Igiche 4

1 Ubu Impemu ivuga kumugalagaro yuko mugiche kizoza bamwe mu bandi bantu bazoleka umwizero bashishikale kumviliza impemu zibasha niinyigishozi ibisazi zizokwigishwa mububeshi nubudyadyaintekelezo zabo zizohindugwa. 2 Basobabuza kulongola no kwakila ivyokudya vyi lmana yalemye bikoleshwe kwiishimwe muli bamwe bizeye kandi bamenya ukuli. 3 4 Kibela yuko buli ikintu chi lmana yalempe ni chiza, ntakintu twakila kwishimwe gikwiye kwankwa. 5 Kubela yuko buli imuntu chezwa huchila ijambo dyi lmana no kunzila ya amasengesho. 6 Niwashila aya amajambo imbele ya bene data uzola umukozi mwisa wa Yesu Kristo kubela yuko wakujijwe kumajambo yu umwizero no kunyigisho nziza zo wakulikiye. 7 Aliko wanke imigani yi gihugu iku ndwa na abakechulu ahibwo wig wewe nyene mukubaha. 8 Kuko kwimenyeleza kumubili kuli na akamalo gato. Aliko ukubaha gufose akamalo chane kumajambo yosi kubika indagano kumagala yubu nadya azoza. 9 Buno butumwa nubwo kwizegwa kandi bukwiliye kwemegwa chane. 10 Kubela yuko kwinyi Impamvu dupfa nabi gukola imilimo kumwete chane kuko dufise ubuhangange mu lmana ihema aliwe umuchuguzi wa abantu bosi aliko uyamala kubizera. 11 Uyavuge na kuyigisha aya amajambo. 12 Umuntu wewesi ntazogaye ubusola bwawe ahubwo ube ikigenelezo kuli bosi bizera, mukuvuga, mungendo, kulukundo kwizera ni isuku. 13 Kugela ahonzozila uzokomeze kmmugusoma, muguhana, no mukwigisha. 14 Ntuzoigabatarije ingabile ili muli wewe yo wahawe guchila mubuhanuzi kugushigwahi amaboko na abakutu. 15 Uyiteho aya majambo, ube muliye kugila ngo ugukula kube umugalagalo kubantu bosi, inengesele chane kwifata ni inyigisho. 16 Ulambe mulaya amajamb, kuko mukugi ivyo uzokwilokola ubwawe na badya bakumviliza.