Sura 26

1 Ivyo Aglipa alamubwila Paulo Ulale kuliwe kwile gula, Niho Paulo yagolola ukuboko kwiwe alilegula guti. 2 "Ndibona jewe nyene umunezelo, umwami Aglipa, kudyango akole ulubanza gwanje imbele yawe uwumusi hagati yibilego vyose vyabayahudi. 3 Chane kubela wewe ulumumenyi ingeso zabayahudi nibibazo. Kulivyo ndasaba unyu mvilize kukwi hangana. 4 Ukuli, Abayahudi bose balazi ukungene baye ho kuva mubusolebwanje mugi hugu chanje hiyo Yelusalemu. 5 Balanzi kuva muntango kandi bashakigwa kwemela yuko nabayeho nku mufalisayo, idini dyigi hagalalo gikaze kwidini dyachu. 6 Nonubu ndaha gaze aha chiligwe ulubanza kukubela jewe ndalaba isezelano dyimana yakoze hamwe naba daha bachu. 7 Ilini sezelano dyimi dyango yose chuminibili yizela kwakila namba basenga Imana kumwe te ijolo nu mutaga. Nukubela ukwizela uku, umwami Aglipa, yuko abayahudi bala ndega. 8 Nukubeliki uwowese hagati yanyu yiyumvila nibi tangaza yuko Imana izula abashuye. 9 Mukihe kimwe nariyumviye jewe nyene yuko nakoze ibintu vyishi hejuru yizina dya Yesu Winazareti. 10 Nakoze ibi haliya muri Yerusalemu, nafunze abizera beshi mwibohero, nalimfishe amategeko kuva kubakuru babategechi kukora kutyo, nimukihe bichwa nateye amajwi hejuru yabo. 11 Keshi nabahanira mumashengero yose ngerageza kuriga ngo bahakane ukwizera kwabo. Nalimfishe ishavu chane hejuru yabo nalabirukanye ni mubisagara vya bagenyi. 12 Mugihe nalimwo nkola ibi, nalagiye Dameski, ndi kumwe na malaika nitumwa iva kubahelezi bakulu. 13 Aho nali munzila mugihe chumutaga umwami, nala bonye umucho kuva mwijulu wali kaze kusumba izuba numulinga utu zungu luche jewe na bantu bali basafiliye hamwe nanje. 14 Twege twese aho twagwa hasi nalumvisi jwi ivuga nananje ivuga mululimi gwi kihebu layo, Sauli, Sauli kubeliki untesa? Bila komeye iwawe kukubita umugele umuchokoo. 15 Niho na vuga wewe ulinde mwami? Umwami alishula jewe ndi Yesu aliwe ulimwo ulantesa. 16 Ubu vywuka uhaguluke kumagulu yawe kukubela shwaka ibi jewe ndabone kana iwawe, na gucha guye kuba umukozi nicha bona hejulu yaya majambo youzi kubela jewe ubu amajambo ndokweleka hanyuma. 17 Kandi nzo guchungu la kuva kubantu na bantu bisi aliho ndagutumye. 18 Kwugulula amaso yabo nokuba vana mumwijima kugenga kumucho nokuva munguvu za shetani bamuhindi kilile Imana. Kudya ngo bashobole kwa kila kuva kumana ukubabaligwa kwi vyaha nukulagwa aliko ndaba hanye babandi nasize kuluhande kukwizela kuli iwanje. 19 Ivyo, Umwami Aglipa sina shoboye kubabwila ivyone lechwe mwijulu. 20 Aliko kuli badya bali Dameski bwambele, hanyuma Yelusalemu nigihugu chose cha Yudea, nokandi kuba ntu bisi iyindi, nalasiguye yuko bihana nokuhindu kilila Imana, bakole ibikogwa bikwiliye ukwihana. 21 Kukubela icho abayahudi balanfashe mulusengelo balagelageza kunyicha. 22 Imana yala nfashije mhaka ubu, kwivyo ndahagalala nogushinga intahe kubantu basanzwe nokuli badya banini hejulu yadya majambo aba vugishwa na Musa balavuze bizoba kandi sibindi. 23 Yuko Klisto ningombwa azobabazwa kandia zoba uwa mbele kuzuka kuva muba mvyuye no gutangaza umucho kuba ya hudi nabantu bo mwisi. 24 Paulo amaze kwilegula, fesito yalavuze kwijwi linini, Paulo wewe ugenda wala mvuye ivyigwa vyawe vyagukoze ube nku ugenda wala mvyuye. 25 Aliko Paulo alavuga jewe singenda nalamvyuye umunya chuba hilo Fesito aliko kukushila ubwoba ndavuga amajambo yu kuli gusa. 26 Kukubela umwami abizi kubwaya majambo nivyo ndavuga kumwi degevyo iwiwe, kukubela ndinu buhakika yuko ntadyo dyose dyanye gejwe iwiwe kukubela ililita kozwe kulu hande. 27 None ulizela abavugishwa umwami angilipa? Ndazi yuko wizela. 28 Angilipa alamu bwila Paulo, kumwanya mugufi woshobola kushawishina njeno kunkola umukilisu? 29 Paulo alavuga, Imana yuko kumwanya mugufi chanke mulemule! siwewe gusa ahubwo kandi bose banyumviliza uwumusi, babe nkanje aliko ataminyo yomwi bohelo. 30 Niho umwami yahaguluka naliwali, nabelinike kandi, nababandi bali bichaye hamwe nabo. 31 Bavuye mwo mwikolanilo balavuze bene kulibo no kuvuga, uwumuntu ntakwiye gumvya chanke gufungwa. 32 Agilipa alamubwila Fesito umuntu uwuyo shobola la kushigwa mumwindege vyo yaba atachiye yankakwa Kaisali.