Igiche 3

1 Abagalatiya mwabijuju ni josho nyabaki libi dyabononye? mbe Yesu Kristo ntiyelekanywe nku - mubambwa imbele ya amaso yanyu? 2 Njewe nshaka gusa kumenya lino kuva iwanyu mbe mwakiliye impemu kutwi kuvyakozwe na amategeko chankwe ku- kwizela icho mwumvise. 3 Mbe mwebwe muli ibijuju kuliki gichilo? mbe mwatanguye mu - mpemu kugila ngo mmale mumubili? 4 Mbe mwababaye kubintu vyishi kubusa nimba ukuli yaliyu ubusa. 5 Mbe udya atanga impemu iwanyu no gukola ibikogwa vya ulutege muli mwebwe akola ku ilakogwa vya amategeko chanke kukumva hamwe no kwizela? 6 Abraham "yalizeye lmana ahalugwa kuba umugololotsi" 7 Kwiyo ingena nkiyo mumenye yuko badya biszera na abana ba Abrahamu. 8 Ivyaditswe vyabimenye bitalaba yuko lmana yobahaluliye kwizera ubutumwa bwavuzwe kuli Abraham ubwambele" kuli wewe ibihugu vyosi bisohezagigwa. 9 Kugila ngo badya bene umwizero bahezgigwe hamwe na abrahamu we yalifise umwizero. 10 Badya bategeleza ibikogwa vya amategeko bali hasi yu umuvumo kubela yuko vyanditswe" Alavumwe bulu umuntu adafalikanije no amajambo yosi yanditswe mugitabo cha amategeko kuyakala yosi" 11 None bilagalaga jwe yuko lmana idahaliulira ubugololotsi numwe ku mategeko kubela yuko "nyene bugololotsi azobaho kukwizera." 12 Amategeko ntavana na kwizera aliko munyuma yaho "Ukola aya amajambo mumategeko azobaho kumategeko" 13 Kristo yaduchunguye twebwe kuva mwivumo dyi tegeko igihhe yakogwa ivumo kubwachu kubela yuko vyanditswe "Alavumwe bulu umuntu amanitswe hejuluyi igiti. 14 Intumbeho yaluko imegisha yali kuli Ibrahimu yalikuza kubantu bi ibihugu muli Kristo Yesu kugila ngo dushobole lukona indagano yu impemu guchila muukwizera. 15 Benedata nganila kugene yu umuntu nigihe chaho indagano dyu umuntu dyamaze gushigwa gukomela, ntawoshobola kuligabanya chankwe kugyongeza. 16 None indagano zavuzwe kwa Ibrahimu no kumvyalo ziwe ntiziga , ku vyalo," gusoba nula benshi, ahubwo mugihe chayo kulumwegusa, "ku mvyalo zawe " aliwe Kristo. 17 None ndavuga bati, itegeko dyaje imyaka 340 hanyuma ntilivanaho indagano yi nyuma yashizweho ni lmana. 18 Kubela yuko iyo haba ubuhunguzi bwali kuza kunzila ya amategeko ntibwali kuza kandi kunzila yi indagano. Aliko lmana yabutanze ubusu kwa Ibrahim kunzila yi indagano. 19 Ni kiki none itegeko dyatanzwe? dyonge jwe kumpamvu zi ibichumulo kugelo umuvyagwa Ibrahim aze kulibadya bali basezeleniwe. Hegeko dyashizweho kuguhagatiza guchila abamalayika kuku boko ku umuhuza. 20 None umuhuza asobanugwa ulenze umuntu umwe, aliko lmana . 21 Kulubwo mbe itegeko lili kubili ni indagano zi lmana? Habe namba kubela yuko nimbaitegeko dyali dyashizweho dyali nu ubushobozi bwo kujana ubuzima ubugololotsi bwali kulonkwa kwi itegeko. 22 Aliko hanyuma yaho, idyantitswe dyugaye amajambo yosi hosi yi ivyaha; lmana yagize gutyo kugila ngo indagano, ywe yo kuutulokola twebwe ku kwizera muli yesu Kristo ishobole kulonkwa kuli badya bizera. 23 Aliko ukwizera kulalaza, muli Kristo twali twaposhwe no kuba hosi yi itegeko gushika buze ubuhishuligwa bwu umwizero. 24 Kulubwo itegeko dyagizwe umutwale wachu gushika Kristo ahoyaza, kugila ngo duhaluligwe ubugololotsi ku kwizera. 25 None kuko umwizero waje ntituli kandi hasi yu utulabiliza. 26 Kuko mwebwe mwesimula abana bi lmana guchila ukwizera muli Kristo Yesu. 27 Mwesi mwabatijwe muli Kristo mwiyambitse Kristo. 28 Nta Myahudi chanko Umuyunani, umuja chanko uwidegemyva, umugabo chanke umugole, kubela yuka mwebwe mwesi mulimumwe muli Kristo Yesu. 29 Nibo mwebwe muli ba kristo nuko muli uluyalo gwa Ibrahim abahiguzi kubwi indagano.