Igiche 2

1 Kubelidyo intango ya yosi nshoka amasengo na masengesho, nishimwe likoleke kubantu bosi. 2 Kubela abatwazi bosi na badya bali kumategeko, kugilango dushobole kubaho amabeleho ya mahoro na matekamo mubwelanda bwosi nokubahwa. 3 Ili nidyiza dyemwlwka imbele zimana na mulokozi wachu. 4 Wewe yipfuza yuko abantu bosi bolokoka balonka kumenya ukuli. 5 Kubela hali himanimwnya numuhuza umwenya hagati yi mana nu muntu aliwe Kristo yesu. 6 Yitanze wenyene nkikigaruzo kuli bosi nkukwatula mugihe gishakigwa. 7 Kumpamvu iyi njewe nyene nekozwe kuba umuntumwa wabantumwa nimtumwa mvuga ukuri simunga ububeshi njewe ndumwigisha mubantu bamahanga kukwizera nukuri. 8 Kubelidyo nshaka abagabo bulahantu basenge bagoroye amaboko yela badaftinjishavu no gutinya. 9 Uko nyene nshaka abagore biyambike imwambalo yemeletse kukwiyubaha no kubwiza ntibagile imishatsi ishutse changwe inzahabu changwe ilulu changwe imyambalo izinvywe chane. 10 Kandi shaka bambali mwambalo ibabeleye abagore bemela ubwelanda guchila kubikogwa vyiza. 11 Umngore yiygishe kuba numntakamo no kwicha bugufi. 12 Sinda mwemeleye umngore koyigisha changwe kugila amategeko hejuru yumugabo kiletse abeho mugihe cho kunuma. 13 Kubela ndamu yalemwe bwambele hanyuma Eva. 14 Adamu ntiyahenwe, aliko umngore yalahenzwe cha chane no gulinduka. 15 Nubundubwo azorokoka kuguchila kuvyala abana nimba bazobandanya mukwizara nuruku ndo mukozwa no mubwenge bwiza.