Sura 3
1
Mbe, tutanguye kwishimila twebwe kandi? Ntitukeneye ibaruha yamapendekezo iwanyu au kuva iwanyu, nka bamwe mubantu, mbe tulashaka?
2
Mwebwe yene ni baruha yachu yamapendekezo, yandichwe kumitima yachu, imenyekana no kusomwa na bantu bose.
3
Mulelekana yuko mwebwe muli baruha kuva kuli Klisto, yatanzwe na twebwe. Yalandichwe sikwi wino aliko ni kulimutima wi Mana muzima. Ntivyandichwe hejuru yibibaho vyamabuye aliko hejuru yibbao vyi mitima ya bana babantu.
4
Ubu nibwo butinyuchi tufishe kumana kuhitila kuli Klisto.
5
Ntitwiyemala twebwe nyene kukwishuza chochose nkicho kuva iwachu.
6
Ni Mana yatugize kuba abakozi bisezelano lishasha ili ni sezelano si dyi baruha aliko ni dyu mutima. KUkubela ibaruha ilicha, aliko umutima ulatanga ubuzima.
7
Ubu ikazi yulupfu yaliya chonzwe kwi herufi hejuru ya mabuye yaje kuhitila mubwela kugila abantu ba bisrael ntiba levye moja kwa moja mumaso yiwe, ubwela bwalimwo bula vaho.
8
Mbe, ikazi yu mutima ntizoba nubwela kusuvya?
9
Kubela bugabuzi bwulubanza bwali nubwela, ni mara ya ngapi kusuvya ubugabuzi bukwiliye bulasuvya chane mubwela!
10
Nubu kweli kuti, kidya cha gizwe ubwela bwambele ntikifishe ubwela kandi mwiki chubahilo, kukubela yubwela busumbilije.
11
Kukubela nkuko kidya chali mwokila chaho chali nukubwela ni kungelo yabaki isuvya kidya chubugabuzi kizoba nu bwela.
12
Kukubela tuliyamini kutyo, tulatinyuka chane.
13
Ntitumeze nka Musa, yifuche mumaso yiwe, kugilango abantu baisraeli ntibashobole kulaba moja kwa moja impela yu bwela bwalimwo bula vaho.
14
Aliko ni ubwege bwabo bwali bufuzwe. Kugeza kuyu musi umwitwikilo udya nyene uchasigaye hejuru yukusoma isezelano dya kela ntibila shigwa habona, kubela ni muli Klisto kusa gukugwaho.
15
Aliko kushicha nubu, mukihe chochose Musa bamusoma, umwitwikilo gwi kala hejuru yimitima yabo.
16
Aliko umuntu ahindukiliye Kumwami, umwitwikilo uvanwaho.
17
Ubu Umwami ni mutima aali mutima wu mwami, hali umwidegevyo.
18
Ubu twebwe twese hamwe na maso gabona ubwela bwu mwami. Tuhindugwa uko tuboneka.