Igiche 2

1 Abana banje kunda, ndabandikiye aya majambo kugila nimukole ivyaha, aliko nihava mumwe mulimwebwe agakolaivyaha tulajise udusabila hamwe nadawe, Yesu Kristo aliwe wukuli. 2 Niwe adushila hamwe kuvyaha vyechu, sikuvyaha vyachu gusa, ulese kwisi yose. 3 Kubwidyo mlamenya yuko kimuziwe namba twoshingula amategeko yiwe. 4 Wewe avuga "ndamenya imana" aliko nafate amatepeko yiwe numubeshi, ukuli nikuli munda yiwe. 5 Aliko wewesi afashe ijambo dyiwe, nukuli muluwo muntu nalimwo ulukundo gwimana lutunganyijwe, kubwidyo tulamenya yako tulimuliwe. 6 Uwga ngo abayeho mumana agombegwa kwilwala nkuko mumana agombegwa kwilwala nkuko Yesu Kristo yilwala. 7 Bakunzi sindabandikiye amategeko mashasha uletse yakela yomwalimufise kuvabwambele, amategeko yakela nijambo dyomwumvishije. 8 None lelo ndabandikiye mwebwe amatopeko mashasha alayukuli mulikristo nokwanyu, kubela umwijima ulachoho numucho mkuli ulatunganyijwe kumalika. 9 Uwaga ngo alakundaimana aliko yanka mupenziwe uwo alimumwijima kupeza uyumunsi. 10 Ukunda mupenzi wiwe uwo alimumucho kandi najambo dyodyosi lishobola kumubabaza. 11 Aliko wanka mupenziwe alimumwijima na apendependela mumwijima, namenya yalimwo alaja kubela umwijima walamuhumwe amaso yiwe. 12 Nababdikiya mwembwe abana nkunda, kubela mwalapanyiwe ivyala kwizina dyiwe. 13 Nabandikiye mwebwe, mwabagabo Mwe, kubela mulamumeaya wabaheho kuva kale, nabandikiye mwabasole mwe kubela mulineza nijambo dyimana dyichala mulimwebwe kandi mwalamulsinze umwansi, nabandikiye mwabana batonya Mwe kubela mulamuzi dawe. 14 Ndabandikiye mwebwe, mwabagabo Mwe kubela mulanuzi wabayeho kuva kela, nabandielige wabasole kubela mulilinze kandi mjambo dyimana lilimulimwe kandi mwalechinze uwo mwansi. 15 Nimunyikunde inosi mbitu bilimwinosi uzokunela isi gukunda imana nikuzoba muliwe. 16 Kubela kula kilimwinosi, ukwiphuza kumubili, ukwiphuza kwamaso, nopusuzugula kumutimanyo nibivana nimana, ulelse bivananisi. 17 Isi ninyiphuzo vyaho vyose bilachaho aliko ukola ibinezeleje imana uwo azobaho iteka dyose. 18 Abana bato clusohoye mumisi yimeluka nkuko mwumvishije ngompinga Kristo alaja nubunyenye abampinga Kristo baje, kubidyo tulazi neze yuko tulimumeluka. 19 Balapiye yo kuvamulitwebwe, kubela nibalibiwachu yobaba alabiwachu balikupuma hamwe nalwe aliko hobapenda ziyo icho chalikimenyelso yuko atalabiwachu. 20 Aliko mwalasizwe amawta nuwo yera namwe mwesi mulamenya ukuli. 21 Sindabandikiye mwebwe kubela kutezi ukuli aliko ulelse yuko muzi ukuli, kubela nabubeshi mwuko kuli. 22 Ninde alumubeshi, nuwo yanka ngo Yesu Kristo, hwo nuwonka Kristo, aho yanka dawe, numwawe. 23 Nahokwanka umwana abe nadawe, buluwemela umwana alafisese. 24 Kubwanyu kimwe chomwumvishije kuva ubwakale nimuleka kipumu mulimwebwe nkakimwe chomwumvishije kuva ubwambele chichaye mulimwebwe, mumilima yanyu, muzokwichala muli mwana nadawe. 25 Ayo niyo masezelano yaduhaye lwebwe, ubuzima budahela. 26 Nabandikiye ivyo mwebwe kuyelikeye kwabo babatwala munzila zzogukola ivyaha. 27 Nokubela mwebwe yamawa yomwakiliye kuva kuliwe yichala mulimwebwe, kandi nimuzoshaka umuntu wewesi kubigisha mwebwe uleshe nkuko mawta yiwe abigisha kuvyelekeye amajambo yose nukuli sububeshi, niyo yoba yalabigishije, mwichale muliyo. 28 None lelo bana nkunda, mwichale muliwe kugilango niyaseluka, dushobole kubanokwihagalikila nitunyumue gutetepwa imbele yiwe mukuza kwiwe. 29 Namba mumenya yuko aliwukuli, mulamenya yuko bulumwe akola vyukuli yanyawe nawe.