiro muto wambira irabe dyose. 7 Nimwikuleho namwe nyene umwambilo wa kela kugira bube irabe rishasha, kugira mube umukate utambigwa kukubela Klisto umwagazi wintama yachu ya Pasaka yamaze kwichwa. 8 Nuko relo tusherekeye imisi mikuru tutafishe umwambilo wa kera umwambilo wingeso zu gwonko nububi. Hanyuma yaho tusherehekeye imitsima itambiwe no kwitonda kweli. 9 Nalandishe kwi baruha yanje ngo ntimwivanganye na basambanyi. 10 Aliko sinavuga abasambanyi bo mubi yisi chanke na bipfuza cha na bivyi chanke na basenga ibigigwa Mana kukwicha kule nabo, relo mwagombegwa muve mwisi. 11 Aliko budya ndabandikiye kutivanga nuwewese yitwa mwenewanyu chanke mushiki wanyu muri Klisto aliko aba mubusambanyi chanke yudya afishe ukwipfuza chanke umwambuzi chanke usenga ibigigwa Mana, chanke utukana chanke umubolegwa kandi nti mudye nawe umuntu ameze gudyo. 12 None nzokwifatanya kubachira urubanza abuli hanze yi Kanisa? Hanyuma yaho namwe ntimwachiriye urubanza abali mwikanisa? 13 Aliko Imana irabachira urubanza abali hanze nimukute umuntu mubi muri mwebwe.