Igiche 2

1 None mshine hidya ivyaha vyose, ububeshi ubudyadya ishari hamwe. 2 Nka bana watoaya chane mwipfuze amata meza yimpemu mweranda kugira ngo mukire neza mugakiza. 3 Nimba mwamaze kuomviliza kwi Imana nziza. 4 Nimuze kuliwe wewe alibuye lihema kandi libayeho ibuye dyabubatsi banse aliko alidyo lmana yatoranije kandi hifise igichiro kinii kuliwe. 5 Namwe ni nkamabuye ahema alimwo arubakwa kugirango azobe inzu yi mpemu yera kugira ngo mzobe abahereza beranda bashobira kutanga ishikanwa dyi mpemu yera yemewe imbele yi lmana yuchira kumwa mi Yesu Kristo. 6 Ugwandiko luvuga ngo ati, "Leba, nasize muli Sayuni ibuye dyomuruhand,e kandi likulu dyasobanuwe kandi dyigichilo uwe wesi yizeye muulidujo ntazobona isini". 7 Kuberivyo ichubahilo chanyu mwebwe mei ..................... 8 Kandi ibuye dyokutsitarako badya banka bazolistitarako badya banki ijambo dyobali bateguliwe kulidyo. 9 Aliko mwebwe ubwoko bwateguwe, kuba abahereza bu mwami, kandi isi nyeranata abantu bazobana ni lmana, mwembwe nimwa kilie kugira ngo mushobore kuvuga ibitanga za vyudyayabahamagay kuva mumwiza kuza mumucho wiwe wi kitangaza. 10 Ubwambere nti mwarabantu ariku bu mwabantu lmana. Ubwambere ntimwakilie imbabazi zayo ariko ubu mwazakilie imbabazi zayo. 11 Abankuzi ndabahamagaye nkabasohozi na bayererezi mwoshobora kwiyima kuva mumijipfuzomibi vijaha. Zidya zigwana mumitima yanyu. 12 Mukwirie kuba ni ngeso nyiza mubanyagi, hugu kugira, ngo nibabavuga ngo mwakoze ivyaha mabaze kureba ibikigwa vyanyu bashimagize lmana mugihe chokuza kwayo. 13 Mwubahe vyabakulu bisi bavuze kubwimana, yobu Umwami, chankwe umukuru uwewe si wi gihigu, 14 Nimba arabatwazi batumwe kubahana kubibi badya vyomwakoze chankwe kushimagiza badya bakora ivyiza. 15 Kubere ariko lmana, ikunda yuko gukora ivyiza kwanyu kunumiha ibikogwa bibi vyaba nyavyaha babajuju. 16 Nkabantu batari mumwidengevyo ntimukoreshe umwidengevyo wanyu nkigifu ndikizo mubichumuro kiretse mube nkabakozi Bimana. 17 Mwubahe abantu bose. Kandi mubakunde wenewanyu tiye lmana kandi mwubahe Umwami. 18 Abaja mwubahe abami banyu ku chubahilo chose si kubami beza gusa na beranda oya mwubahe na badya batalibeza. 19 Kubera ashimwa udya yihanga na mumibabaro yalonka udya aronka imibabaro yadakwirie kuronka kubidakwie kubera lmana yiwe. 20 Nakamaro nyabaki mulonka nimba muguma mukora ivyaha hanyuma, mubandavye guhanwa? Alikomukoze ivyiza muyahanwa mwakoze ivyiza ivyo birabereye Kumana. 21 Kulibi mwarahamagawe kubera Kristo nawe yaradose amahano kubuso kabwanyu abarekela kwiga kulivyo yakoze . 22 Wewe ntiyakoze ivyaha kandi ntabubeshi bwabonetse mukanwa kiwe. 23 Ahobamutuka wewe ntiyatutse yarababajwe mugabo ntiyabakanze mugabo yalitanze wenyene kugirango azomuramule udya aramula mukuri kose. 24 Wenyene yarahetse ivyaha vachu mumu bili wiwe kugira ntiduharugw mubanya vyaha kandi kugira ngo tubeho mukuri yarakubiswe kugira ngo twebwe dukire. 25 Bose abo mwayerera nki ntama zazimie ariko ubu mwarasubiye kumuragizi mwiza kande nu muchugerezi wi mitimayanyu.