Igiche 4

1 Ndaguhaye ilitegeko lifise ubulemele imbele zi lmana na Kirisito Yesu, azochila imaza abazima na bapfuye, no kubwo kwelekanwa kwiwe nu bwami bwiwe. 2 Wigisheijambo, mitegule mugihe kikwiye ni kita kwiye. Balila abantu ivyaha vyabo, kankamila, lungika, kukwihangano kwose ninyigisho. 3 Kuko igihe kizoza aho abantu batazo kwemerainyigisho, zukuli. Mumwanyawavyo, bazo kwilondelela abalimi bokubigisha ibikwilanye nivyifuzo vyabo. 4 Bazoleka kwumviliza inyigisho zukuri, bahindukilile imigani. 5 Aliko wewe ube umwizigigwa muli vyose, wiha nganile ibikomeye, kola umulimo wo kubwiliza, shicha umulimo wawe. 6 Kuko jewe namaze kulongologwaIgiihe cho kuvaho kwanje kilegeleje. 7 Nagwanye intambala yukwizera, ulugendondalumaze, ukwizera naragufashe. 8 Ulugoli gwukuli gwatateguwe kubwanje, gwumwa, acha imanza zukuli, azompa kuli wa musi. Sikulijewe gusa ahubwo ni kulibose balindiliye kubushake ukuboneka kwiwe. 9 Wikaze uzekwanje vuba. 10 Kuko Dema yatandeche, ukwinda isi tubu none yamaze kwigila Itesalonike, Kireseni yigilye Garatia, na Tito yigiliye Dalimatiya. 11 Luka gusa ni we alihamwe nanje. Uzo muzane mariko kukojewe ndamukeneye mumulimo. 12 Natumye Tikiko Efeso. 13 Yankanzo yo nasize Tarowa kwa Karipo, niwaza uzoyizane, hamwe na vya bitabo chane chane bimwe vyurusalo. 14 Alekizanda ahesha ivyumu yankoleye bibi vyinshi. umwami azomuhemba ibi kwilanye ni milimo yiwe. 15 Nawe kandi wilinde nawe, kuko yahakana chane amajambo yachu. 16 Kuko mukwisigula kwanje kwambele, ntamuntu awaliwe wese yahagaze hamwe nanje mumwanya wiwe, bulumwe tyalanditse lmana ntibahalule hichaha. 17 aliko umwami yahagaze hamwe nanje, ampa ububasha kugirango guchila kulijewe, ngoijambo livugwe kubutngane na banyamahanga balonke kwumva nalokowe nukanwa kintale. 18 Umwami azondinda nibikogwa vyose bibi no kundokola kubwa bwami bwiwe bwo mwijulu. Ubwiza bube ubwiwe ibihe bi bihe gitashila. Amen. 19 20 Umuamuche purisika, Aliko ninzu ya onesifolo. Erasto yasigaye ino Korinto, Tirifimo namusize mileto agwaye. 21 Gira bwngu uze hatalagele igihe chimbeho Eubulo alakulamucha, kandi na Pude, Lino, Claudiya nabandi benedata. 22 Imana ibe hamwe numtima wawe, ubuntu bube nawe.