Sura 1

1 Ikitabo chakela ndola chandiche, Theofilo navuga vyose Yesu aliwene yatangue kukola nu kwigisha, 2 Hamwe umusi wuko wene yalakiliwe hejulu. Lino dyali hanyuma yukutanga itegeko kuchila impwemu mwelanda kubatwe aliwene yabatoye. 3 Hanyuma yukubabazwa kwiwe wene yabone kanye kuli bene akomeye hanyuma ni vyelekanywe vishi vyashinzwe ikishinga ntahe. Kumili milongwine yalibone kanye kuli bene, nukuvuga kushobola ubwami bwimana. 4 Alahantu ahula hamwe na bene yababwiye ntumugende muli Yelusalemu aliko balandiye kubela vyiyemeye daha kubela yavuye, "mwalumvishije kuva kuli jewe. 5 Kubela Yohana yalabatije nyee kumazi, Aliko mulobatizwa kumpwemu mwelanda kubela imisi ni mikenya 6 Niho yolahantu balahulanye hamwe balamubwiye, "Mwami, mbega bino nigo amasaha ulobasibiza isilaeli umwami? 7 Wene alababwira, "Sivyiza uwanyu kumenya umusi chankwe imisi kubela daha yemeyeko kubushobozi bwiwe wene nyene." 8 Aliko mulokwakila inkomezi kubela impwemu mwelanda aloza hejulu yanyu, namwe muloba ichenezo chanje hose kubela Yelusalemu nukubayahudi bose numulisomalia hozi impela yisi. 9 Umwami Yesu amaze kuvuga yano, balimwo balalaba hejuru wene yala teluwe hejulu nu mubichu bila mufuka ntibashobole kumubona kumaso yabo. 10 Aho balimwo balalaba mwijulu neza alimwo alagenda havwe, abantu babili bahagaze hagati yabo bambaye impuzu zela. 11 Balavuga, "Yemwe bantu bomuli garilaya kubeliki muhagaze hano mulaba mwijulu? "Yuno Yesu yaduze hejulu mwijulu alogaruka gotwo nyene ntuko mumulaba agenda mwijulu. 12 Niho bagaruka muli Yelusalemu kuva kumusozi wa mizeituni kubela ulegeye na Yelusalemu ulugendo gwimisi yi sabato. 13 Bamaze kusohola balagiye mwigolofa bali chalamwo. Nabo ni Petro, Yohana, Yakobo, Andrea, Filipo, Thomaso, Batholomayo, Mathayo, Yakobo umwana wa Alfayo, Simoni zelote na Yuda umwana wa Yakobo. 14 Bose bichuye ichi cholo kimwe, kubabasha balimwo balagenda kubela amasengo hamwe nibaliho abagole Mariamu nyina wiwe Yesu na mwene wabo bose. 15 Kubela imisi zidya Petro yala hagaze hagati yamugenziwe ntuko alabantu izo alavuga. 16 Mugenzi, hali hashaka kuti vyandichwe bisoho kubela kela impwe mwelanda yalavuze kumunwa wa Daudi kuchila kwa Daudi, kubela yalabeleche badya bamufashe Yesu. 17 Kubela wene yalumwe wabantu na yalabose umwanya wiwe wikichilo kubela akazi. 18 (None umuntu yano galaguze ahantu kwa kidya yakige kubibi bwiwe naho yalaguye ashikana umutwe, umubili alasaduka na mala yiwe yose yaloseseche. 19 Badya bose bali muli Yelusalemu balumvishe kubela lino budya ,ubwachi budya baha izina kundimi zabo "Akeldama" Lino ni''shemba dya maloso.'') 20 Kugitabo chu muli zabuli vyandichwe leka ishaba dyiwe limele ntumusaka kodi ntihagile uyundi wewese kuboho hadya nu mubwile uyundi atole ikibanza chiwe chubulongozi. 21 Idyoni dyiza, kubela yuko muliwene umwe kumigabo kubela bagendana na wene hadya umwami Yesu yalichuliye mukwinjila muli twebwe. 22 Kuhela kulubatizo gwa Yohana kugela isiku yidya ya twaliwe hejulu, bishobola yuko ntivyabona kuzuka hamwe natwe. 23 Balashila imbele yobahungu babili, Yusufu bamwita Barnaba, kukowe ne bamwita yusto hamwe na Mathia. 24 Bene balasenze bavuga, "wewe mwami umenya imitima yabantu bose, none shilaho limwe ninde mulibabili bano kubela bamuchaguye. 25 Kutola akanya kubela akazi na nu kubatowe, kubela yuko yuda yakoze ichaha nukugenda ahantu hiwe. 26 Balatora amajwi kubela bene, nijwi limugwako Mathia kubela yala haluliwe hamwe ni batowe chini na kimwe.