Sura 4

1 Uku niko umuntu atuharura twebwe nkabakozi baklisto naba garukizi bisiri zukuru zimana. 2 Kuriri ikigombegwa kubuseruchi niguti babe abo kwizigigwa. 3 Ariko kuri jewe nikintu chane yuko nchirigwa urubanza namwe chanke urubana gwa bantu kubera rero sinichira urubanza jewe ubwanje. 4 Sichira urubanza jewe ubwanje atachobimaze ibi yuko jewe ndumukuri ni umwami anchira urubanza. 5 Nuko ntimuvuge urubanza hejuru ya vyose hataragere ahumwami aza azobizana inmucho ibintu vyanyegejwe mmwijima. No kwerekanwa kwibiri mumitima niho kiramntu azokwakira isifa yiwe kuva kumana. 6 None bene wachu na bashikanje jewe ubwanje na aporo nakoresheje ibi kukubera mwebe. Kugirango kuva iwachu inura shoboye kwiyigisha inyene mkwiye kuvuga imvugi nigende chane kusumvya uko vya ndichwe uku niguti. Ntanumwe muri mwebwe yirata hejuru yuwundi. 7 None ninde abona ubutofauti hagatiyiwe nuyundi? Igiki ufise utachakira kubusa? Nikuberiki mwirata yuko mutakoze kutyo. 8 Tayari murafise vyose bidya mwoshache! Tayari mwamaze kuronka ubutafiri! Mwatanyuye kuganza na kandi muragana kusumvya twebwe! Nukuri ndabasabia imyaka inyiza kugirango tuganze hamwe namwe. 9 Unuko ndyango Imana yatusheze twebwe intumwa kutwereka bimpera mumisitari yokwiya mamaza nkabantu ba hukumiwe kwichwa twabaye nkitamasha kubisi kubamalaika nokubantu. 10 Twebwe turibirere kubwa Klisto aliko mwebwe mura bu bwenge muri Klisto tura bintegenke aliko mwebwe mrafise inyuvu murabahwa, aliko twebwe turagawa. 11 Nubu ntanzara tufise ninyota, ntampuzu tufise tufise kukubitwa, kandi ntitufise ivyicharo. 12 Tukora ikazi kumwete kumaboko yachu iyotugawa tusigara mugihe tubabazwa turi hanyana. 13 Iyobatutuka tubishura kubwitonzi kandi tubaye tutarabe tuharugwa yuko twanse nisi nibibi no kubindi vyose. 14 Sina ndika ibibintu kukubatetereza mwebwe, aliko kubagarukira mwebwe nkabana banje nkunda. 15 Naho mufise abarimu ibihumbi chumi muri Klisto aliko ntimufishe bababa beshi kubeba jewe nije nabavyaye muri Klisto Yesu munzira yijambo dyimana. 16 Nuko nda binyinga munkurikire jewe. 17 Icho nicho kituma natumye iwanyu Timotheo mukundwa wanje numwana wumwizigigwa mumwami azobibucha inzira zanje zomuri Klisto nkuko nigisha kira hantu no kwikanisa. 18 Nuko rero muri mwebwe barirata bakora nkuko umenya ntazoza iwanyu. 19 Aliko nzoza iwanyu mukanya umwami niya kunda nihonzoza samajambo yabo gusa biratira aliko nzoraba inguvu zabo. 20 Nkuko ubwami bwimana buba mumajambo aliko buba munkomezi. 21 Mushaka iki inze iwanyu ni nkoni chanke kurukundo numutima wubugwaneza.