Sura ya 1

1 Munyu ma hali jambo, nijambo dyali hamwe nimana kandi ijambo dyali dyimana. 2 Idyo jambo munyuma dyali hamwe nimana. 3 Ibintu vyose vyalakoze kuchira kuliwene, kandi hata liwene ntani na kimwe chochose cha koze. 4 Muliwenealiho abuzima, nubwa bazima bwali umweho wabantu bose. 5 Umwanga gula meta meta kumwijima, kuko umwijima ntiba ujimije. 6 Haliho umuntubatumye kuva kumana, izinadyiwe yitwa Yohana. 7 Yaje ntumwagilizi kulaba kubela wudya mwanga, kugirangobose bashobole kwizera kuchira kuliwene. 8 Yohana ntiyalifishe umwanga , kubela wene yajekugira alabe wudya mwanga. 9 Ugo gwali mwanga wakuli kubela mwisi, nisi yalemwe kuchira kuliwene nisi ntiyamu menye. 10 Yalimeze kubela mwisi, nisi yalemye kuchira kuliwene nisi ntiyamu menye. 11 Yaje kubintu nyiwe nabantu biwe nti bamwa kiye. 12 Aliko mwabadya beshi balamwa kiye, kuko bali mwizeye izina dyiwe, kwabo yalabuhaye bikwiye kumenya imana. 13 Kubela bavuche, sukumalaso, kubu shaki bwumu bili wala kubushachi bwa muntu, alikobwavuye kumana wenenyene. 14 Nidyo jambo dyakoze kumubili nukubaho mulitwebwe, twara bonye ubwiza bwiwe. ubizwa ntumantu wenka ntuko yaje wenka yalaje kuva kwa daha, yuzuye ubantu bwiza. 15 Yohana yalemejwe kubela wene, nu kudaza ijwia alavuga,yoneniwe ndahola ndavuga kibintu vyiwe ndavuga, yudya aza munyu ma yanje nimukula kuliko jewe, kubela yuko yaliho munyu ma yuwanje. 16 Kubela yuko yavuye kubela kuzuligwa kwiwetwebwe twese twalakiye ubusa bwingabire hanyuma yingabire. 18 kubela itegeko dyazanye kuchira kulimasa; ubuntu bwu kuli vyalaye kuchira kuli Yesu Kristo. 17 Ntani numuntu numwe yabonye imana umusiwowose; umuntu umwe kubela nimana, aliwe kubela kugatuntu ka daha, yamukozewene amenyekane. 19 naweneniwe yabaye chabona cha Yohana ahonyene abahelezi na balawi bibatumye kwiwe na bayahudi kumubwira, wewe ulinde? 20 Atani nukutinya na ntiyase, aliko yatalakaze, "jewe sindi Kristo." 21 Aho bala mubaza, "none wewe ulinde none? "wewe ni Eliya? Alavuga, Jewe siwene. Balavuga, wewe ulumu vugishwa? Alishula, "oyo". 22 Honyuma balamubwira, "wewe ulinde, kugilango tubahe in yishu batutumye? bilebelebene nyene? 23 Alavuga, jewe ni jwi dyiwiwe alila mubagalagwa; gololainzila yu mwami; ntuko umuvugishwa Isaya ntukoyavuze. 24 Aho haliko abantu batumye hadya kuva kubafali sayo; balamubaza na kuvuga. 25 Kubeliki ubatiza alikowewe nturi Kristo chankwe Eliya chankwe umuvugishwa? 26 Yohana yabishuye alavuga, "nabatiza kumazi; nahongene mulimwebwe alahagakela umuntu mtamu menya. 27 Yunoniwe aloza munyu ma yanje; jewe sinshoboye kulega imigozi yibirato vyiwe. 28 Amajambo gakolewe hiyo Bethania, hakudya yayo rodani, ahantu hi Yohana hiyabatiza. 29 Isiku ya kwilikiye Yohana yalamubonye Yesu azauwiwe alavuga, "Raba intama yimana waloitwa ra ichaha yo mwisi! 30 Yunoniwe ndavuga bintu vyiwe ndavuga, "wene uloza munyu ma yenge nimukula kuliko jewe, kubela yaliko nunyu ma yanje. 31 Sinda mu menye wene aliko vyakozwe kuitwa kugilango yu gululigwe kubela isiraeli, kuko ndalaje ndabatiza kumazi. 32 Yohana yalalavye, ndalabonye impwemu yululuka kuva mwijulu ikigelelanyo chinuma yalasigaye hejulu yiwe. 33 Jewe ntawonda menye aliko wene yalantumye kugila mbatize kumazi yalambwiye, yudya kubela alobona impwemu yululuka na kwichara nikwichara hejulu yiwe, yuno niwe abatiza kumpwemu mutagatifu. 34 Ndabonye kandi ndalavye kubela yuno nu mwana wimana. 35 Kandi umuasi gulo kwilikira Yohana yali yahagaze hamwe nabigishwa biwe babili. 36 Bala mumonye Yesu alimwo alagenda na Yohana alavuga, "Raba, intama yimani!" 37 Abigishwa babili bala mwumvishe Yohana avuga yano balamui kwili kira Yesu. 38 Ahonyene Yesu yala levye inyuma nukubobona abigishwa badya bamu kwilikila, nukubabwirw "mushakiki? "balishula, "Rabbi, (maana yake mwalimu ubahe?" 39 Alababwila , "Numuze mumubone; "Hanyuma balagenda nukulabaahantu hiyaliba, balichaye humwe na wene kuwo mwisi, kubela hali mwohalagela amasaha chumi zibulako. 40 Mulumwe mwabadya babili balamwu mvishe Yohana avuga nukumu kwilikira Yesu yitwa Andrea, umugeziwiwe Simoni Petro. 41 Alamubona mugenziwe Simoni nu kumu bwira twalamulose (kubela alosigulila Kristo.) 42 Alamu zana kwa Yesu. Yesu alamulaba nukuvuga, "wewe ulisimoni umwana wa Yohana" witwe kefa, "(maana yake Petro"). 43 Isiku ya kwilikiye aho Yesu ashaka kugenda kugenda Galilaya, yalalose Filipo nu ku mubwira, "nkwilikira jewe." 44 Filipo wene yalu mwenyesi wa Bethsaide, mji wa Andrea na Petro. 45 Filipo yala mulose Nathanaeli nu kumubwira, twamulose yudya Musa yondiche ihabali kuliwene kubela itegeko dya manabii. Yesu umwana wa Yusufu, kuva nazareti. 46 Nathanaeli alamubwira, "none nikintuchiza chashobola kuva Nazareti?" Filipo alamubwira, nuze ulabe. 47 Yesu alamubona Nathanaeli aza uwiwe nukuvuga "Raba, Umwisilaeli wukuli atafishe ubabeshi muliwene!" 48 Nathanaeli alamu bwira wamenye kute jewe? "Yesu alamwishula nukumubwira , "munyuma ya Filipo ntiya kuhama gaye hali hasi yikiti ndala kuboye". 49 Nathanaeli alamwishula, Rabi wewe ulu mwana wimana! wewe ulumwana mi wabisilaeli". 50 Yesu ala mwishula ala mu bwira, kubela yuko ndalakubwiye ndakubonye hasi yikiti; None ulavyemeye? Utabona ingene yasumba yano. 51 Yesu alavuga, "Amini amini ndababwira mulozi bona ijulu zuguluka, nukubabona ab a mala yi ka balimwo barulila nukururuka hejura yu Mwana wa Adamu.