Sura 2

1 Hoyasohola umusi wa ipentekoste, bose balihamwe mwisehemu imwe. 2 Ikitulubuka haza ikihinda kuva mwijulu ikuhuhula umuyaga gukaze guzuza izu yose balimo bikaye. 3 Aho zilababonekela indimi nti ndimi za zumulilo zagabanyiche, zaka hejulu yabo kila mwumwe wabo. 4 Bene bose buzuzwa numutima mwelanda na babanza kuvuga kwilugha zindi nuko kudya mtima wabujuje kuvuga. 5 Ubu hadya baliho abayahudi baliha dyambamba iyelusalemu, boleka Imana kuva kila kihugu hasi yijulu. 6 Kuhinda kuvikaye ikikundi cha bantuliza hamwe na kifishe iwasiwasi kukubela kila muntu yalabuvishije bavuga mululimi gwiwe wene yene. 7 Balumiwe ni kutagala, mbene mabvuga kweli aba bose bavuga sibo abagalilaya? 8 Kubela iki twebwe tubuva, kila mumwe kubela indimi zotwavuche na zene? 9 Waparthia na wamedi na waelamu, na badya mbamba mesopotamia, abayahudi na Kapadokia na kukubela ponto na Asia. 10 Kubela Frigia, Pamfilia kubela mislini biche vya libya ni kilenena bageyi kuva Rumi. 11 Abayahudi na waongofu, waklete na balaa haba tulabuva bavuze kubela indimi zachu vyelekeye ikazi zubushozi bwi mana. 12 Bose balumigwa balazazanigwa balavugana bene kuli bene ibi ni biki. 13 Aliko abandi balabane bavuga "Aba bujujwe bubolegwa muvino mushasha." 14 Aliko Petro alahagalala hamwe na badya chumi numwe, aladuza ijwi alababwila, abantu, bi Yudea na bose muba hano Yerusalemu, iyi imenyekane iwanyu, mwuvilize kubwitozi amajambo yaye. 15 Abantu aba ntibabolewe ntiko mwiyumvila kubela isaha izi ni zumu kitondo isaha zitatu. 16 Aliko ili dya vuzwe kuchila mumuvugishwa Yoeli. 17 Iloba kubela imisi ya nyuma, Imana yavuze ndosesa umutima wange kubantu bose, abana banyu na bakobwa banyu balotanga ubuvugishwa abasole banyu balotanga chobiyumvila na bazehe banyu balatanga indoto. 18 Bidya bidya hejulu ya bakozi baje na bakozi baje babakobwa kubela imisi izo, ndosesa umitima waje, nambo balotabili. 19 Ndokwile kana ibigelagezo hejulu mwijulu nibimeyesho hasi mwisi, amalaso umulilo, ni kufyuduka kumwochi. 20 Ni zumba lizohidugwa kuba umwijima nu kwezi kuba amalaso hatalaze uwo musi mukulu ni yi bigelagezo vyu mwami. 21 Iloba yuko kila muntu alolihama gala dyu mwami alolokola. 22 Abantu bi izilaeli, mwuvilize majambo aya. Yesu winazaleti umwana wumuntu uwemelewe nimana ku bikogwa ni kushobola ni bigelagezo, ibitangaza kutwamiza mubimegati yanyu nuko mwebwe nyene niko mumenya. 23 Kubela imipango mwishakiye kuva ubwabele amahanga yi mana, yalakuweho, na bichanyi ni kumwicha. 24 Aliko Imana yalamteluje, alabukulaho ubuchafu bwu lupfu gwiwe, kukubela ntivyashoboche wene kumugu mya. 25 Uyo Daudi yalavuze kuvyelekenye wene, ndala mbonye umwami imisi yose imbele ya maso yaje, wene ali mukuboko kwaje kubudyo nivyo mbasi aindokwigizwayo. 26 Nicho kutuma umutima waje gwali gufishe umunezelo nu lulinii gwaje gwali lunezelewe yuko umubili waje gulabaho kubela ubushobozi. 27 Nulouleka umutima waje gugede mukuzimu kadi ntulole kula umwelanda wawe abone kubola. 28 Wewe walamumenyesheje kwage inzila ubuzima ulokola nduzule umunezelo imbele ya maso yawe. 29 Bene wachu ndoshobola kuvuga iwanyu kubushobozi kuvyelekeye daha wachu Daudi wene yalapfuye na balamuzika ni kabuli dyiwe lilihamwe natwe nunyu musi. 30 Nuko yalumu vugishwana yalamenya kuba Imana yalalahiye ni kulahila kwiwe, yuko alomushila umwe kubela uluvyalo gwiwe kukitembe chubwami. 31 Yabonye ili kale ni kuvuga kuvyelekeye kuzuka kwa Klisto kadi ntiyakusize ukuzimu umubili gwiwe ntigwaboze. 32 Uyu Yesu Imana yalamuzuye, nuko twenge bose tulivyabona. 33 Nuko amaze kutelugwa mukuboko ku budyo kwimana abaye ayakiye ihadi yu mtima mwelanda kuva kwadaha wene yalamwizeye iyi ni ahadi yuko mwebwe mubona ni kumpfa. 34 Kubela iki Daudi ataguluche kugenda mwijulu alika alavuga umwami alavuga umwami. 35 Ikala mukuboko kwonge kubudyo maka hondokola abasi bawe ikitembe kibe cha magulu yawe. 36 Ni kwiyo izu yosi yi Isilaeli na muimenye kubuhakika yuko Imana yakoze wene kuba umwami na Klisto uyu yesu umwe mwabamba. 37 Ubu baluvishije ivyo, balatuligwa kubela imitima yabo, balamubwila Petro numuvugishwa yundi "Bwene wachu tulokale iki?" 38 Na Petro alababwila, "Mtubu na mubatizwe, kila yumwe wanyu kubela izina dya Yesu Klisto kukubela ikigogwe ikigogwe chivyaha vyanyu, na mlokwakila akashimwe kumtima mwelanda. 39 Kubela iwanyu ni kubana banyu kwa badya bose bali kule, abantu beshikwi kadili yumwami Imana yachu aliko ilohamagala. 40 Kumajambo meshi yala shuhidiye kwiginga yalavuzemwikize muve muluvyalo yulu lumbi. 41 Nhio bakila amajambo yiwe ni kuba tizwa aho balogezeka kubela umusi uyo nuko imitima elfu tatu. 42 Balagenda mnyigisho yi ntumwa ni kufashanya, kukubela kuumanyula umkate ni kubela amaombi. 43 Kutinya kulaza hejulu yu mtima ni bigelagezo vyishi ni mbimenyesho bikogwa kuchila untumwa. 44 Bose bizeye bali hamwe ni kuba ni bintu vyabo hamwe. 45 Ndababaza ibintu ni miliki zabo kugabanya kwa bose kungana nihitaji dya kila mumwe. 46 Kadi umusi hanyuma yumusi balagiye bafishe ilengo limwe kubela ikanisa na balamanyuye umkate badya banya kanisa kudya kumunezelo ni kwitonda kumtima. 47 Bala shimiye Imana ni kuba nikita bulisho na bantu bose. Umwami ya labogoyeje umusi kumusi niko baguma balokoka.