Igiche 1

1 Njewe ndi Paulo intmwa njewe sindi ntumwa kuva kubahila kuli Yesu Kristo ni mana dawa ya muzuye kuva mubapfu. 2 Hamwe nabenewachu bosi nanje nandikila amasengelo ya Bagalatia. 3 ubuntu bube iwanyu namahoro ava kumana dawe wachu numwami Yesu Kristo. 4 Yitanze wenyenye kubwivyaha vyachu kugila ngo atugaluza mwikigihe cha mafuti kuvananulukundo gwimana yachu dawe. 5 Kwiwe bube ubwela bwimyake yori. 6 Ndatangala kubela muhindukilila bwangubundi butumwa ndatangala kubela muhindukila kule kuva kuliwe yabahamagaye kubuntu bwa Kriato. 7 Ntabuliho ubundi butumwa aliko halabantu bake batuma mwebwe mngilingolane no gushoka gulindula ubutumwa bwa Kristo. 8 Aliko naho hoba alitwebwe changwe abanmalaika bokuva mwijuru, azounga ubutumwa butandikanye, nabudya bwotwavuze iwanyu avumwe. 9 Nkuko twavuze ubwambele nubu ndavuze kandi nimba hali humuntu azovuga iwanyu ubutumwa butundukanye nkuko mwanyakiliye alavumwe. 10 Aliko ubu mpiga ubugalagazo bwa bantu changwe lmana? mpiga kubanezereza abantu? nimba mbandanya kugerezereze abantu? nimba mbandanya kugeregeze kubanezeleze bantu njewe sindi umntu mwa wa Kristo. 11 Benewachu ndashaka mwbwe mumenye yuko ubutumwa bwo navuze ntibuvana na bantu. 12 Sinabwakiliye kuva kubantu kandi sinigishijwe kiletse vyabaye kuguhishuligwa kwa Yesu Kristo kuli njewe. 13 Mwalamaze kumva henjwe yimibeleho yanje yinyuma mwidini yi Kiyahudiuko nahola mbabaze kubukazi isengelo dyimana, bilenze ulugero no kulitulila. 14 Nalingezi mbele mwi dini yi Kiyahudi busumba benewachu beshi Bikiyahudi. Nalifise umwete chane mumigenzo ya Bada we banje. 15 Aliko lmana yalakunze njwew kuntolanya kuva munda ya mawe yalampamagaye njewe kuchila kubuntu biwe. 16 Kumuglagaza umwana wiwe muli njewe. Kugila ndamutangaze ba mahanga kandi sinahize ubuhanzi mumubili ni shagama. 17 Sinaduze kugenda Yerusalemu kulibadya balintumwa ntalagela njewe hanyuma yaho nagiye mubarabu hanyuma ngaluka Mubadameski. 18 Hanyuma yimyaka itatu naladuze kugenda Yerusalemu kumgendagendele Kefa nichaye nawe imisi chumi nifano. 19 Aliko sinabunye izindi ntumwa atali Yakobo mwenawabo nu mwami. 20 Leba imbele zimane simbesha kwa kidye cho nanditse iwanyu. 21 Hayuma nagiye muntale za Shamu na kilikiya. 22 Sinamenyekane kumaso kumasengero ya Bayahudi adya yali muli Kristo. 23 Aliko balavyumva gusa, "wewe yaliko atubabaza ubu atangaza ukwizera kwoyahola yonona. 24 Bali bahimbaza lmana kubela njewe.