1 Nanje iwanyu benewachu na bashiki banje sinaje kumajambo yo kubahendahenda no kwubahwa kuko nabasiguriye ubukweli bwanyegejwe bwelekeye Imana. 2 Nasihisembo kutamenya ichochose honari muri mwebwe atari Yesu Klisto nawe yababajwe. 3 Na nalikumwe namwe muntege nke, no mukutinya, no mukujugumila chane. 4 Ni mvugo yanje nokwigisha kwanje ni kwali mumajambo yubwenge no kwubaha. Hanyuma yaho yari kwemeza mwemu na winguvu. 5 Kugira ngo ukwizera kwanyu ntikube mukubaha kwa bantu, aliko kube munguvu yimana. 6 Rero turavuga kwubaha mwintu bakuze aliko si kwubaha kwisi iyi change yabaganza bikikihe, bamwe bahita. 7 Hanyuma yaho, tuvugira ukubahwa kwi mana mubukweli bwa nyegejwe, kubahwa kwanyegejwe kwimana yatoye hatarabe ibihe vyubwera bwachu. 8 Nta numwe wumurongozi wibi bihe yalimenya uku kubahwa yobaba bamenya muri kidya kihe, ntibaba bara mubamvye umwami wubwera. 9 Aliko nkiko vyandichwe, ngwi vyijisho litigeze kubona, ntanugutwi kwa vyumvishe ivyiyumviro nti vyuyumviyo ayo Imana yateguye kubera badya bamukunda webe." 10 Aya majambo niyo Imana yahishuye iwachu kuchira kuri mwemu, kubera mwemu asesa buri kintu, ni bilishijwe mumana. 11 Kuko ninde amenya ivyiyumviro vyu muntu atari mwemu yu muntu iri muriwe? Kutyo kandi ntayuriho amenya ayari mura atari mwemu wi Mana. 12 Aliko ntitwakiriye mwemu wisi, aliko mwemu ava kumana, kugira tushobore kumenya umwidegemvyo wayo twahawe ni Mana. 13 Tuvuga aya kumajambo, ukwubaha kwumuntu nti kushobora kwigisha, aliko mwemu aratwigisha mwemu atusoba nuriba amajambo yo muri mwemu kukwubaha kwo muri mwemu. 14 Umuntu atariwa mwemu ntiyakira ayari ya mwemu wimana, kuko ari ubupfu kuriwe ntashobora kuyamenya kubela gamenywa mubudyo bwi mwemu. 15 Kuri yudya wi mwemu achira urubanza vyose, aliko akachiribwa urubanza na bandi. 16 "Ninde ayobora kumenya ivyiyumviro vyu mwami yoshobora kumwigisha wene? "Aliko tufishe ivyiyumviro vya Klisto.