Igiche 5

1 Ntimwihonivuze umugo wumutama. Aliko muhanule nkuko alumutama wawe. Ubahanule imisole yabahungu nkukalibenewanyu. 2 Ubahanule bagole bakuze nkuko alibamama wawe, nabagole bakilibato nkuko alibashiki banyu mukubagilila neza bose. 3 Wubahe abapfakazi badya balabapfakazi gose. 4 Aliko mupfakazi niyabafise abana chanke abuzukulu bomuhila iwabo nyene baleke baba lihabavyeyi babo weza nkuko bishimishije nimbele yimanae. 5 Alikumupfakazi chonechone nudya yasizwe wenka, nawe yasizeho gutekeleza kwiwe kumana. Imisiyose aguma mumasengo na mashegesho ijolo numutaga. 6 Nikolelo mugole abaye mubichumulo yapfuye nakagihema. 7 Babwile ayamajambo kugingo babulidyo kuilega. 8 Aliko umuntu adakoteyeneza abavukanyi biwe, nkadadya bomuhila iwiwe, yihokanye kwizela kwiwe alinivyaka gusumba umuntu atizeye. 9 Nonelelo numugole wumugobumwe. 10 Bishakigwa abe aluwumenyekana kubikogwa uyiza, abe uwitwalaliche kubana no kwabaha bashichi, chanke yogeje amagulu yu bizeye alabafasho abonabona chanke uwitanze mubikogwa vyose vyiza. 11 Aliko bulibadya dapdakazi bakili bato, nimwanke kubandikisha mugitigili chabapfakazi. Kuko ninjila mubwipfaza bwumubili muli Kristo, bashaka kulongogwa. 12 Naba bazochigwulubanza kuko bahevye ukwize la kwako kwambele. 13 Kandi nukwinjila mukamenyelo kubunebwe, nabobazungukwa inzu. Suko gusa alabanebwe nokuvugavuga nabo kuinjilila majambo ya bandi bobobavuga na majambo atakwiye atakwiye kuvuga. 14 None lelo jewe nshaka abagole bakili bato balongogwe, bavyale abana, bahogalalile inzu zabo, kugila ntibamuhe umwasi igihe chokutuge lageza muvyaha. 15 Kukobeshi mulibo bamaze kumukindukilila shetani. 16 Umugole yihanye akabafise ufupfakazi, abafashe kugila, ishengelo ntililemegeve kugila libafushe badyu alabapfakazi chanechane. 17 18 Kandi abataa babatwale baholuligwe yuko bakwiye ichubahilo ubugila kandi nkabashulukubute no kwigisha ijambo dyimana. Nkukevivyandichwe, bivuga, ntiwagalumunywa wanko yivyebisalugwa, "nu" Mukozi akwiyimpe mboyiwe." 19 Ntiwakile inyitalo hejulu yabashingantahe aliko bichiye kuminwa yivyema habili chanke hatatu. 20 Uhane abachumuye imbele yabantu bos kugila basigaye halaho botinya. 21 Ndagutumye chane imbele yimana, nimbele ya Kristo Yesu, na bamalayika batowe, ukolivyo hataliho gutolanya kwokwose, kandi ntukole ikintu chochose. 22 Ntushila maboko kumuntu ninpoga ntiwishile muvyaho vyuyundi, bisaba kuishingula wewenyene mubwiza. 23 Ntunwamazi yonko, hanyuma yaho, unwe imvinyo nkeya kubwingwala zomunda yawa ya buligihe. 24 Ivyaha vyabandi bantu bimenyekana makuihuta, kandi bibyimbela yo kulamula. alikibindi vyaka bibakulikila hanyuma. 25 Haliho nibindi bikogwa vyizo bimenyekana mukuikuta, alika nibindi ntibizokwinyegeza.