Sura 2
1
Aliko wewe uvuge bidya bijana ni ntigulo yenewe.
2
Abazehe babe nuluelo, ukubaha, ubwenga, ukwizela kwiza, kulukundo nokwicha ngana.
3
Kandi na bazehe babagore bakwiye biye lekane bonyene kobiyubaha atali abanegulanya kandi ntibab abashumba binzoga.
4
Bakwiye kubigisha ibimezeneza kugira bategule abakobwa kubwenge, kubakunda abagabobabo na banababo.
5
Bakwiye kubigisha kuba mubwenge, bamezeneza, bafataneza inzu zabo, kandi bubaha abagabo babo bonyene. Bibadu makukola amajambo aya kugilango ijambo dyimana ntilitukwe.
6
Kungene iyo nyene, nimbalemeshe kumtima imisole yabagabo babe mbwenge.
7
Kunzila zose nimwishile mwebwe nyene kuba akalolilo kunzila nziza, kandi nimwingishwa nimwelekane igeso nziza nukubaha.
8
Nimuganile ubutumwa bumezeneza budafise amalinyu, kugilango uwowese atenela atetelezwe kukontafise libidyo kuvuga hejulu yangu.
9
Abakozi bubahe basebuja bako kukila kintu. Bakwiye kubigisha ntibakwiye kuchalila nabo.
10
Ntibakwiye kwiba hanyuma yaho, bakwiye kwelekana ukwinzela kosekwiza kugirango kunzila zose bakunde amigishwa yachu kuvejelekeye Imana numukiza wachu.
11
Kukoineema yimana yalabonekanye kubantu wote. Itwigisha kwanka ajambo adafise ubuntu nukwifuza kwisi.
12
Itwigigisha kubaho kubwenge, no kukuli nokunzila zo kumana nivyipfuzo vyisi.
13
Ikile tulindiliyi kwakila kwizela kwachu kufise umugisha, ukubone kana kwichubahilo chimana yachu nkulu numukiza wachu Ysu Klisto.
14
Yesu yalitanze wenyene kuli twebwe kugilango adukize kuva kuvyaha nokutugila beza, kulimwene abantu binkenegwa bafise inyota yokulola akazi keza.
15
Yavuge nokunyihankiza aya majambo. Iyamilize kumategeko yose. Ntiwemele umuntu wese akugaye.