Isura 8

1 Umwaka gwa gatatu gubwami bw'umwami belushazari, njewe, Danyeli, nagize ijerekwa, ritari nk'iryo narinabonye mbere yaho. 2 Ubwo nagize iryo yerekwa, bisankaho narinddi i suza, umugi mukuru, mugihugo ca Elamu; ubwo mu yerekwa ryanje, narindi hafi y'uruzi rwa Ulayi. 3 Nubura amaso,ndareba, ubwo mbona imfizi y'intoma ihagaze imbere y'uruzi,kandi ifite amahembe agomahembe garimaremare, ariko rimwe ryareriri rirerire kuruta irindi,kandi rimera ari inyanyuma. 4 Mbona imfizi y'intama irigusekura amahembe ggayo mu burengerazuba,n'amajaruguru n;amajepfontanyamaswa nimwe yashoboragakuyihangana nta n'umuntu wokubohora aboyagize ingwate; yakoraka ico ashaka, kandi ahinduka ukomeye. 5 Nkuko nakomeje kwitegereza nitonze, mbona isekurume iturutse iburengerazuba,irigutambagira isi yose, itarigukandagira hasi; iyosekurume yarifite ihemberinini hagati y'amaso. 6 Igera ku sekurume yarifite amahembe,yonarinabonye ihagaze hafi y'uruzi, maze iyirukaho mu burakari bwinci. 7 Ndayireba irikwegera isekurume kandi iyirakariye cane; isekura isekurume iyivuna agomahembe abiri, iyosekurume ibura ingufuzo kuyihanganira; iyikubita kubutaka no kuyisiribanga,kandi hataboneka umuntu wogutabara isekurume. 8 Imfizi y'intama irakomera cane;ariko imaze gukomera, iembe rinini ryayo riravunika. Agandi mahembe ane garamera gokurisimbura kumiyaga ine y'ijuru. 9 Kuririmwemurigo hamera uhembe ritoya, rirakura cane ryerekeye amaje pfo, ryerekeye ibuvazuba kandi ryerekeye n'igihugo gifite ubwiza cane. 10 Rirakura kugera ku basoda bo mw'ijuru, rimanura kw'isi igice kimwe c'ababasoda n'ic'inyenyeri,maze rirabasiribanga. 11 Rirakura kugera ku mushefu w'abasoda,rimwambura igitambo c'igihe cose, kandi rihenura ahantu ho gutambira ibitambo. 12 Abasoda hamwe igitambo c'igihe cose baratereranwa kubera icaha; iryohembe ritahasi ukuri, kandi risobora gusohoza imipango yaryo. 14 Numva itungane imwe irikugamba; n'indi ntungane ibwira iyaririkugamba ngo: Iyerekwa ry'igitambo c'igihe cose n'icaha cokurimbura bizamara igihe kinganiki? Ahatunganye n'abasoda bizasiri bangwa kugeza ryari? 13 Maze arabwira ngo: Imigoroba n'igitondo ibihumbi bibiri na maganatatu; hanyuma ahatunganye hazahumanurwa. 15 Ubwo njewe Danyeli,nari muriryoyerekwa ndinogushaka kurisabanukirwa, mbona, igifite ishusho y'umuntu gihagaze imbere yanje. 16 Numva ijwi ry'umuntu hagati y'uruzi Ulayi; agamba cane ngo: Gaburieli,musabanurire iyerekwa. 17 Nuko aza hafiy'aho narindi; anyegereye; ndatinya, ngwahasi nubamye. Arabwira ngo: Umviriza,mwana w'umuntu, kuko iyerekwa ari iry'igihe kizaba icanyuma. 18 Ukoyambwiraga,narinatsibarije, nubamye kubutaka, Ankoraho, arapangurutsa ampagarika mumwanyagonarindimo. 19 Maze arambwira ngo: Ngiye kukwigisha, ibizaba kw'iherezo rej'umujinya, kuko hariko igihe cagenewe c'imperuka. 20 Imfizi y'intama yo wabonye,yarifite amahembe,nibo bami b'Abamedi n'Abaperesi. 21 Isekurume, numwami w'Ubugiriki, ihembe rinini hagati y'amaso,numwami wambere. 22 Amahembe ane gameze gogusimbura iryohembe ryavunitse, nubwami bune buzaturuka muru bwobwoko, ariko ntagufu buzaba bufite 23 Kumwisho g'ubutegetsi bwabo, ubwo abanyabyaha bazaba bamaze gushirira, hazahaguruka umwami mubi n'umuriganya. 24 Imbaragaze ziziyongera, ariko atari ingufuze ubwe; azarimbura mu buryo butangaje,azasohoza impango ye, azarimbura abakomeye n'ubwako bw'intungane. 25 Kubera ubukire bwe, nogusohoza uburyaryabwe, azagira ubwirasi mu mutima gwe, azicisha abantu benci baribireyeho mumahoro, azishira hejuru y'umushefu; Ariko azavunagurika, ntakuboko kumukozeho. 26 Kandi iyerekwa ry'imigoroba n'igitondo niyukuri. Wowe, ugire ibanga iryo yerekwa,kuko ryerekeye ibihe bya kure. 27 Njewe, Danyeli, namaze imisi myinci ntendebutse, ndwaye; hanyuma ndahaguruka njagukora imirimo y'umwami. Narintangajwe n'iryo yerekwa, kandi ntamuntu wabimenye.