Sura 3

1 Nanje bene wachu nabashiki banje sinavuze namwe nkabantu bomuri mpwemu Ariko nkabantu bomumubiri nkabana batoyi Bomuri Klisto. 2 Naba nywesheje amata sinyama kubera Ntimwari mwiteguye kudya inyama nubu ntimuritegura. 3 Nkuko mwebwe mkri bado muvyu mubiri kubera inzigo nukwirata bibonekana muri mwebwe none ntimubayeho kunyana ni vyu mubiri None inyeso zanyu ntizisa nkiza bantu. 4 Nkuko umwe avuga yuko nkurikira Paulo uwundi avuga yuko nkurikira Apolo none nti mubayeho nkabana babantu. 5 Apolo nindie na Paulo ninde nintumwa zayudya mwizera udya Imana yahaye ibikogwa. 6 Jewe nateye Apolo ashiramwo amazi Ariko Imana iravyanka. 7 Nkuko sikudya yateye chanke kudya yasizemwo amazi yuko afise ichochose aliko ni Mana ikuza. 8 Nuko uwutera nudya ashiramwo amazi bose nikintu kimwe na kira muntu azo kwakira impembo yiwe bizo vana nibikogwa yakoze. 9 Nkuko twebwe turabakozi bimana mwebwe muri mirima yi Mana ninyubako yimana. 10 Bivanye ninema yimana nahawe nku mwubachi mukuru nasizeho umusinyi nuyundi yubaka hejuru yawo ariko umuntu abe maso nkuko yubaka hejuru yawo. 11 Kukubera atawundi ashobora kwubaka umusinyi usumba udya wubache aliwe Yesu Klisto. 12 None umwe muri mwebwe tubaka yubaka hejuru yawo kunzuhabu amahera amabuye yikichiro ibiti ubwachu ibiremba. 13 Ikazi ziwe zizo kwere kanwa numuriro umuriro uzogerageza kwikazi yakira muntu kucho yakoze. 14 Kuri kidya umuntu yubache kizosigara wene azokwakira akashimwe. 15 Aliko nimba ikazi yumuntu niyo nonekara kumuriro azoronka ikihombo Aliko wene ubwiwe azokizwa kugirango yitandukanye numuriro. 16 Ntimumenya yuko mwebwe muri isenyero zimana nayuko mpwemu wimana aba muri mwebwe. 17 Umuntu niyo nona urusenyero gwimana Imana izomwonona kubera urusenyero namwe kandi. 18 Umuntu niyihendab ubwiwe nkabadya bose bori mwebwe yiyumvira yuko afise ubwenge muri bibihe abe uwutafise ubwenye niho azobonekana kafise ubwenge. 19 Kubera ubwenge bwisi nuburere imbere Yi Mana kubera vyandichwe abubwenge bafatwa ni nzigo zabo. 20 Kandi Imana iramenya ivyiyumviro vyabubwenge nubusa gusa. 21 Nuko umuntu niyirate abantu! Kubera ibintu vyose ari vyanyu. 22 Nimba ari Paulo chanke Apolo chanke Kefa chanke isi chanke imibereho chanke urupfu chanke ibintu biriho chanke ibizobaho vyose ni vyanyu. 23 Namwe murabaklisto na Klisto nu wi Mana.