Igiche 3

1 Nukolelo benedata mudusabile ngo ijambo dyi mana lishobore kugwila no gukuzwa, nkuko bili ni wanyu. 2 Musabe ngo dushobore kulokogwa mu bibi vya abantu batizeye kuko si bosi bafise umwizelo. 3 Aliko databuja umwizegwa, azobakomeza akabalinda wa mubisha. 4 Dufise ubuhanga mu mwami ku bwanyu, yuko mukola kandi mubandanya gukola ivyo tubatuma. 5 Data buja ashobore kulongola imitima yanyu mu rukundo no mukwihangana kwa risto. 6 ubu lelo tulabihaniza benedata mwi zina dyu mwami Yesu Kristo, ngo mwilinde na buli mwenedata abayeho mubunebwe bitameza nkuko nakiliye ingeso zo twebwe mwatubonanyeko. 7 Kuko mwebwe nyene mulamenya yuko ali vyiza kuli mwembwe mutwigilako. Ntitwabanye namwe nka banwe badafise ukwiyubaha. 8 Kandi ntitwigeze tudya ichokudya chu muntu tutakilihiye ahubwo twakola imilimo ijolo numutaga ku milimo ikomeye no ku ngolane, kugila ngo ntitube umutwalo ku muntu we wesi muli mwebwe. 9 Twakoze duti, suko tudafise ugutegeka. Abubwo twakoza guti, kugila ngo tube ulugelo gwanyu, hanyuma mulonke uko mutwiga twebwe. 10 Tukili hamwe namwe twalabihanije duti "Hakabaho mulimwembe udashaka gukola imilimo ntadye." 11 Kuko tulumvya ngo baliho banwe babayeho kubunebwe muli mwebwe. Ntamilimo bakola aliko bakaba na abantu badatunganye. 12 Abo nabo tulabihaniza nokubahanula mu mwami Yesu Kristo, ngo basabwa bakole imilimo bantunganye, kandi badye ivyokudya vyabo nyene. 13 Aliko mwebwe benedata ntimuchiki ntege mu vyo mukola vyiza. 14 Hakabacho ijambo dyachu muli luno gwandiko, mumwiyubale kandi ntimugile ubumwe nawe, kugila ngo ashobore gutetegwa. 15 Ntimubone nku mubisha, aliko mumwihanize nka mwene data. 16 Umwami wa mahoo we nyene abhe amaholo ibihe vyosi mu nzila. Umwami abane namwe mwesi. 17 Iyi ni ndamutso yaje Pawulo ku kuboko kwanje nyene, alicho kimenye tso muli bulu gwandiko, uku niko nandika. 18 Ubuntu bwa mwami wachu Yesu Kristo bubane namwe mwesi.