Igiche 3

1 Ino mvugo ilizeletse, nimba umuntu yifuza kuba umuhagalikizi, Yipfuza umulimo mwiza. 2 None bishakigwa umehagalikizi abe ni ngelo nu bwenge ntabe umuntu wu mwidoge. Kandi abe ni ngelo, kandi abe umwintonzi, abe umushikiranyi. Ni ngombwa abe umuntu ashobora kwigisha. 3 Ntabe umuborezi, ntabe umugwanyi, mugabo abe umweranda, abe umuntu wa mahoro. Kandi ni ngombwa ntabe umuntu akunda amahela. 4 Bishakigwa ahagarikile neza abantu bo munzu yiwe na abana biwe bishakigwa bamwubahe ku chubahilo chose. 5 Nimba atoshobora kuhagarikira abantu bari munzu yiwe, vyoshoboka kute ahagarikie urusengelo Gwimana? 6 Kandi ntabe mushasha mumwizero kugira ngo ntahave yirata ngwachumule nkawamubisha. 7 Bishakigwa abe ni ngeso nyiza muba ntu bose balihanze kugirango ntahave agwa mubiterasoni ni mitego yu mwasi. 8 Kandi abaheza bishakigwa babe abantu bakwiriye! chubahilo ni babe abantu binchakubiri kandi ntibabe abanywi binzoga ibilenze chankwe ntibabe ni mywipfuzo. 9 Babe abantu batunze ukuli kwimana numwizero nkuko vyahishuliwe. 10 Kandi babe bemejwe babone jukoreli lmana kuko badafise abadogela. 11 Kandi nabaole nabo babe abantu bafise ichubahilo, ntibabe ababeshi babe abantu bagenza buke kandi bizegwa kulibulikintu. 12 Abaheleza bashakigwa babe abagabo bumu gole umwe, kandi ni ngombwa bashobore guhagarikila abana babo neza ni nzu zabo. 13 Kubeba badya bahagankiwe neza bagira urugaralilo gwiza kandi bakaba nokwihaga rikira kunini mumwizero wabo muri Kristo Yesu. 14 Ndakwandikie bino bintu kandi ndizera yuko igihe igitali kinini ndimwo ndaza kwawe. 15 Aliko ninateba nzokwandikira kugira ngo umenye ingene uzo murusengelo gwimana ariwe nkingi ni nfasha yukuri. 16 Kandi ntakibuza yuko ubuntu bwimana bwali shuriwe: "Kwaribuninia chane, yarabonetse mumubili aremezwa ni Impemu Yera, araboneka na bamalaika baramwandagaza bamuvuga mubiihugu vyose arizegwa ni bihugu vyose aduzwa hejuru ni kuzo.