Sura 15

1 Ubu ndabibucha, Mula misole namwe mwa nkumi, hejuru yi njili yondababwiye yomakiliye no kuhagalala muliyo. 2 Muliyo njili mwala lokoche, nimwalifata neza ijambo dyo ndabahubiye mwebwe, atakulo mwizeye kubusa. 3 Ubwambele nkiko nda dyakileye kukamalo ndalizanye iwanyu nkiko lili kuti kuva kuvyandichwe, Klisto yalafpuye kubela ivyaha vyachu. 4 Kuva kuvyandichwe yalazichwe, kandi yala zuche kumusi na katatu. 5 Kandi yali yeleche kefa, Male yiyeleka badya chumi na babili. 6 Male ababiyeleka mumwanya gumwe abahungu naba kobwa balenga amajana atanu benshi muli bene bachali bazima aliko bamwe muli bene bala dyamwe mwitilo. 7 Male yaliyelekaye kuli Yakobo, male yiyeleka abatumwa bose. 8 Umwisho wa vyose yiyelechejwe, nka kudya kumwana yavuche mukihe kitalagela. 9 Kubela jewe ndi muto muba tumwa sikwiliye kwitwa intumwa, kubela ndalababaje ikanisa dyimana. 10 Aliko kwinema yimana ndi nkiko ndi, Inema yiwe kuli njewe ntiya baye busa ahubwo ndalabaye numwete kusuvya bose. Aliko ntihali jewe yali nema yimana ili muli jewe. 11 Nimba ali jewe au bene tulahubiri kutyo no kwizera kutyo. 12 Ubu ko Klisto ya hubiliwe kuwa zuche mubafpu vyoba kute bamwe muli mwebwe muvuge ntakuzukwa bafpu. 13 Aliko nimba atakuzuka kwabafpuye basi na Klisto kandi ntiyazuche. 14 Nimba Klisto atazucha amahubiri yachu ni bure. 15 Natubonekana kuba abashahidi bububeshi lkuvyelekeyi Mana kubela twala yishuhudiye Imana binyulanye, kuvuga yala muzuye Klisto, kandi ita muzuye. 16 Nimba abafpu bata zugwa Yesu kandi ntiyazuwe. 17 Nimba Klisto atazuwe, ukwizera kwanyu ni bure kandi muchali muvyaha vyanyu. 18 Uko na badya bafpuye muli Klisto kandi balahonye. 19 Nimba kuluku kubaho kusa tutinyuka mukihe kiza muli Klisto abantu bose, twebwe tula baganyigwa kusuvya abantu bose. 20 Aliko ubu Klisto ya zuche kuva kubafpu, amatunda ya mbele ya badya bafpuye. 21 Kubela ulupfu gwaje kukuhitila kumwana wumuntu kandi kuhitila kumwana wumuntu kuzuka kwa bafpuye. 22 Aliko nkuko muli Adamu bose bafpa, niko kandi muli Klisto bose bazogigwa bazima. 23 Aliko kila yumwe muntegulo yiwe; Klisto, amatunda ya mbele, hanyuma badya bali ba Klisto bazogigwa bazima mukihe chokuza kwiwe. 24 Niho haloba ihelezo, aho Klisto aloshikiliza ubwami kumana Daha ili ni hadya ahazo hagalicha ubutwazi bwose na mategeko yoseni nguvu. 25 Kubela lazima aganze kushicha aho azoshila hasi yamagulu bansi biwe bose. 26 Umwasi wanyuma konomwa nu lufpu. 27 Kubela, " yasize kila kintu hasi yamaguru yiwe," Aliko aho ivuga "yasize kila kintu," ni habona bati ili ntili baleba badya basize kila kintu hasi yiwe wene. 28 Mukihe ibintu vyose vya sizwe hasi yiwe, kandi numwana wene azoshigwa hasi yiwe wene yasize ibintu vyose hasi. Ili lizoba kugila ngo Imana daha ibe vyose muli vyose. 29 Au kandi balokola iki badya babatijwe kukubela abafpu? Nimba abafpu batazugwa kabisa, kubeleiki kandi babatizwa kubela bene? 30 Nikubeliki tuli mwihatari kila saha? 31 Bakaka na badada bange, kuhitila kwishima kwange muli mwebwe, ivyo mfyishe muli Klisto Yesu mwami wachu, ntangaza kuti: ndafpa kila musi. 32 Binifyasha iki, mundebo yamaso ya bana babantu nimba nalagwanye ni nyamaswa zikaze haliya muli Efeso nimba abafpu batazugwa? "Leba basi tudye no kunywa, kubela nyibuchatuzofpa." 33 Ntimubeshwe: "Imigwi mibi yonona ingeso nziza." 34 Mube nubwenge! Mubeho nkiko bibeleye! Ntimwendeleye mukola ivyaha. Kubela bamwe muli mwebwe ntimufishe ubumenyi kumana mvuga kuti kukumalamala kwanyu. 35 Aliko uyundi muntu azovuga, "Nikute abafpuye bazugwa? Nabo baloza numubili gumeze kute?" 36 Wewe ulumumfela chane! Kidya cho wateye ntikishobola kubanza kukula kitabanje kufpa. 37 Kidya cho wateye sumubili uzokula aliko ni mbuto yameze. Yoshabala kubi ngano au ikindi kintu. 38 Aliko Imana izoyiha umubili nkiko ishaka, na kila mbuto umubili wayo nyene. 39 Imibili yose nti susa ahubwo, halumubili gumwe gwabana babantu, nuyundi mubili wi nyamaswa, nuyundi mubili wi nyoni, nuyundi kubela isamaki. 40 Kandi hali imibili yo mwijuru ni mibili yo mwisi aliko ubwela bwi mibili yo mwijuru nubwoko bumwe nubwela bwomisi nuyundi. 41 Halubwela bumwe bwizuba, nubundi bwela bwukwezi nubundi bwela bwinyenyeli. Kubela inyenyeli imwenti susa ni yindi nyenyeli mubwela. 42 Nkiko niko bili kandi ukuzuka kwa bafpuye. Ikitegwa kilononekala, ikimela nti chononekala. 43 Chatewe kukoleshwa ibintu bisanzwe, kimeleshwa mubwela kitewe muntege nke, kimeleshwa munguvu. 44 Kitewe mumubili usanzwe, hanyuma kuli mutima. 45 Kandi bilandichwe, "Umuntu wa mbele Adamu yakozwe umutima gubaho." Adamu wokumwisho yakozwa mutima gutanga ubuzima. 46 Aliko wumutima ntiyaje bwambele habanje wusanzwe hanyuma wu mutima. 47 Umuntu wa mbele nuwisi, yakozwe kubwondo. Umuntu wa kabili ava mwijuru. 48 Nkuko yudya yakozwe mubwondo, niko kandi badya bakozwe mubwondo nkuko umuntu wo mwijuru ali, niko kandi badya bo mwijuru. 49 Nkuko twikoleye ikigelelanyo chumuntu wo mwijuru. 50 Ubu ndababwila bakaka na badadabanje, kuti umubili na malaso ntibishobola kulagwa ubwami bwimana. Nuwononekala kulagwa kutunonekala. 51 Leba! Ndababwila mwebwe isiri yukuli ntituzofpa twese, ahubwo twese tuzohindugwa. 52 Tuzo hindugwa mumwanya, mukanya ko kuhumiliza nokukanula kwa maso, mukihe chi nzamba yihelezo. Kubela inzamba izovuga, na bafpuye balozugwa mumubili gutononekala, kandi tuzohindugwa. 53 Kubela uwuwo kononekala lazima wambala kutononekala, nuwu wokufpa lazima wambale uwo kutapfa. 54 Aliko muliki kihe cho kononekala wambichwe wutononekala, nugu go kufpa wambaye kutafpa, niho haloza imvugo yandichwe, "Ulufpu gwa mizwe nubushindi" 55 "Lufpu, ubushindi bwawe bulihe? Lufpu, umubabalo gwawe gulihe?" 56 Umubalo wulufpu ni chaha, ninguvu yichaha nitegeko. 57 Aliko Imana ishimwe ituha kuchinda kuhitila kumwami wachu Yesu Klisto! 58 None bakundwa bakaka na badada banje, ni mukomele ntimunyige nyige. Ibihe vyose mukole ikazi yu mwami, kubela mulamenya yuko ikazi yanyu mu mwami siya busa.