Igiche 4

1 Kwivyo Kristo ya babajwe kubwamubili, nimwiyambike imbunda mukwihangana kudya nyene kwoyababajwe yukuwemuvyaha. 2 Unomuntu ntiyobandanya kuba mukwigomba kwumubili, aliko kubwulukundo gwimana mukubaho gusigaye. 3 Kubela igihe giheze kilakwiye gukolibintu vyabanya vyaha banka gukola, ubusuma, nukwihangana kubi, uubolegwa, ubuhimbili, ubugenyi bwabasenganamasengo yibishusho yuzuyishavu. 4 Biyumvilabitangalo mukwivana mugukola ibintu hamwenabo, kuko bavugi vyakoha hejulu yanyu. 5 Bazotangigitigili chuwamaze kulamula bakomeye nabapfuye. 6 Kubela nijambo dyimana dyamazo kuvungwa kubapfuye, kuko bamaze guchibwuhubanza mumubili yabo nkabantu kugila babehe kungana nimana mumitima. 7 Impela yamajambo yose ulaje,None mubanebumenyi mubanukwihangana kwiza mumasengo yanyu. 8 Hatalivyo vyose, mubanumwete mulukundo gwo mulimwe atatugushavulanila. Kukalukundo ntilulondela kwelekana vyaha vyuyundi. 9 Mwelekane kwubaha bulumuntu atalinzigo. 10 Nkuko bulumuntu mulimwe yabliliye kwubaha, mukoleshe mugulashanya, nkabahagalikizi mubwiza no kwubaha kwishi vyatanzwe ni Imana. 11 Kandumuntu avuze, abenkuwuhanula Kubwimana, numuntu zochulubanza, mbemubushobozi yuhowe numana, kugila bulijambo lmana, ihetagigwe bichiye mukuli Yesu Kristo. Ubwela nubushobozi bulimuliwe ibihevyose. Amina. 12 Bagenzi ntimuhalule kugelagezwa kuza kubage lageza nkikintu gishasha, nahoholi kintu gishasha kivawanyu. 13 Aliku nuko mulonka kamenyelo mukubonabona muli Kristo, nimunezegwe, kandi munezegwe kandi munezegwe mukubonekegwa kwubwela bwiwe. 14 Naho mwatukanywe mwizina dya Kristo, mulahezahiwe Mutima wubwela nu Mutima Wimana yichala hejulu yanyu. 15 Aliko ntihabeho waliwewese wokubonabona nkumwichonyi, igisuma, umukozi winabi uwukolesha majambo ya bandi. 16 Aliko haliho umuntu abonabona nku musenzi ntabonisoni, aliko ahezagilimana kulidyo zina. 17 Kukumwanya wasohoye wokulubaza guhela munzu Yimana. Ikabilidawachu, bizobo bite kubatumuili lmana? 18 Kandi "nyenubushobozi akizwa bichiye mubikomeye bizomela bite kumuntu tagilubushobozi nyenivyaha. 19 Kuko bosebalabazwa kubwashake Bwimanabatayemitima yabo Kumulemyi wumwizegwa bakalivyiza.