Sura 1
1
Beshi bali hanganye kushila mumu longo ivyabaye kube anajambo yashikijwe hagati hachu.
2
Nkuko baduha vyamoso nabakozibi vyandiche. Kulivyonanje kandi, mazekulaba neza intangoyaya majambo yose kuva intango nobanyenivyi za iwanje kandi kubandiki la kumulongo wiwe.
3
Munya chubahilo cha ne Teofilo.
4
Kudyango ushobole kumenya ukuli kwama jambo yowigishijwe.
5
Mumisi ya helode, umwimi wa yuda, halumuhelezi fulani yitwa zekalia, wumudyangowa abia.
6
Umugolewiwe yavuye mwikumiza haluni, nizinadyiwe yitwa Elizabeti.
7
Bosebali abukuli imbeyimana balagenda bati dogelanila mumiakayose nama tegeko yu mwami. aliko ntibila mumwana kukubela Elizabeti yali ingumba nokulichogihe base babili balabazehe chene.
8
None vyalaba yeyuko Zakalia yalimubuntu bwimana, abandanya nubukozi bwimana mabutalati bubwi zamuyiwe.
9
Kungana ningeyoguchagula numuhelezi uwahe azokola, yaliyalatowe kumajwi mukwinji la mulusengelo gwi mana nokulivyo yalonsa imibavu.
10
Igikundi chose cha bantu chalimwo kilasenga hanze mugihe cho konsa imibavu.
11
Ubu malaika wimana yalamsiyeleche alahagalala mulu handegubudyo gwa alutali yokonseleza.
12
Zakalia ayalalinyiche amubonye, ubwoba bumungwako.
13
Aliko malaika alamubwila, "ntitinye Zakalia, kubela amasengo yawe yomvi kanye. Umugoliwa we Elizabeti alakuvyalila umwana. Izina dyiwe u zomwita Yohana.
14
Uzoba numunezelo nokukelebuka, kandi beshi bazo kune zelegwa kuvuka kwiwe.
15
Kukulela azoba imukululu imbele ya masonyi mana. Nokunywa ivino chanke ikinyobwa kikaza, kandiazoba yujunjwe umutima wela kuva munda mwa nyina wiwe.
16
Nabantu beshi babisilaeli bazohindugwa kumwami mana webo. Azogenda imbele Zamaso yumwami mumutima ni nguvu za Eliya.
17
Azokola uku kudyango agalule imitima ya Daha kubana, kudyangongo abatubaha bazogenda mukubaha kwabu kuli. azokolakuti kushila tayari kumwami wachu bateguwe kubela wene.
18
Zakalia alamubwila malaika, "Nzoshobola gute kumenya buti? kubela jewe ndmu zehe numugolewanje imiaka yiwe yabaye mwihi chane.
19
"Malaika alishula nokumu bwila, "jewe ndi Gabulieli, aliwe ahagalala imbele yi mana. Nalatumwe kukubwila, kukuzanila iyinkulu iyinziza.
20
Kandi laba, ntuzovuga, uzonuma, ntuzosholola kuvuga mpaka umusi udyaaliwo bizobelaho. Ibinu kubela wananiwe kwizela amajambo yanje aliyo azoshichwa mugihe kige zweho".
21
Ubu abantu balimwo bamulindiliye Zakalia bala tangajwe yuko yalimwo ala kolesha umwanya mwishi mulisengelo.
22
Aliko asohoche hanze, ntiya shoboye kuvuga jambo lala menya yuko yaliyalonse amajambo aloyali mulusengelo. Yalabandanije kwele kana ibimenyecho kandi yasigaye anumywe.
23
Bila bayuko imisi yihuduma yiwe imazekuhelaya lagiye kusubila muhila iwiwe.
24
Hanyuma ya Zakalia kusubila muhila kuva kwihuduma yiwe mulusengelo, umugolewiwe achaba ufisheinda. Nawentiya niye muhila iwiwe kumwanya wamezi atanu. Alavuga.
25
Ibinivyo vyu mwami yakoze iwanje andavye kuku mpendeleya kudyango akuleho isoni yanje imbele ya bantu"
26
Ubu, mukwezi kwa gatandatu kwinda ya Elizabeti, imana yabwiye malaika Gabrieli kugenda mugisagala cha Galilaya chitwa Nazaleti.
27
Kunkumi yaliyalakowe numugabo izina dyiwe dyitwa Yusufu. wene galu mudyango wumudyango wa Daudi, nizina dyiyonkumidya dyatiwa Maliamu.
28
Alaza iwiwe kandi alavuga, "Indamucho, wewe wakiye inema nkulu! umwami yabelewe nawe"
29
Aliko amajambo ya malaika yalamuchonze kanddintiya bimenye nukubeli kimalaika yavuze indamucho iyi yigitangaza iwe.
30
Malaika alamubwila, "ntitunye, Maliamu, kukubela walonse inema kuva kumana.
31
Raba, uzotwala inda muda yawe kandi uzovya la umwana. Naweuzomwita izana dyiwe "Yesu".
32
Azoba umukulu kandi azo kwitwa umwana alihejulu chane. umwami mana azomuha inte beyubwami Daudi daha wiwi.
33
Azolangola hejulu yumudyango wa Yakobo igihe chose nubwa mibwiwe ntibuzoba ni helezo.
34
Maliamu alamubwila malaikam ililizoba mubimezegute, kubela sindashobola kudyaman numugabo wowese?
35
Malaika alamwishula alamubwila, "umutima wela alakuzila hejulu yawe, ni nguvu zuwuli hejula chane ilaza hejulu yawe. Kulivyo, uwela azovuka azokwietwa umwana wimana.
36
Raba, umuvukanyi wawe Elizabeti alafise inda yumwana mumiaka yiwe yubuzehe. Uku nu kwezi kagatandatu iwe, aliweyaliyitwa ingumba.
37
Kubela ntakintu kitashoboka ku mana"
38
Maliamu alavuga, Raba, jewe ndumukozi wumugole wu mwami. Rekabibeuko iwanje sawasawa nubutumwa iwawe. "Hanyu ma malaika ala muleka.
39
Nihomuliyo misiiyo Maliamu, yalagiye ningogo yalagiye mugihugu chimisozi, kumujimugihugu cha rudea.
40
Yagiye muhila mwa Zakalia kandi alamulamucha Elizabeti.
41
Ubu, vyalabaye yuko Elizabeti amaze kumvainda mucho ya Maliamu, umwana munda iweacha ala simba, na Elizabeti aluzuzwa umutimawela.
42
Alashila hejulu ijwi dyiwe alavuga kwijwilinini, "ulahezagiwe wewechane hagatiya bagole, numwana alimunda iwawe yahezagiwe.
43
Nonebibaye gute iwanje yuko. Mahawumwami wanjevyamusaba azeiwanje?
44
Kubela laba, bimazekumvikana mumatwi yanje ijwi dyo kulamucha iwawe, umwana munda iwanje alasimba kumunezelo.
45
Kandi alehezagiwe uliya mugole aliwe yizenye yuko vyabage kutunyanywa kwamajambo adyo yoyabwiwe kuva ku mwami.
46
Maliamu alavuga, umutima wanje ulamushima umwami.
47
Numutima wanje ulanezelewe ku mana umukiza wanje.
48
Kubela yayilavye ihali yohasiyu mukozi wiwe, wumukobwa. Raba, kuwaubu mubivyolo vyose bazonyita kwa hezagiwe.
49
KUbela wene aliwe mushobola yakoze amajambo manini iwanje, nizinadyiwe nidyela.
50
Imbabazi ziwe zibaho kuva kuluvyalo nuluvyalo kulibadya ba mwubaha wene.
51
Yelekanye inguvu kukuboko kwiwe; yalabatandu kanijebodya balibibona hejulu yivyiyumvilo vyimi tmayabo.
52
Yaba manuye hasi abana bu mwami kuvamuntebe zabo vyubugingo nokuba duza hejulu abafise ihaliyo hasi.
53
Yalabahagije abinzala kubintu vyiza, ahubwo abatajili yalababinze amaboko masa.
54
Yatanze infashanyo kuli islaeli umukozi wiwe, kudyango yabuke kwelekana ukubabaligwa.
55
(Nkukoya vuze kuliba daha bachu) kuli Ablahamu nuluvyalogwiwe ibihe vyose.
56
Maliamu yalichaye na Elizabeti nkamezi atatu kulivyo niho nihoyasubila muhila iwiwe.
57
Ubu igihe chali kibashikiye kuli Elizabeti kuvywala umwana wiwe kandi achaalavyala umwana wu muhungu.
58
Ababanyi biwe nabagenzi biwe balumvi shije ingene umwami yakujije ukubabaligwa kwiwe, kandi bala nezegwa hamwe nawe.
59
Ubu hababaye umusi wu munani yuko baje kumu silamula umwana. vyabasaba kumwita izina dyiwe, "Zakalia kukukwilikizaizinadya se wiwe.
60
Aliko njina wiwe alishula nokuvuga, "Oya; azokwitwa Yohana".
61
Bala mubwila ntanumwe muchuti zawe yitwa kwili zina.
62
Bala mukolela ibigelelanyo sewiwe kwelekana yuko wene yukoyashaka izinayitwe inde.
63
Sewiwe ala shaka ulubaho gwokwandika, alandika, "izinadyiweni Yohana". bosebaltangazwa nili.
64
Ubwonyene umunwa wiwe ulabohoka nululimigiwiwe lubanumwi degevyo. alavugano kushima imana.
65
Ugutinya kula bazila bose ababahafinabo. Ayamajambo alakwilagila mugihugu chose chimisoziya Yudea.
66
Bose bavyu mvise balabibika mumitima yabo, bavugo, "Umwana uyu numezegute?" Kubela ukubokokwumwami kwali kumwe nawe.
67
Sewiwe Zakalia yulujujwe numutimawe la alavuga ubuvugishwa, avuga.
68
Ashimwe umwami, imana waisilaeli, kubela yala fashije kandi yalashugu liche ugukizwa kubantu biwe.
69
Yatu vyuliye ipembe dyagakiza muliyanzu yumu kozi wiwe Daudi, kuva muliwo mudyango wumukozi wiwe Daudi.
70
Nkuko yavuze kumunywa wumuvugishwa wiwe yaliyo mugihe cha kale.
71
Atuvana kuvabubasi badhu atushila mumaboko yabose batwa nka.
72
Azokolaguti kwelekana imbabazi kubadahabachu, nokwibuka isezelano dyiwedela.
73
Indihilo yoyavuze kwa ibula hamu dahawachu.
74
Yalalahiye yemeza yuko vyoshoboche kumuliolela wene atagutinya, hanyuma yokuchungugwa kuvamumaboko yabansi bachu.
75
Mubwela nukuli ibeleyiwe imisiyachu yose.
76
Ego, naweumwana, uzokwitwa umuvugishwa wuwili hejuluchane, kukubela uzogenda imbele yamaso yu mwami kudyango umutegulile inzila, kubalegu la abantu vubela ukuza kwiwe.
77
Kubamesha abantubiwe yuko, bazo chungugwa kunzila yoguhaligwa ivyaha vyabo.
78
Ibibizoba kubela ikigonwe chimana yachukubela badya izuba kuva hejulu lizotuzila.
79
Kumulika kwabo abichala mumwijima no mugatutu kulu mpiyu. Azokola guti kuyilongola amagalu jachu munzila yamaholo.
80
Ubu, wamwana alakula nokuba uwi nguvu mumutima kandi yalichaye mukabande mpaka umusi wokwi yeleka kwiwe kuli islaeli.