Igiche 5

1 Uwizela wesi yuko Yesu ali Kristo, uwo, yavyawe ni mana kandi wewesi akunda uwavuye kwa data, yongela agakunda na abana biwe. 2 Ku bivyo, lelo tulazi yuko tubakunda abana bi mana - iyo dukunda lmana no gukulikiza amategeko yayo. 3 Uko niko dukunda lmana kuko dukulikila amalegeko yayo. Amategeko yayo aloloshe. 4 Nukuvuga yuko, uwavyawe ni mana alatsinda isi. Uku niko gutsinda kwo gutsinda isi. Ukwiziye kwachu. 5 Ninde yatsinze isi? Nudya yeziye yuko Yesu alu mwana wi mana. 6 Uyu ni we yaje mu mazi, na malaso, Yesu Kristo. Ntiyaje gusa mu mazi, ahubwo mumazi na malaso. 7 Kubela yuko haliko batatu bemeza: 8 Impemu, amazi na malaso aba batatu balemelana. 9 Nimba twakila ubwema bwa bantu, ubwema bwi mana ni bunini kulusha ubwo. Kuko ubwema bwi mana nubu; ngo ofise ubwema bwegana nu mwana wiwe. 10 Uwize umwana wi mana ofise ubwema muli we nyene, naho wutayizela lmana yayihinduye umubeshi. Kuko atabwizeye ubwema bwi mana yazanye bwegana nu mwana wayo. 11 Ubwema nu bu, ngo lmana yadu haye ubugingo bwi bihe vyosi, ubu bugingo mu mwana wayo. 12 Wu mufise umwana afise ubugingo wudafise nawe umawana wi mana ntafise ubugingo. 13 Ndakandikila ibi ngo mushobole kumenya yuko mufsi ubugingo bwi bihe vyosu, mwebwe mwizila mwizina dyu mwana wi mana. 14 Ubu nibwo bushirukanyi dufise imbele yuwe, ngo nimba dusavyi kintu cho chosi nkundo ibishaka, ilatwumvila. 15 Kandi tukaba tumenya ngo ilatwumvila, icho tuyisaba chosi tulazi yuko tugifisa icho cho tuyisavye. 16 Iyo umuntu abonye mwenese akola ichaha kilali ichurupfu bimukwiliye gusaba, kandi lmana uamuha ubuzima. Mbivugila badya bi vyaha bitali ivyu lupfu, naliho ivyaha vyu lupfu, simvuga yuku bimukwiliye gusaba kubela yivyo vyaha. 17 Ubugome bwosi ni chaha, aliko haliho ichaha kitali chu lupfu. 18 Tulazi yuko uwavyawe ni mana adakola ichaha. Ahubwo llwavyawe ni mana, abungabungwa nayoneza lbihe vyosi, kandi wa mubisha, ntashabora kumubabaza. 19 Tulazi yuko twebwe tuli abi mana. Kandi tulazi yuko isi yosi ili hasi yu butwale bwa wa mubisha. 20 Aliko tulazi yuko Umwana wi lmana yaje Kandi akaduha ubumenyi, yuko tumuzi iwekuli Kandi yuko tuli muli ali we wukuli no mu mwana wiwe Yesu Kristo. Ni mana yu kuli nubugingo bwi bihe vyosi. 21 Bana mukundwa, mwilinde ibigigwa mana.