Sura 3
1
Nubulele, mugenzi, mutesengele, kubela ijambo dyu mwami lishobole kukwila nukuhumbazwa, nkuko bimeze kandi iwanyu.
2
Nimusenge kubelatushobola kukila kuvabela ububi bwabantu abahakanyi kubela sibose bafishe ichizalo.
3
Aliko umwami numwizegwa aliwe azokomeza mwese mwebwe nukubalinda kuva kwawa mubi.
4
Tulafishe ubutinyu chi kumwami kubela mwebwe. Nkuko mulokola kandi mulogendelela kukola bidya tubategeche.
5
Umwami ashobole kutwala imitima yanyu nkuko ulukundo nukubela kwihangana muba kilisto.
6
None tulabatunye, bakunzi, nkuko izina dyumwami Yesu mukiza, nkiko mutinyane kudya abaho kubanabwe sikuva Dawa dya bakela kukomwakiye kuva iwanyu.
7
Kubela mwebwe nyene mulamanya ivyiza iwanyu kutusezela twebwe. Ntitwabaye mulimwebwe nkadya batali bafishe indelo.
8
Ntitwaliye ivyokudya vyumuntu wewese atakulihila. Hanyuma yahotwe koze ikazi mwijolo nukumutanga kwikazai ikomeye mukugolana, kugila ntitushileho ntitube nkimizigo kwanyu idya nyene kubela mwebwe.
9
Twakoze guti sikubela tutafishe amategeko hanyuma yaho, twakoze guti nkuko tube tugelela nywakwachu, kugila yuko mutwiganye twebwe.
10
Hitwali kumwa hamwa namwe twalabatunye? Mulimwebwe umwe atagomba kukola akazi ntakadye.
11
Kubela tulumva bamwe mulibene bagenda mubuvivu mulimwebwe. Ntibakola akazi aliko munyuma yiwa nabantu batafishe ubwitonzi.
12
None bano nyene tulabatumye kubabwila kubela umwami Yesu mukiza, kukobashobola kukola ikazi uhumuye nukudya ivyokudya vyabo mulibena nyene.
13
Aliko mwebwe, mugenzi, ntimulakale mumitima kubela lukola bidya vyemejwe.
14
Budya mulimwebwe wewese atashaka kubaha ijambo dyachu nkuko kubaha ijambo lilimwiliyo myandiko, mubemaso kuliwe kandi ntimwi fatanye nawe, kugilango amale amale.
15
Ntimumu fate nkumwasi, aliko muhanule nkumugenzi.
16
Umwami wamaholo wene nyene abahe amahdo kubela umusi wewese nkuko inzila zozose. Umwami abenawe mwese.
17
Yino nindamu choya nje, Paulo, kukuboko kwiwanje jewe nyene, nkiko ifishe ikimenyeshe bulibalua. Bino nivyo ndimo ndandika.
18
Ubuntu bwumwami wachu Yesu mukiza ashobole kubanamwe mwese.