Sura 1

1 Paulo umulokozi wimana ni ntumwa ya Yesu Klisto, kukwizera abachaguliwe nimana nu bwenge bwubukweli buzana ubwela. 2 Bali mukwizera kubuzima buta hela bwimana itashobola kuvuga ububeshi ya sezelanye kuvakela. 3 Mukiye kibeleye ya size habona ijambo dyiwe mubutumwa yampaye jewe kuvuga. Nashakigwa kukola nkuko kumategeko yimana numukiza wachu. 4 Kuli Tito, umwana wubukweli mukwizera kwachu.Inema ukuganyigwa na maholo biva kumana daha na Yesu Klisto umukiza wachu. 5 Kukubela bati na kusize kreti, ni kugilango ugileneza amajambo yose yatalibwahele nokushilaho abazehe bikanisa kulikila muji nkuko nakutegeche. 6 Umuzehe wikanisa bibeleye ntabe numwikomo, umugabo wumugore yumwe, afishe abana bizegwa atawubavuvugaho ikintu kibi au ntibabe nindero. 7 Bilabeleye kumulevyi, nkumuhagalikizi winzu yimana ntabe numwikomo. Ntabe umuntu wugwamo au atilinda. Ashakigwa ntabe uwihuta kushavula ntabe imbolegwa, ntabe umuntu atumabagwana, kandi ntabe uwipfuza nabi. 8 Ahubwo abeukaribisha abantu akunda ivyiza, ashakigwa abe umuntu wubwenge bukwiye, umugololochi, yubahaimana, yiganza wenyene. 9 Ashobola kute kuhagalikila inyigisho zu kukweli zigishijwe, kugilango abalemeshe mumutima kunyigisho nziza ashoboye kuba subilamwo bose abata mwemela. 10 Kubela halabahakanyi chane mulibadya basilamuwe amajambo yabo ntafishe akamalo. Balabesha nokulongola abantu mubuzimile. 11 Nilazima kubabuza abantu nkabo. Bigisha gadya gatabeleye kunyunguzo kumalamaza no konona imidyango yose. 12 Yumwe mulibo, umuntu yumwe wubwenge yalavuze, "Abakrete bafishe ububeshi butahela, ababi ni bikobo bikaze, abanebwe nabahuvyi." 13 Ibi ndakweleche nivyubukweli, kulivyobabuze kunguvu kugilango bashobole kuvuga ubukweli mukwizera. 14 Wewe ntiwifatanye nimigani itakaliyubukweli yikiyahudi au amategeko yabantu badyabasubiza inyuma ubukweli. 15 Kulibose bamezeneza, ibintu vyose nivyiza aliko kulibadya bose babi nabatizera, ntakili chiza. Kukubela ivyiyumvile vyabo ni ntegulo zabo zalononekaye. 16 Balemela yuko Imana bayimenya, aliko kubikogwa vyabo balayihakana. Benenababi batubaha. Ntibemejwe kukikogwa chochose chiza.