Sura 15
1
Basi abatoza usbushulu bose nabandi babanyavyaha balaje kwa Yesu balamwumviliza, nabanditsi balashavula bavuga.
2
Uyu muntu akalibisha abanyavyaha kandi balasangila.
3
Yesu alatanga akalelelo alavuga.
4
Ninde iwanya, nimba afise intana ijana liwe abuza, imwe mulizo, acha azileka zidya milongo ugwenda na mwenda mumubande, akacha agenda kutondela idya yabuze mpaka ayibonye?
5
Nawe ahejejue kunyibona acha ajishila kubituguto vyine mukunezegwao.
6
Asohoye muhila, acha ahamagala abagenzi biwe na babangi biwe alabatowila ati nimunezegwe hamwe naje, kuko ndalonse intama yanje yali yalazimiye.
7
Ndababwila uko hazoba umunezelo mwijulu kukubela umunyavyaha umweyihanye, kusumba badya kubuli milongo ugwenda na mwenda bo badashaka kwihana.
8
Chabule halimugole nyabaki gogila, salafu chumi za mahela, azimiwe ni salafu nimwentanzo kwatsa itala no kukubula munzu nokulondelana kumwete mpaka ayibonye?
9
Amaze kuyubona acha ahamagala abagenzi biwe nalalanyi biwe akababwila nimunezegwe hamwe naje, kuko nalonse kandi ya sulafu yanje nali nalazimije.
10
Nubu ndababwila hali umunezelo imbele yabamalaika bimane kukubela umunya vyaka umwe yahanye.
11
Yesu alavuga, "Umuntu umwe yalifise abana babili.
12
Umwe muto abwila sewewe, Daha mumpe uluhande gwamahela lunkwiliye kubulagwa kulivyo alagabanya umutungo wiwe mulibo.
13
Kumisi atalimyishi udya muto alegela nyavyose vyagaba alagenda mukihugu cha kule, hiyo alonona amahela yiwe, kukungula ibintu atashaka, nokonona ahela yiwe kubuhumbu.
14
Nawe amaze kukolisha vyose, inzala nyishi yalinjiye mukicho kilugu nawa acha abanza kube nivyoashaka.
15
Acha alagenda nokwila akazi wene nyene kumwe muya kihugu wicho kuhungu, acha alamtwala mwulima kugabulila imgulube.
16
Akaba jifpuza kuhazwa nibishishwa vyaliwe ningulube kuko ntafise umuntu yamuha kintu chochose cho kudya.
17
Aliko udya mwana muto amazekwiyumva mumutima wiwe, yalavuze nabakozi bangahekwa daha wanje batwala vyishi bibakwiye nanje ndingaha, ndimwondapfa winzala.
18
Ndogenda kwa daha wanje, ndomubwela, "Daha nachumuye mwijulu nibele ya maso yawe.
19
Sinkwilije kwitwa umwana wawe kandi, mungile nkumwe mubakozi biwe?
20
Niho yavaho alagenda kwa sewiwe. Akili kule sewiwe yalamubonye alamugilila ikigonyi acha alikula alamugwa munda alamusomagula.
21
Wa mwana alamubwila, "Daha nalachumuye mwijulu nimbeleza maso yawe sinkwiliye kitwa umwana wawe.
22
Wasemiwe alabwila umukozi wiwe, zana ningoga umwambalo mwiza, mumwambike nimunu shile impeta kulutoke nibilato kumagulu.
23
Hanyuma muzano idya nyana imize muyibago tudye no kunezegwa.
24
Kuko umwana wanje yaliyapfuye ubuni muzima. Yaliyaziniye ubuyabanekanye bachababanza babakunezegwa.
25
Wamwana wiwe mukulu yali mumulima yalikoalaza yeyeleye kumwana achayumva ijwi dyi nchihimbo ni mvujino.
26
Alahamagala umukozi wiwe alambaza ayamajambo mkuvuga iki? Umukozi alamubwila umuto wawe yaje na so wawe yambagiye inyana imize kuko agatutse na maholo akomuge.
27
Umukozi alamubwila umto wawe yaje na sowawe yamubagiye inyana inuze kuko agalutse akomeye.
28
Umwana mukulu alashavula alanka kwinjila munzu sewewe yasohotsehanze kumsinginga.
29
Mugabo yalamwishuye sewiwe alavuga, "Raba jewe ndakukoleye inyaka myishi aliko sindalenga itegeko dyawa, aliko ntulampa numwana wimpele kugila nshobole kunezegwa na nabagenzi boye.
30
Aliko aje unyomwana wawe yasanzaje umutungo wawe wose hamwe na basambanyi alambagije inyana inuze.
31
Sewiwe alamubwila, "Mwana wanej ulihamwenanje imisi yose vyomfise ni vyiwawe.
32
Mugabo vyalivyiza kulimwebwe kukola umusi muku, no kunezegwa uyumwe na wanyu yalapfuye ubu ni muzima yaliyalazimeye nawe yabonekanye".