Igiche 4

1 Abonkunda ntimwizele buli mpemu zosi aliko muzigelagezekugila Mubane, kuzavuye kumana kubele abavugishwa bububeshi balamaze kuwa beshi mwisi. 2 Aho muzomenya mpemu Wimana - buli mpemu izokwemela Kristo ntaho izoba yaje mumubili izoba aliyimana. 3 Nabuli mpemu itemela Yesu siyimama iyi nimpemu itemela Kristo aliyo mwumvishe iyuko ilimo ilaza. 4 Mweho mulabimana abana bakundwa. Kandi mwalamaze. Kubela alimulimwege nimukuru kuruta ulimwisi. 5 Abo nabava mwisi nicho kiluma ivyisi abisi. 6 Twege Tulibimana. Umenya imana alatumvi la natwe utali wimana natwe twumvira kubeta ivyo turazi mpemu ukuli na mpemu izimiza. 7 Abo nkunda dukundane,dukundane kuko uru kundo luva kumana. Umtu wese akundana yavyawe, ni Imana Kandi azi Imana. 8 Udakundana ntazi Imana kuko lmana arulukundo. 9 Iki nicho kiseruye unukundo gwi Imana muritwege no kuimana yarungiche umwana wayo wikinege mwisi kugilango. Tushwe ubuzima nawe. 10 Icho nicho kulimo urukundo siko twege twakuze, igatuma umwana wayo kuba ikitambo chivyaha vyachu. 11 Bakundwa niba Imana yalatukunze twege natuee lukwiye kukundana. 12 Ntawigeze kubona Imana chukundaye Imana iguma mulitweege nokuikunda kuguma kuba mulitueege. 13 Iki nicho kilumenyesho yuko tuguma muliyo nayo ikaguma mulitueege nuko yachuhaye mlimpemu wayo. 14 Twalabonye tweengera tulemeza iyuko data watwese yatumye umwana wiwe kuba umukunzi wisi yose. 15 Buli uwatura yuko Yesu alumwana wiimana Imana yichala muliwe nawe Kandi yichala Muliyo. 16 Natwe twamenye Kandi twizenye urukundo agua. Murukundo imana itufitiye lmana nurunda, kandi uguma murukundo aguma mumana. lmana nayo lkaguma muliwe. 17 Icho nicho kituma urundu lukogwa, rukaguma, hagati yachu kugila tubashe tube,intwali kugeza kigihe churubanza. Kubela nkukwali na twage tunel bacho hano mwinosi. 18 Kandi tulazi katabwoba. Kufise urukundo aliko, tumenye urukundo nyakuli rusohola hanze ubwoba. kuko ubwoba bugendano nikihano. Aliko ubutinyi ntaratungana Murukundo. 19 Turakunda kubera lmana yatukunte ubwambele. 20 Umwe mlitunee niyavuga gwalakunda lmanaaliko akaba yanka mwene data yabonye ntashubora gukunda, lmana yatabona. 21 Kandi dufise itegeko twahawe kuvakuliyo: Wewese akunda lmana asabwe kukunda na mueene, data wundi.