Sura 16

1 Kuhusu michango yaba umini, nkiko ndayelekeje amakanisaa ya Garatia, nkiko niko mushakigwa kukola. 2 Kulu siku gwambele gwi wiki kila yumwe muli mwebwe ashile kumpambe ikintu akibike, nkiko mushoboye. Nimukole nkuko kugila ntihazobeho imichango ahonzoza. 3 Nina sohola, wewese womuzo chagula ndomutuma hamwe ni baruha kutanga isadaka yange hiyo Yerusalemu. 4 Ni vyaba bibeleye jewe ngenda kandi, bazogenda hamwe nange. 5 Aliko nzoza iwanyu, mukihe ndohitila Makedonia kubela ndohitila Makedonia. 6 Labuda noshobola kwikala namwe mpaka kumala ikihe chi mbeho, kugila mushobole kumfasha mwi safari yanje hohose hongenda. 7 8 9 Kubela sintegeleje kuba bona ubu kumwana muto. Kuko ndizeye kwikala namwe Kumwanya nimba umwami azonduhusu. Aliko ndokwila Efeso kushicha kuli Pentekoste. Kubela umulango munini guguluwe kubela njewe kandi halabansi bampinga. 10 Mukihe Timotheo aloza Mulobone yuko alikumwe namwe mutatina akola umulimo wumwami, nkiko ndakoze. 11 Umuntu wewese ntamugaye. Mufashe munzila yiwe kumaholo, kugilango aze iwande. Kubela ndamutegeleje aze hamwe na bene Daha. 12 Kuhusiana na mwene wachu Apolo. Ndala mulemesheje umutima chane abatembelele mwebwe hamwe na bene wachu. Aliko yachaguye kutaza ubu. Na hene azoza niya lonka nguvu. 13 Mube maso, hagalala neza, mukole nkaba gabo, mube ni nguvu. 14 Ivyo mukola vyose bikoleke Mulukundo. 15 Mulamenya abikaya ya Stefano. Mulamenya yuko bala bizera bambele hiyo muli akaya yuko bisize mukikogwa cha bizera nubu ndaba saba bakaka naba dada banje. 16 Ni mube nubwitonzi kubantu nkabo, no kila muntu afasha mwiyikazi nabakola ikazi hamwe natiwe. 17 Ndanezelewe kukuza kwa Stefano, Fotinato, na Akiko. Bahagalaje aho mwebe mwashakigwa kuba. 18 Kubela banezeleje umutima wanje nuwi wanyu. None lelo, bamenye abantu nkaba. 19 Amakanisa yomuli Asia batumye indamucho iwanyu. Akla na Priska balabalamucha mumwami, hamwe ni kanisa lili munzu yabo. 20 Bakaka na badada bange bose balabala mucha lamukanye kunso magulo yubwela. 21 Je, Paulo ndandika kuti kukuboko kwanje. 22 Nimba hali wewese atakunda umwami, basi umuvumo ni gube hejuru yiwe mwami wachu, ingo! 23 Inema yu mwami Yesu ibe namwe. 24 Ulukundo gwange lube hamwe namwe muli Klisto Yesu.