Sura 1
1
Paulo na Timotheo, abakozi ba Klisto, kulibadya basizwe kuluhande kuli Klisto balabaho Filipi, hamwe nabalavywi nabakozi.
2
Inema ibe iwanyu mana hologava kumana dahawachu umwami wachu Yesu Klisto.
3
Ndashimila imana yanje iyo nibuche mwege mwesi.
4
Imisi yose mulikila masengo yanje kubela mwegenyene mwese, imba numunezelo iyondabaengela.
5
Fishe agashimwe kenshi kubela kukubahamwe kwanyu mwinjili kuva umisi wambele nhaka uwu musi.
6
Ndizela yuko wene yatanguye akazi keza imbele yanyu azobandanya kuimalizia mpaka umusi wu mwami Yesu Klisto.
7
Nivyiza iwanje kwiyumva kuti hejulu yanyu mwege mwese kukubela nabasize mumutima wanje kukubela mwege, mwabaye, abashilika babagenzi muliyinema muliki gifungo chanje nokusaba ikigongwe nokwemeza kwanje kwinjili.
8
Imana nichabona chanje, ingene nfwishe agashime hejulu yanyu mwese mumele yulukundogwa Klisto Yesu.
9
Ndasenga yuko, ulukundogwanyu gwiyongelechane nachane mubu menyi nivyi yumvilo vyose.
10
Ndasenga kukubela ili kudyango mubenubushobozi bwo kupima nokuchagula amajambo alimeza chane. Kandi ndaba sengela kudyango mubebeza hatabaye ikosa idyalidyo dyose kumusi wa Klisto.
11
Kandi mwuzuzwe nichamwa chukuli liboneka muli Yesu Klisto, kubwela nishimwe dyinama.
12
None, bagenzi banje shaka mumenyuyuko, amajambo yabaje iwanje yakoze injli ibanda nyechane.
13
Nicho kutuma ukubohwa kwanje muli Klisto vyamenye kange mubalinzi bahakulu hose no kulikila muntu kandi.
14
Nabagenzi beshi ku mwami, kukubela ukubohwa kwanje, balahenda henzwe nokushobola kusigula ijambo atabwoba.
15
Bamwe ukuli nokumutangaza Klisto kunzigo no kugwana, nabandi muvyifhuzo vyiza.
16
Badya bamuvuga Klisto kulukundobala ziyuko nashizweho ngaha kukubulanila ijili.
17
Ahubwo abandi bamuvuga Klisto kubwabo nivyi fhuzobibi binyumvula yuko batuma ingolane iwanje mugufungwa kwanje.
18
None? Sindaba, chanke inzila ali yububeshichanke kukuli, Klisto alavugwa, nokulili ndanezegwa! ego, ndonezegwa.
19
Kukubela ndazi yuko ililizo zana ukubohogwakwanje. Ijambo ili lizoba kukubela amasengo yanyu no kumfashanyo yumutima wa Yesu Klisto.
20
Kungana nintegulo yanjenizeye yukulingo, sinzo bana isoni hanyuma yaho, kukushila ubwoba bwose , kukobili imisi zosenubu, niteguliye yuko Klisto azoduzwa mumubili wanje, nimba alimubuzima chanke mulufu.
21
Kukubela iwanje jewe, kubaho ni Klisto no kuphani nyungu.
22
Aliko, nimba kubaho mumubili kuvyala ichamwa mukazi kanje, none simenye nidyahe dyo kuchagula.
23
Kukubela ndasunikwa chane nivyi yumvilo ibi bibili ndifuza kuuleka umubuli nokubahamwena Klisto, ikintu alicha gachilo chane chane.
24
Atali, kusigala mumubii uwu nijambo likenewe chane kukubela mwege.
25
Kukubela nizela hejulu yili, ndazi yujonzo sigala nokubandanya kubahamwe namwe mwes, kukube ielambele numunezelogwukwize la kwanyu.
26
Nililizo zana umunezelo wanyu munini muli Klisti Yesu, kukubela jewe izokongezwa, kukubela ukubaho kwanje kandi hamwe namwe.
27
Musha kigwa kubaho amaishi yanyu mungendo nziza ishaka injili ya Klisto, nimukole uko inje kuba laba chanke ntaje, numveyuko mwahagaze neza mumutima umwe, ndifuza yuko numva mufishe umutima umwe, muchindanila ukwi zela kwi njili kulihamwe.
28
Ntimzo tinyishwe nikintu chochose kikogwa nabansi bachu. Ili kulibo nikigelelezo chukono nekala, ahubwo iwanyu ikigelelezo chagakiza kuvakumana.
29
Kubela mwege mwahawe kubela kukubela Klisto, sukumwizela gusa, ahubwo nokubabazwa kandi kuliwene.
30
Kukubela mufise ulubanza udya nkukomwabonye iwanje kandi mulumva yuko ndinagwo nubu.