Sura 2
1
Ubu uvyelekeye kuza kumwana wachu Yesu Kristo kwegelangwa hamwe kungira tube nawe, tusaba mwebwe abagenzi bacho.
2
Yuko ntimugolane chanke ntimwibabaze kuvyoloshe, kumutima, chabule kubutumwa chabule kwibarua ibonekana yuko yavuye iwachu, ivuga yuko umusi wumwami ubu ilaje.
3
Umuntu ntabahende kungene yoyose. Kuko kukuleka umana kutabanjije kuboneka kubwa mbele memuntu yahakanye azobonekana, udyamwana wumwononyi.
4
Uyuniwe atemela nawe aliduza wenyene ahakana imana mikwiyelekana wene nkimana.
5
Mbe ntimwibuka yuko ahonali namwe nababwiye kuvelekeye aya majambo?
6
Ubu mulazi kidya kubabuza kugilango ashobole kwelekwa kunkihe chemewe aho kizoshika.
7
Kuko ibanga dyu wudya muntu yahakanye lila, kola akazi mpaka nubu mugabo gusa haliho umubuza ubu mpaka aho azo vila munzila.
8
Niho udya yahakanye azo hishugwa aliwe umwami Yesu azomwicha kumpemu yu munwa wiwe. Umwami azokola yuko sikintu chochose cho kwelekwa kuza kwiwe.
9
Ukuza kudya yahakanye kuzoba kukubela ibikogwa vya shetani kunguvu zose, ibimenyetso ni bitangaza vyukubosha.
10
Nububeshi bwase nukukola ibitabeleye. Ayo majambo azobaho no kulibadya bazimila, kuko ntubakiliye ulukundo gavukuli kukubela kukukizwa kwabo.
11
Kulukonyene imana ikolela ibikogwa vyababi kugila bemele ububeshi.
12
Ikivamwo mkuvuga badya bazo chiligwa ulubanza badya batemeye ukuli aliko bo binezeleza kukukola ibitabeleye.
13
Aliko tukwiye kushima imana bula mwanya kulimwebwe inchuti mukundwa numwami. Kuko imana yalabatolanye mwibwe nkunu gani wakakiza kukwezwa kwa mtima mkulizela kulikukuli.
14
Ikinicho yabahamagaliye mwebwe, kuchila kunjili mulashobora kulonka ichubahilo chumwami wachu Yesu Kristo.
15
Kulivyo bagenzi muhagalale umenye idya migelegenzo mwigishijwe kumajambo chabule kubarua yanyu.
16
Ubu umwami wachu Yesu Kristo wenyene ni manadha, yakukunze! nukutuha umunezelo utahela nubukelebutsi bwiza kukubela ukubaho kuzoza kuchila kubuntu.
17
Abalameshe mkuhagelika neza imitima yanyu kukila ijambo nakazi keza.