Igiche 5

1 Ndabasavye abatama balihagati yanyu, njewe ndumurama hamwe nawe nabonye imibabaro ya , alumugenzi mubuzima buzoza. 2 None ndabakomeza mwebe abatama, mulilagire abantu bi lmana balimuli twebe, mulibone si nkeka mlashakwa, aliko ni kuko mshaleivyo, kukwi lmanaishaka mulilebe si kukunda amahela yubuchanya aliko kube kushaka. 3 Nsimwigire nkabatwazigihugu kubantu balihasi yanyu, ahubyo mube ikimenyecho mubandi. 4 Hadya umwungere mkulu azobonekana, muzolonka itaji yubugingo itafakaza itolelo dyayo. 5 Kandi namwe abosole bato, mugandunile abakuru mwese mwambale kwichusha gufi kugra mukorerane kukwi lmana nfashaka abibone, aliko aha abichisha bugufi ubuntu. 6 Aliko mube mubuntu burumusi yukuboko gukomeny kwi lmana, kugira abashire hejuru kumwanya wiwe. 7 Mushile amaganya yanyu yose hejuru yiwe kuko alikurinamwe. 8 Mube mubwenge, kuko umubisha wanyu, shatani, azerera nkintwe yivuga ashaka umuntu amumale. 9 Muhagarale mushikamye, kandi mufite kwizera gukemeye, mumenya kuko abagenzi banyu bali mugihugu bachira mubibabaro nkivyo. 10 Nimamala guchirubuntu byese yabahanagaye mubyiza buhoraho buri muli Kristo,arabatunganya, abakomeze imbanga. 11 Ichubahiro mbutwale igihe gitahera - Amena. 12 Ndamwizela silwayo nkumugenzi yemegwa, ndabandikiye mwebe kubugufi guchila kwiwe menya chondandits nukubuntu kuli kwi lmana. Nimuhagararemo mushikamye. 13 Abemezi bali Babeli natolanywe namwe, balabarasha, nu mwanawafye man'uo, alanbarasha. 14 Mutashe bulu muntu, muboberane murukundo. amahoro abe mwimwebe bari muri Kristo.