Igiche 3

1 Kubwi iyi nzita, mwebwe mlabagole mukwiliye kwitanga kubagabo banyu mwebwe nyere nobwo hoba mulibo bataladyubaha ujambo, guchila ingeso za abagole babo boshobola gukwegwa hataliho ujambo. 2 Kubela yuko bo benyene bazoka babonye ungeso yanyu nziza hamwe no gucha bugufi. 3 Inu ikoleke si kubwo gutaka hanz guhinga imishatsi, ivito vyi nzahabu chankwe imyambalo itandukanye. 4 Aliko munyuma yanyo ikoleke kubuntu bwi imbele mumutima no kulenga mu bwiza bwo gucha bugufi kuguma hamwe ku umutima wo ufise igochilo imbele zi lmana. 5 Kubela yuko abagola balitatse bu nyere kukwiyi inzila, bali nu mwizero mu lmana kandi balubaha abagabo babo bonyene. 6 Kubwi iyi nzila sarah yalamwubashe Ibrahimu nu kumwita we "Umwami" wiwe mwembwe ubu mula abana biwe nimba mzokola ibili nyiza na nihaba mudtinya ibibi. 8 Nuko lelo mwesi; mube nu ugwipfuzo lumwe, bene ikigongwe; ulubundo nka abavandimwe, abubaha na abatwasa buholo. 9 Ntimuliha ukubi ku kibi chankwe ugotuta kugtutsi munyuma yacho mubandanye guhezagila, kwiyi impamvu mwalahamagawe kugila ngo mushobole guhungwa umugisha. 10 Udya ashaka gukunda ilamba no kubona umusi mwiza alubuze ululimi gwiwe kubibi ni mimwa ywe kuvuga insaku. Kandi 11 ahindukile nu ibibi akele ibili vyiza ashake amahoro nu kuyakulikila. 12 Amaso yu umwami alabona nyere ubugo lolotsi namatwi yiwe alumva amasengo yiwe. Aliko ishushu yu umwamiili kubili cha badyabakola ububi. 13 Ninde azobagunga mwebwe nimba mwipfuza ilili dyiza? 14 Aliko mukaba mubonywa - bonywa ku kuli mulahezagiwe ntimutinye adya bo batinya ntimube nigihababu. 15 Munyuma yayo mumushile Kristo lmana mumitima yanyu nku umwela, buli igihe mube mwilinganiye kumwishula, bulu umuntu ababaza mwembwe kuki mfise kwizigila mu lmana mugile bati mukwitonda no gucha bugufi. 16 Mube ni ibitekelezo vyiza kugila ngo abantu batukana llamba dyanyu dyiza muli Kristo bashobole gutetegwa kuko baganila ibita liko kuli mwebwe nkuko umenga mwali abakozi bi ibibi. 17 Ni vyiza bilenze, nimba lmana yipfuza yuko mubonabonywa kugukola ivyiza kuluta kugukola ibibi. 18 Kristo nawe yabonabonye imwe gusa kubwi ivyaha. We ali nyene ubugelolotsi yabonabonye kubwachu tutali bone ubugololotsi kugila ngo atuzana twebwe ku lmana. Yapfuyu mumubili aliko yagizwe muzima mu mpemu. Mu 19 mpemu yagiye no kuzivugila ubutumwa impemu zozo ubu zili mumbohelo. 20 Ntizubaha igihe ukwihangana kwi lmana kwalindi igihe cha Nuhu, imisi yo kubakwa ubwato, ni lmana yalokoye abantu bake ubugingo munani kuva mumazi. 21 Iki ni kimenyetso chu ububatizo ubalokola mwebwe ubu si nko kubose umwanda kuva kumubili aliko nki sabo dyi chipfuzo chiza ki- lmana guchila ukuzuka kwa yesu Kristo. 22 We ali mukuboko kubudyo kwi lmana yagiye mwijulu, ubutwasi nu lutege ni ngombwa bimwubahe we.