Sura 15
1
Lelo twebwe ubukome tushakigwa kutwara integenke za bari bintege nke, na ntitusha kigwa kwibonekeza twebwe.
2
Umuntu wese muri twebwe amunekeleze mugenziwe, kuko ni jambo dyiza, kukushaka kumwubaka.
3
Kuko na Klisto ntiyinejeleje wene. Hanyuma yaho, vyabaye nku vyandichwe, "Ibituchi vya badya batukuche vyaguye kuli jewe."
4
Kuri chochose chatanguye kwandikwe, chandichwe kukutweleka, kukugira ngo kuchira kwihangana ni kuchira kukuhumurizwa ni vyandichwe twarikuba nu bushobozi.
5
Aliko Imana itanga ukwihangana niyo kuhumuriza umutima ibahe kuhuza imitima yanyu nka Yesu Klisto.
6
Kugira ngo kukora ibi numutima umwe mushi bore kumuhimbaza kuminwa imwe Imana daha nu mwami wachu Yesu Klisto.
7
Nuko mwakire buli muntu, nkuko Klisto yabakiye, kwishimwe dyi mana.
8
Icho mvuga nuko Klisto yagizwe umukozi wo kukebwa kubagaburila vyimana. Yakoze ibi kugira ashobore kushicha isezerano zasezera niwe busogokuruza.
9
Ni kubanyamahanga kuhimbaza Imana kubuntu bwayo. Nkuko vyandichwe, "Ngo nzokutazira mumahanga. Ndilimbe ishimwe dyi zina dyawe.
10
Kandi yongera kuvuga, "nezegwa, mwebwe banyamahanga hamwe na bantu bayo."
11
Kandi, "mushire Umwami, mwebwe banyamahanga yose; reka abantu bubanyamahanga yose bamushime wene."
12
Kandi Yesaya avuga, "Hazoba ikishichi cha Yese na umwe azohagaruka kuganza heju ya mahanga. Amahanga bazoba nukwizigigwa muri wene."
13
Imana ni vyizigiro ibuzure uwezero wose na mahoro kukwizera, kugira mushobore kurushiriza mukwizigira kubushobozi bwa mwemu yera.
14
Jewe nyene kandi, nahenda hezwe namwe, bene wachu nahenda henzwe yuko namwe nyene muzujwe ineza, mwuzuye ubwenge bwose. Nahendahenze nuko, namwe mushobora kandi kuhanurana umwe na mugenziwe.
15
Aliko mbandikite hamwe hamwe ndushirije iwanyu hejuru ya majambo yokubibucha kandi, ikituma ubuntu nahawe ni mana.
16
Iyi ngabire yabaye kugira ngo shobore kuba umukozi wa Yesu Klisto yatumwe kumuhanga yitanga kuba umuherezi wa butumwa bwi mana. Nalikushobora kukora ibi kugira kwitanga kwanje kubanyamahanga kube mwemewe, kube kwashijwe ho nimana munzira ya mwemu yera.
17
Nukwo mfishe umunezero wanje muri Klisto Yesu ni muvyimana.
18
Kuko sinzoshobora kutinyuka kuvuga ikintu na kimwe atarichona koreshejwe na Klisto yakwije kuchira kuri jewe ukuganduka kwabanyamahanga. Aya yakwijwe ni jambo ni kikogwa.
19
Nubushobozi bwi bimenyecho bikomeye nibitangaza, nubushobozi bwa mwemu yera. ivyo vyatumye kuva iyesulasemu, ukakikuza, ugashika no muri iliriko, nshobore kubutwara hanze uko bukwiliye ubutumwa bwa Klisto.
20
Kuriyinzira, ichifuzo chanje chabaye kuvuga ubutumwa, aliko si ahantu Klisto amenyekana kwizira, kugira si rishobore kubaka hejuru yi tanguriro dyu muntu wundi.
21
Nkuko vyandichwe, "Ngwabatigariwe ivyiwe vyokuza bazo mubona, badya batamwumvishe bazomumenya.
22
Rero kandi nalinatangiwe kenshi kuza iwanyu.
23
Aliko none, simfishe kandi ahantu hohose muri yi ntara na namye nifuza imyaka myishi kuza iwanyu.
24
Aho nzogira ispania, ndizigira kuzobabona nchayeyo, mukampempelekeza munzira yanje namwe, rinamara kubashimira inkumbu namwe mumwanya.
25
Aliko ubu ndagiye iyerusalemu kugaburila abera.
26
Kubera vyarabahimbaje abantu ba makedonia na Akaya kukora gufashanya ibikwiye aboro bomubera bi Yerusalemu.
27
Ego, vyari kurukundo gwabo, na kweli, bali bumwe nda gwabo. Kuko namba abamanyamahanga basangiye ivyi mwemu vyabo, barishuzwa nabo kandi kubafasha muvyo bagomba.
28
None relo, ikihe ninaheleza ivyo ni kuba na maze iziyi mbuto iwabo, jewe nzoja munzira hamwe namwe hiyo Hispania.
29
Ndamenya yuko, ikihe nzoza iwanyu, nzoza mubukwiliye bwi migisha za Klisto.
30
Nuko ndabinginga, benewachu, kumwami wachu Yesu Klisto, ni kulukundo gwa mwema, musangire hamwe nanje mumasengo yachu kumana kubera jewe.
31
Senga kugira ngo shobore kukizwa kuva muribo batafishe kubaha muri Yudea ngo, ni ngaburo yanje hiyo Iyerusalemu ishobore kwakigwa na bera.
32
Senga yuko shobora kuza iwanyu kumunezero kuchira kulukundo gwi Mana, na nshobore kuba hamwe namwe, kuronka ukuruhuka.
33
Ni Mana ya mahoro ibe hamwe namwe mwese.Amina.