Igiche 2

1 Ukuza kumwami wachu Yesu Kristo nokwegelanywa hamwe kugila tube nawe: icho tubasaba mwege benewachu. 2 Aliko ntimunyiganyige nakurushwa kwegemumitima chanke kuko ubutumwa bwandichwe mulupapulo; lubonekana, kogwavuye iwachu, Ruvuga ko imisi yokuza kwimina yegeleje. 3 Umuntu ntaze ababeshe. Kubinyene bwobwosi kubela ntizoza mpaka ingemelo yiwe limonekene ubwambele, kandi na wamwana umugizi wanabi. 4 Kandi uyu niwe mugwanizi kandi aliwe yishila hejuru,we nyene yilutusha lmana kandi yirutusha ibisengwa vyose. Ichaboneche bamaze kwichala mrusengelo. yakoandanyije yishela hejiru kushaka kwirutisha lmana. 5 Mbe? ntimwibuka ahonalili ltamnee namwe nalabwiye hejuru yayo amajambo ameze nkayo? 6 Kandi mlazi yuko ko! n'ta chobuza kugila gwahishuligwe, kugila gwasho bore kuhishugwa kugihe kidya kimazekushika. 7 Kubela ibanga dyu mtu yamaze inkozi yibibi lilachokola umulimo nubu, aliko gusa kugeza nubu ahaliho ahaliho ulamubuza mpaka kugeza hazovila munzila. 8 Niho yankozi yikibi nayo izohishulirwa, hamwe Yesu hazoyifa akayicha kubugombe nubushake. Bwiwe bwakanwa kiwe! lmana izomukola katakinu kilimwo kukuhishulwa kokuza kwiwe. 9 Ukuza kwiyo nkozi yikibi kuzoba kuko, umulimo wa satani nokubwo imbaraga zinei zosi." lmenyeaho mbitangaza hamwe nubu beshi. 10 Nububeshi, hamwa nokuliganya ; "kucha chanya ayo majambo yosi azobaho kubwadya dayovye, mumira yukuli nokubela base kwakila urukundo gukuli kubela kudashaka kwihana bakakila agakiza kubwabo. 11 Kubela ivyo lmana ilabalungikila umulimo bakole ivyaha bonyele bizele. Nicho kituma lmana ibarungikila umrimo ubuzimire bubakoreremwo go! bizere ibinyoma. 12 Kugilangu abatizeye ukuli bose bozohanigwe nkutizera kwabo bozo hanigwe kubwo kuleba ukuli kwabo, batanezelewe kubwo ubuyobe bwabo. 13 Aliko tukwiliye kushima lmana bulakanya. Kubela bene data bakundwa nimana. Kubela lmana yabarobamuye kubaimbuto zambele zetera akalaza kubwo mweza na mpemu yela numwizaro ukuli. 14 Ikinicho yabahamagaliye mwege ngol, mchile kwijambo mweongele mwibaze kubwa kulonka ubuntu bwumwami wachu Yesu Kristo. 15 Kubwivyo bene, data, nimuhagalale bwumna musobanukigwe yangemelo yimigenzo mwigi shijiwe. Kumajambo yachu chanke kugwandiko mwakiliye kuva wachu. 16 Umwami wachu Yesu Kristo iwenyene na dawe wachu, yatukunze akongela akatuhumuliza kugela kwehelezo aduhe ubutwali bwiza kubela imebeleho ilimbele izoza yubuntu, 17 abahumulize yongele imilimo yanyu aikomeze kukubela ijambo numulimo mwiza.