Sura 14
1
Ilashika isiku yisabato agenda muhira kuriyumwe mubakwiru babafarisayo kudya umukate inabo buribamugenza.
2
Reba, hadya imbele yiwe hali umuntu yariagwaye urusina.
3
Yesu abaza abamenyi bi vyagezwe vya bayahudi na bafarisayo, "Mbega biremegwa kukiza kwi sabato, chanke ntivyamegwa?
4
Maze bene bariharere, Yesu ara aramufata, aramukiza aramusezera agende.
5
Nawe arababwira, "Ninde muri mwebwe afishe umwana chanke inka hogira ikikorokera mwiriba kumusi wisabato ntache akikurayo?
6
Beni ntibaribafishe ubushobozi bwo kwishura ayo majambo.
7
Mukihe Yes alinyuye ingene baribito ramiriza ivychora vyabakuru, abachira umugani, abawira.
8
At ikihe umunu niyabatorera ubukwe, ntuze wichara muchicharo cha bukuru, kubera bishoboka hatowe umuntu akurusha ititinyiro wewe.
9
Kandi umuntu yabatoye mwebwe babili ashiche, arokubwira wewe, "Ati mubise uyu muntu ahantu hawe, hanyuma kukumaramara azotangwa kutora ahanyuma.
10
Aliko wewe utowe genda wichale inyuma yabandi bu mwisho, kugira yudya yakutoye miyaza, ashobore kukubwira wewe, magenzi, genda wichale imbele, "Niha uzobana ichubahiri imbele ya bose bichaye hamwe nawe kuneza.
11
Kuko umuntu wese yashira hejuru azechishwa bugufi, na uwichisha bagufi azoduzwa.
12
Yesu kandi aramubwira umuntu yamutoye, "Iyo uzimana kumurango chanke kumungoroba, ntubwire abagenzi chanke bene wariyu chanka, ichuti zawe chanke ababanyi bawe abatunzi, kugira ngobo ntibaze bakutora wewe bakakwishura.
13
Hanyma yaho, niwagira amazimano, utore abora, ibimuga nabacumbagiza ni mpunyi.
14
Nawe uzohezagigwa kubera ntashobora kukuriha. Kuko uzorihwa mukuzukwa kwa bagororochi".
15
Yumwe muri baribichaye kumeza hamwe na Yesu yumuvishe ivyo, nawe aramubwira "Hahezagiwe yudya azodya umukate mubwa mibwi mana.
16
Aliko Yesu aramubwira, umuntu yumwe yarateguye amazimana manshi, atora abantu benshi.
17
Ikihe amazimano yan'geze, atuma umukozi wiwe kubabwira badya batowe, "Nimuze kuko ibintu vyose vyamaze kutungana.
18
Bose batangwa usega ikigongwe, uwambele abwira umukozi, "At naguze ishambu, ningonabwa nje kuyiraba, ndasaba unyanyira.
19
Uwundi aravuga, Naguze inka chumi, na nje nyiye kuzigeza. Ndakwinginze mbabariru.
20
Uwundi aravuga, "Nimuye umugore, rerosi nshobora kuza.
21
Umukosi aragaruka aramubwira shebuja wiwe ayo majambo, yudya winzu arashavura aramubwira umushumba wiwe, "Genda mingoga muzira zibihamo vyu muji ubazane ngaha aboro, ibimuga, impenyi na bae humbagira.
22
Umushumba aravuga, "Mwami, ivyo wambwiye namaze kubikora, na kushika nubundachafishe umwanya.
23
Shebuja abarira umushumba, "Genda munzira nkuruzo mumihora ubagobere baze abantu binjire, kugira inzu yanje yuzwre.
24
Ndababwira yuko murabo batowe uwambele amuntu azobanza ingaburo yanje.
25
Kandi ishengero dyishi dyaririgiye kumwe nawe, na arahindukira abababwira.
26
Umuntu niyaza kurijewe ntiyanke senana nyina wiwe umugore wiwe, abana biwe na benewabo babahungu nabakobwa, nibwo, buzima bwiwe kandi. Ntashobora kuba umwigishwa wanje.
27
Umuntu alikoreye umusabato wiwe ngwo inyuma yanje ntashobora kuba umwigishwa wanje.
28
Kuko ninde muri mwebwe yapfuza kwubaka, umunara atazokwichara agereranye ikichiro chibiharuro yuko afishe kidya ashaka kugira amale?
29
Kumbule, amaze kushirabo amatofari yitanguriro akananigwa kumara, bese ababibonye bazatangara kumuseka.
30
Bavuga, uyu muntu yatanguye kwubaka, atafishwe ubushobozi bwo kumara.
31
Chanke umwami nyabaki, ashuka kugenda kugwana nu mwami wundi mu ngwanao azokwuchara hasi, akaja inama koyoshobora, hamwe nabantuibihumbi chumi kugwana nu mwami wandi aza hujuru yiwe na bantu ibihumbi mirongibiri?
32
Bisanzwe atarikobini, mukihe abasirikate bu wundi bakiri kule, atuma nyumba kumigwabuze ichoyomuhongera ngo babane amahoro.
33
Niko rero, wewese mwi mwebwe atazoleka vyose vyafishe, ntashobora kuba umwigishwa wanje.
34
Umunyu ni mwiza, ariko umunyu ushize ubudyohe bwawo, nigute gushobora kuba umunyu kandi.
35
Ntozo umaze mundimiro chanke ni mbolea bayita ule uri na matwi yokwumva, ni yimve".