Sura 2

1 Nimba hari kuhabwa umutima muri Kristo. Nimba hari umunezero guva murukundogwiwe. Nimba hari ukusangira mumutima. Nimba hari imbabazi nikigongwe. 2 Kwiza umunezero gwanje nu kwipfuza kumwe, mufishe urukundo lumwe, mufishe bamwe mumutima , nikugiea ivyiyumviro bimwe. 3 Ntimugire kukwimenya nukwivuna aliko kukwitonda mubabona abandi kalibeza chane yanyu. 4 Buri muntu umwe murimwebwe ntuzolabegusa ibikewewe vyiwe wenyene, aliko kandi yitearalike ibikenewe vya bandi. 5 Mubu nukushaka kuko afishe Kristo Yesu. 6 Naho wene alichokimwe ni mana, aliko ntiyitwaraliche kuba cho kimwe ni mana ni kintu cho kwifatanya nacho. 7 Hanyuma yiwe, yichishije bagufi wene. Yatoye umubili wu mukozi. Yiyerekana mukarorela kumwana wu muntu. Abonekana umwana wu muntu. 8 Wene yichishije bugufi mukwubaha kushika kurupfu, urupfu gwu musalaba. 9 Aho rero imana yumushimye chane. Yamuhaye izina likuru lichaho buri zina. 10 Yakoze ivyokugira ngo izina dya Yesu buri viningombwa dyuname. Amavi ya bari mwijuru na bari hejuru yisi na buri musi yisi. 11 Na yakora ivyo kugira ururimi ni ngombwa gwemele ko Yesu Kristo ari umwami, kubwiza bwi mana Daha. 12 None rero bakundwa banje nkuko kumwubaha imisi yose, sigusa kukubaho kwanje aliko relo ni hejuru chane naho hatobaho ukubaho kwanje, mushicha akakiza kanyu mwebwe mutinya nukuetemera. 13 Kubera arimana ikora akazi muri mwebwe kubela kubashoboza kwifuza kukora iibereye wene. 14 Mukore vyose atakwidodomba nukuharila. 15 Mukore, ivyo kugira ntimwidogegwe ni kubaabana bi mana bizegwa batafishe akarohe, mukore kutyo kugira mube umucho wisi, muruvyaro gwu bwansi nububi. 16 Fata chane ijambo dyubuzima kugira ngombe na ngombwa yo kushinagiza umusi wa Kristo. Hanyuma nzomenya yuko nturukiye ubusa kandi sinababariye ubusa. 17 Aliko naho nsukwa nkikimazi hejuru, yakimazichu kwizera kwachu, ndishima na ndishima hamwe namwe mwese. 18 Kutyo namwe kandi murishima na murishima hamwe nanje. 19 Aliko ndizera mumwami Yesu kumutuma Timotheyo iwanyu ubu vuba, kugira ngwashobore kuhabwa umutima ninamenye ibintu vyanyu. 20 Kuko ntafishe uyundi wu vyiyumviro nkawe, ufishe ububasha kukwiye kubera mwebwe. 21 Abandi bose banalikutuma iwanyu balandela ayiwabo bonyene gusa na saga Yesu Kristo. 22 Aliko muramenya akachiro kiwe, kubera nkukwo umwana amufasha se wiwe, nikwo yakoze hamwe nanje mubutumwa. 23 Rero ndizera kumutuma ningoga mukihegusa nzomumenya nikizoba kwanje. 24 Aliko ndemeza mumwami yuko jewe nyense kandi nzoza ubu vuba. 25 Aliko ndiyumvira ni ngombwa kumugarula iwanyu epafradito, wene ni mwewe, wachuna numukozi wakazi, mugenzanje na numusirikahe muenzanje, ni ntumwa iwanyu kubera ivyo nkennye. 26 Kubera yarifishe ubwoba na yifuza kuba hamwe namwe mwese, kukubera mwumvishe yuko ya rigwaye. 27 Kubera kweli yarigwaye chane hofi yo kupfa. Aliko imana iramugirila ikigongwe na icho chiza ntichari hejuru yiwe gusa, aliko kandi chari hejuru yanje, kugira ngosimbe numubabaro hejuru yu mubabaro. 28 Rero ndamugarula iwanyu ni ngoga bishoboka kugira ngo nimwabona kandi muronke kunezegwa nanje nzoba nkuweho inkekankeka. 29 Mumwakile Epafradito mumwami mumunezero gwose. Mwubahe abantu nkawe. 30 Kukubera ikazi ya Kristo ko yari hofi kupfa. Yarahevye amagarayiwe kukunkiza jewe akora kidya mutashobora kukora kukumfasha jewe mwarikure nanje.