1 Paulo yahamagawe na Klisto Yesu kuba intumwa yi Mana nkiko igomba na Sothene mwenewachu. 2 Kwi Kanisa dyi Mana lili muri Korinto kulibadya bejejwe muri Yesu Klisto, bahamagawe kuba abantu bahamagawe kuba abela tulabandikila kandi badya bose balihamagalira izina dyu mwami wachu Yesu Klisto muhantu hose Umwami wabo nuwachu. 3 Ubuntu na mahoro abe iwanyu kuva kumana daha wachu numwami wachu Yesu Klisto. 4 Imisi yose ndashimiri Mana yanje kubela mwebwe, kubela ubuntu bwi Mana ariyo Klisto Yesu yatuhaye. 5 Yabagize kuba abatunzi muri buri nzira mumvugo hamwe nu mbwenge bwose. 6 Yabagize abatunzi, nkukushingira intahe kuvyelekeye Klisto yemejwe kweli muri mwebwe. 7 None rero ntimuga banukigwa ingabile za mwemu, nkiko muri ni hamu mwitese ishugwa dyu mwami wachu Yesu Klisto. 8 Azobakomeza namwe kandi kushicha kwihereza kugira ntimuzogawe kumusi wu mwami wachu Yesu Klisto. 9 Imana niyo kwizegwa noiyo yabaha magaye mwebwe mukusangira kwu mwana wiwe, Yesu Klisto mwami wachu. 10 Ubu ndabinginga bene wachu na bashikibanje, kuchira mwizina dyu mwami wachu Yesu Klisto, ngo bose mwemele nango ntihabe kwichamwo kubili muri mwebwe, ndabingingo ngo mufatane hamwe mukufuza kumwe nu kushaka kumwe. 11 Kuko abantu munzu ya kloe bambariye ngo hali kwitandukanya kwendelea muri mwebwe. 12 Icho mvuze niki, buri umwe wanyu avuga, "Jewe ndi wa Paulo," Chanke "Jewe ndiwa Apolo, chanke, "jewe ndi wa Kefa," chanke, "Jewe ndi wa Klisto." 13 Mbe! Klisto aragaba nyijwe? Mbe! Paulo yalabambwe kubela mwebwe? Mbe! mwabatijwe mwizina dya Paulo? 14 Ndashimirimana kuko sina batije uwowese, yomba Krispo na Gayo. 15 Ilihari kugira ngo nta numwe yalikuvuga mwatijwe mwizina dyanje. 16 (Kandi na babatije bo munzu ya Stephania atari aho sinzi yuko nabatije umuntu yundi wewese.) 17 Kukubela Klisto ntiya ntumye kubabatiza aliko kuvuga ubutumwa mwiza. Ntiya ntumye kuvuga kumajambo yu bwenge bwa bantu, kugira ngwinguvu yumusalaba wa Klisto ntikugweho. 18 Kuko ijambo dyu musalaba nu bupfu kuli badya bahona aliko kuri badya bimana bakizwa, ninguvu yi mana. 19 Kubela vyandijwe, "Nzohonya ubwenge bwaba nyabwenge nzohonya ukumenya kwa banyabwenge. 20 Alihe umtu wumunyabwenge? Alihe uwasomye? Alihe umuvuzi umuharizi wiyisi? Mbe! Imana ntiya ntiya ihinduye ubwenge bwiyisi kuba ubujuju? 21 Kuva isi ibaye mubwenge bwayo ntiyamenye Imana, yashimishije Imana mubujuju bwaobwo kuvuga kugira kukiza badya bizera. 22 Kubayahudi babaza ibimenyenyecho vyi mujiza no kubayunani kilondela ubwenge. 23 Aliko tura muvuga Klisto yabambwe alikigwisha kubayahudi na nubujuju kubayunani. 24 Aliko kali badya bahamagawe ni Mana, Abayahudi na Bayunani turamuvuga Klisto nki nguvu nu bwenge bwimana. 25 Kubela ubujuju bwi mana bufishe ubwenge kusumba abuntu, na bunebwe bwi Mana bufishe inguvu kusumba abantu. 26 Reba umuhamagaro wi Mana hejuru yanyu benewachu na bashiki banje. Si bensi banyu mwalifishe ubwenge nibichiro vyabantu. Si benshi bunyu mwalifishe inguvu. Si bensi banyu mwavyawe mubukuru. 27 Aliko Imana yatoyi ranije ibintu vyibijuju vyisi kubiteteleza vyu bwenge Imana yatoranije ikili kinebwe kwisi kukiteteleza ikifishe inguvu. 28 Imana yatoranije kidya kili hasi kikengegwa muri yisi. Yatoranije ni bintu bitaharuwe kuba ibintu, kukubigira sibintu bili na kachiro. 29 Yakoze guti kugira ntihabeho wewese yobanikituma gilata imbele ziwe. 30 Kukubela kidya Imana yakoze, rero muri muri Klisto Yesu yakozwe ubwenge kubela twebwe kuva kumana. Ukwiliye wachu ubwela nubuchunguzi. 31 Nki nyishu nkuko ivyandichwe bivuga, "Uwirata, yirata mu mwami."