Igiche 3

1 Aliko umenye lino; mumiri yemhela hazobaho ibina bikomeye. 2 Kubela abantu bazoba bo kwikunda bonyene, bogukunda amahela, bokwiyemela bokwilata, bogushinyaguraa bantubaha abavyeyi babo, abadashima na abanyavyaha. 3 Abadafire ulukundo gwo kamere, abadashaka kubaha kumahoro nu wali wewesi, interanya, ababeshi, abadashobora kwippata, abazana intambara, abakunda ivyiza. 4 Bazaba bokubabaza, abatemera, abokwikundo bonyene no gukunda ibibi aho bakunze.. 5 Hanze bazaba bafise ishusho yo kubaha lmana, aliko banka ububasha bwimana. Handukanye nabo bantu. 6 Kubelaa bamwe mulibo na abagabo binjira mungo za bantu no guhenda henda abagole bibijuju. 7 Aba nabagole buzuye ivyaha na bokuyobogwa ni ivyifuzo vya buri ngene. Aba baada baliga imisi yose, aliko mbahobora kugera kwa budya bumenyi bwukuri. 8 Nkuko Yane na yambre bahaye umogongo Musa. Kunzira nkinyi abalimu bububeshe nkaba baha umugongo ukuri. Na bantu bonone kaye ibitakalezo vyabo, abatemeregwa muvye ganye nu mwizero. 9 Aliko ni bazobandanya kule. Kubela ubujuju bwabo buzoshigwa kumugaragaro imbele ya bantu bosi, nkuko vyabaye kwa badya bantu. 10 Aliko wewe wakulikiye inyigisho zanje, inganda yanje, ingemero yanje, umwizero wanje, ukwihangana kwanje, ulukundo hwanje no kwiyumanganya kwanje. 11 Kubabazwa, nububabale bwinalose haliya Antiokia, ikinio na Listra. Nalihanganiye ububabale. Umwami yalankijije mulivyo vyosi. 12 Bosi bashaka kubaho mumibeleho yo kubaha lmana muli Kristo yesu bazobabazwa. 13 Abantu babanyavyaha ba babeshi bazokomeza kuba abanyavyaha chane. Bazobazimiza beshi bobo nyene balazimijwe. 14 Aliko wewe ikomeze muvyo wigishijwe na kwizela ivyukuri kubela uzi wize kwande. 15 Ulamenya kuva kubwana bwawe yuko waliyazi amajambo metanda. Aya yalshaobora kuguha ubwenge kubwoagakiza kunzura yu mwizero muli Kristo Yesu. 16 Buli jambo litise mhemu wi mana lilabereye inyigisho zifile agachiro kukwinginga, kugutunganya ibichumuro no kwiginga, kugutunganya ibichumur no kwigisha ivyukuli. 17 Ni ibi umuntu wi mana abe yuzuye, abe yahawe inzira zogukora imilimo myiza.