Igiche 2

1 Imaze guchaho imiaka chumi nine nachie nja Yerusalemu hamwe na Barinaba. Kandi natwa nuundi Tito. 2 Nagieyo kubera lmana ya mbonekee yuko nalinkwirie kujayo nashize imbele yabo ijambo dyimana dyonababwie na banyagihugu batize ye lmana kandi naraganilie kubwihishwe nabantu bakuru abatwazi nagize jutyo kura ntashaka kwiruka chankwe nilukire ubusa. 3 Aliko na Tito yalikumwe nanje alumuyuu ni baramhase kumusilamula. 5 Ibi bintu vyakoretse jutyo kubela ababeshi baje kubwihishe babaririza buntu tubayeho kumwidengevyo muri Kristo Yesu bobo bashaka ntintugire umwidengevyo. 4 Nlitwigeze twitanga kububaha num------------- kugira ngo ubutumwa bwi lmana ntibundu gwe murimwebwe. 6 Aliko badya bavugwa kwarabatwazi ntunakimwe bamvuzeko kandi. Chochose chobakoze ntanakimwe chaifashije lmana. Niyemela abantu bikundwakaza. 7 Hamjuwa yao babonye yuko njewe nizeletse kuvuga ukutumwa bwi lmana mwabadya badasilamuwe. vyalibimeze yuko Petero yovu ubutumwa mubantu basilamuye. 8 Kubera lmana yakoze mubutumwa bwo yatwara Petero mulibadya balibasilamuye nuo nyene yakoze nanje mubanyagi hugu badasilamuye. 9 Ichogihe Yakobo, Kefana yohana bamenyeka na yuko bubatse urusengelo balibazi imigisha yonjewe nahawa baratwakila mubu mwe mulinjewe na Barnaba. 10 Bagize gutyo kugira ngo tugende mubanyagihugu kandi kugira ngo bagende mubanyagihugu. Kandi baradusavye twibuke abakene, kandi nanje nalinkeneye kugira gutyo. 11 Mwichogiche Kefa aje antiokia naramwase imbonanya kubera yaliyachumuye. 12 Abantu kanaka bataraza kuva mwa Yakobo , Kefa yadya na banyagihugu aliko abo bantu bamaze kuza Kefa yachie ava mubanyagihugu atinya abantu bashaka gusilamugwa. 13 Kandi bandi Bayahudi balemelanye nubwo budyadya hamwe na Kefa. Bicha bituma na Barinaba ajana nubwo budyadya bwabo: 14 Maze kubona yuko badakulikira neza ijambo dyi mana sinamulishije Kefa na mubwijije ukuli imbele yabo ati nimba mwebwe mura Bayahudialiko ingeso zanya zigasa nizabanyagihugu ho mwogize ingeso za bayaliudi ni kuberiki mhata abanyagihugu babe ni kuberiki mhata abanyagihugu babe ni ngeso za Bayahudi? 15 Twebwe Abayahudi bi mvukira kandi ntetuli abanyagihugu bivyaha. 16 Mumenyeneza yuko atanumwe murimwebwe alumunyakuri kubyokora dukurikie amategeko atariko duharurigwa ukuri kumwizero muri Kristo kugira ngo kubera ibikogwa vya mategeko kuberiaribikogwa vya mategeko ntanumwe azo harurigwa ukuli. 17 Ariko yodukurikira lmana duharuri gwa ukuli muri Kristo, dusangwa twebwe turabanyavyaha, ariko Kristo yalumuvyaha? oyaye suko! 18 Kubera umutima wanje ndashine kuronka ukuri kukugenda mumategeko kandi nalamaze kubivamwo njewe mjewe inchamboneka yuko nafata amategeko. 19 Kubera amategeko maze gupfa na mategeko shakigwa kubaho kubwimana. 20 Nabambwe kumusalaba hamwe na Kristo sinjewe kandi mbayeho ni Kristo gusa abayeho mulinjewe. Kubaho mbayeho mwuu mubili umwana wi lmana, uo yankunze akitatanga kubwanje. 21 Sinanka imigisha yimana kubela nimba ukuri kwabayeho kubwamategeko Kristo Ysu yalikuba ya vfilie ubusa.