Sura 1

1 Iyi ni ntango yinjili ya Yesu Kristo Umwana wimana. 2 Nkuko vyandichwe mumuvugishwa Isaya, "Aba ndatumye intumwa yanje imbele yawe umwe azotegula inzila yawe. 3 Ijwi yumuntu livugila mubugalagwa "Niu zuze inzila yumwami zigolole inzila ziwe. 4 Yohana aje abatiza mubugalagwa no kuhubi ni ulubatizo gwo kwihana kukuhaligwa ivyaha. 5 Ikihugu chose cha Yude na bantu bose ba Yerusalemu bagiye kwiwe. Baliko balabatizwa nawe kumwonga wa Yordani, balihanye ivyaha vyabo. 6 Yohana yalambala umwambalo wa moya yi ngamia musipi wulusato kukibuno chiwe kandi yaladya inzige nubuki bwo mwishamba. 7 Yalahubiri avuga, "Aliho umwe aliko alaza Hayuma yanje afise inguvu zilenze kusumba jewe sinkwiye kunama hasi no kugulula imigozi zibilato vyiwe. 8 Jewe nababatije kumazi aliko wen azobabatiza mwebwe kuli mutima mutagatifu. 9 Vyalabaye mulizomisi yuko esu kuva Nazaleti yomuli Galilaya abatiza na Yohana kumwonga wa Yordani. 10 Aho Yesu yahaguluka kuva mumazi yabonye agabanijwe habona na mutima yululutse hasi hejulu yiwe nkinuma. 11 Ijwi liva mwijulu, "Wewe numwana wanje nkunda. Nabelewe chane nawe." 12 Hanyuma umugendo umwe mutima amutegeka kugenda mubugalagwa. 13 Yaliho mubugalagwa imisi milongo ine, agelagezwa na Shetani yali kumwe nibi kokobwo mwishamba nabamalaika balamufashije. 14 None inyuma ya Yohana kufatwa Yesu yalaje Galilaya atangaza injili yimana. 15 Yalavuze, "Ikihe kila geze nubwami bwimana bulegeleje. Nimwihane no kwemela kunjili. 16 Achiye kunkengela yuluzigwa Galilaya yalabone Simoni na Andrea mugenzi wa Simoni batega ubukila bwabo hagato munyanza kuko bali abalovyi. 17 Yesu alabwila nimuz munkulikile nzabakola abalovyi babantu. 18 Ubwonyene bachiye baleka ubukila bwabo balamukilikila. 19 Aho Yesu agendeye kule katoyi, yalabonye Yakobo umwana wa Zebedayo na Yohana mugenziwe bali kubwato balakola ubukila. 20 Acha alabahamagala nabo balamuletse swa Zebedayo mubwato nabakozi bakodeshejwe, bala mukuli mukulikila. 21 Bashitse Kapernaumu, kumusi wisabato Yesu yalinjiye kwisinagogi no kwigisha. 22 Balatangayi nyigishijo yiwe, kuko yaligisha nkumuntu umenga alafiseamategeko si nkabanditsi. 23 Icho kihe hali umuntu mwisinagogi dyabo yalifise impemu mbi, acha ateli ndulu. 24 Alavuga, "Tulifise ikicho twokola na wewe, Yesu umunya Nazarti? Uje kutohonya? Ndakuzi ulinde wewe ulumutagatifile wikinege wimana. 25 Yesu yalakankamiye mpemu numa umuvemwo. 26 Yampemu mbi ila mutula hasi ila muvamwo aliko alalila kwijwi dyo hejulu. 27 Na bantu bose balatangaye baha balabazanya kila umwe, "bi mbiki? Inyigisho nshasha lifise amategeko? No kutegeka impemu mbi nazo zilamwubaha." 28 Ni nkulu zelekeye wene ubwo nyene zilasanza zwa kila hantu umukoa wose wose wa Galilaya. 29 Ubwo nyene bavuye hanze yisinagogi balinjiye muzu mwa Simoni na Andrea balikumwe na Yakobo na Yohana. 30 None na bukwe wa Simoni yali dyamye agwa inyoko ubwo nyene balamubwila Yesu inkulu ziwe. 31 Kulivyo yalaje alamufata kukuboko alamuhagulutsa hjulu inyko ila muvanwo acha abanza kuba hudumia. 32 Kuwo mugoloba ikihe izuba limaze kutibila balamuzamiye kwiwe bose bali bagwaye chabule abafashwe ni mpemu. 33 Umuji wose begelaniye hamwe kumudanko. 34 Yalabakijije benshi bali bagwaye ingwala zubwoko bwose no kuva namwo impemu mbi myishi aliko ntiyalekula impemu kuvuga kuko zala mumenya. 35 Yalavutse mukitondo cha kale ikihe hali hakili umwijima yalavyeho alagenda ahantu hihishije yalasenze hiyo. 36 Simoni na bose balikumwe hamwe nawe bala mukilikiye. 37 Balamukulikye balamubwiza kila umwe alamukulikila." 38 Alamubwila, " Tugende ahandi hantu, hanze yimiji izungutse, kugila nshobole kuhubili hiyo kandi nicho kituma naje hano. " 39 Yalagiye achiye Galilaya yose ahubili mumasinagogi yabo nukukankamila impemu. 40 Uwalifise umubembe umwe yalaje kwiwe yaliko alamwinginga apfukama amubwila, "Nimba ushaka woshobola kungila mbemwiza." 41 Asunikwa ni kigongwe Yesu yolagoloye ukuboko kwiwe alamukolako kwiwe alamukolako, alamubwila ndashaka ube mwiza." 42 Ubwo nyene umubembe ulamuvako acha agigwa kuba mwiza. 43 Yesu alamuhana bikomeye alamubwila agende ubwo nyene. 44 Alamubwila, "Nukuli ntuvuga ijambo kuliwe wese aliko genda wiyelekane kumuhelezi kandi tange isadaka kukubela ukwezwa uko Musa yaumye nkubushuhuda bwabo. 45 Aliko yalagiye abanza kubabwila kila umwe no kukwiza jambo lilenze na Yesu niyashoboye kandi kwinjila mumuji kwidegemvyo kulivyo ychaye ahantu hihishije abantu balaje kuliwe kuva kila hantu.