Igiche 2

1 Ni mlebe mukundo nyabalai twahawe na dawe ngo twetwe abaha bi Imana, uku niko tuli. Kukubaoo lelo isi ntitumenya kukowammenye nawe. 2 Benewachu twebe lelo tulaba na bi Imana, ntibilamenyehana ukuntu tuzoba temenya kuko Kristo namala kubonekana tuzosa nawe kuko tuzomubona nkukoameze. 3 Bula nmwenya afite amani nkayo kubela, ichogihe kiza chelekeza kwiwe kayoza wewe nkuko we amezealuwela. Bula umwenya abandanya kukola iuyaha kucha kumategeho kuko ivyaha bikilaho amafegeko. 4 Bula umwenya abandaya kukola iuyaha kucha kumafegeho kuko ivyaha bikulaho amafegeko. 5 Mlazi Kristo ukuntu yabonekanye ng'o akuleho iuyaha, mliwe nta uyaha briliwe ntibimlimo. 6 Nta numwe yogumamo muliwe akabandanya guhola ivyaha nta nititu nu mwenya aguma mu vyaha, mumwanya yamubonye no kumumenye wewe. 7 Bama mukundwa nti mwele kuzimizwa nu umntu wewesi uwukola ukuli nu ukuli nka kudya Kristo nawe ahe ukuli. 8 Ukola luyaha nu wa santani ukuko santani nu mkozi luyalia kuva kela, kubela ubwe lelo umwana wiImana abonekanye kugila ngo' yonone imilimo ya santani. 9 Yahawe nu mwana wi, lmana ntakola iuyaha kuko ibnbuto yi lmana yichala mliwe nti yobandanya gukola ivuaha kuko auyagwa ni lmana. 10 Ubwo lelo ahama bi lmana nimba satani yalamenyekanye wewesi atakola kitali ukuli siwi lmana chagwa udya atakunda mwene wabo. 11 Kuko ubu nibwo bwema mwunvishije kuva kela ngo' tukwilie gukundana twe kwa tevebe. 12 Si nka kaini yali mubi yicha mwenewabo, ni kubela iki yamwishe? kulela iuyoyakola uyali bibi, luya mwene wabo uyali iuyukuli. 13 Benewachu ntimutangale mhilhe isi niyabanka. 14 Tumenya twalamaze kuvu mlufyu twinyila mubungo nkuko ndukunda benewachu uwutafite ulukundo aguma hagati yulufyu. 15 Umtitu wewessi nawe yanka mwenewabo numwichanyi muzi yuko ubugingo bwi igihe chose butichala mumwichanyi. 16 Kubwolelo tulamenya ulukundo kuko Kristo yatanze ubungingo bwiwe kubela twebe natwe tulashaki gwa kwitanga, amagala yachu ukubela benewachu. 17 Aliko wewesi afite ibintu akamubona mwenewabo alakenye ntabule mumtima wiwe ikigogwe kubela we, mbe ulukundo gwi Imana gwichala muliwe? 18 Bananje kunda nti tukundane kumunwa changwa kumajambo gusa kiletse mubikogwa nuukuli. 19 Kwidjo lelo tulamenya kuko twebe tuli hagati yu ukuli ni mitima yachu yemejwe mliwe. 20 Nimba imitima yachu italualamula Imana ni yukuli kuluta imuitima yachu, nawe alamenya amajambo yachu. 21 Benewachu nimba imitima yachu itatula tufite amaniku mana. 22 Bula chochosi kwiwe kuko tufata amategeho yinee kandi tukola ibimunezeleza imbele yiwe. 23 Ili nidjo tegeko giwe ngo' tushakigwa kwemela kwiizina dyu mwana wiwe Yesu Kristo no gukundana twebe nkuko yatuhaye itegeko giwe. 24 Mwemeye amategeho yiwe aguma mulive ni Imana yichala lelo tumenye yuho yuhala mlitwebe kwidya impenu yatuhaye.