Sura 28

1 Tushikanywe neza, twalamenye yuko ikiyaga chitwa matta. 2 Abantu baba hadya sukuvuga yuko balwakiliye kuneza isanzwe, nukuvuga balakije umulilo balatwakila twese, kukubela imvula nimbeho vyali bibandanya. 3 Aliko Paulo yali vegelanije umutwalo winkikwi no kushila mumulilo inzoka nto afisi ubumala acha ava mulizi dya nkwi kukubela idya ntugula, acha yikubila kukuboko kwiwe. 4 Abantu baba hadya babonye ikikoko kiliko kilenena kuva kukuboko kwiwe, bacha bala vugana vokulibo, "Uyu muntu nukuli mumwicha nyi yavuye kunyanza aliko ukuli nti kumulekuliye kubaho. 5 Aliko wene acha atelela icho kikoko mumulilo kandi ntiyagize impinduka yoyose. 6 Bobanulindiliye avyimbe kunyonko chabule agwe kitulumbuka nokucha apfa, Aliko bamaz kumulaba kukihe kilekile nukubona yuko ntajambo atali ilisanzwe kuliwe bahinduye ivyiyumvilo vyabo no kuvuga koyali Imana. 7 None ahohantu hafi hali misi aliyo yali Imali yumukulu wikiyaga umuntu yitwa palio yalatukabishije no kutugilila neza kumisi itatu. 8 Vyabonekanye yuko sewa babho yafashwe gendeye, yalamusavye ashile amaboko yiwe hejulu mo kumukiza. 9 Inyuma yibi bitaboneka abandi bantu abandi bantu ba hadya kukiyaga bali bagwaye kandi balagiye bala kijijwe. 10 Abantu balubaha kubaha kwenshi. Twali twiteguye kugenda batuha vyabindi twashaka. 11 Inyuma ya mezi atatu, twagendeye mumeli ya iskanda aliyo yaliyakubiswe mimbeho aho kukiyaga, aliyo abalongozi babo bali abagenzi babili bamahasa. 12 Inyuma yabo twali tumaze kushika kulugogwa sirakuta twalichaye hadya imisi itatu. 13 Kuhela hadya twalagiye kushika kulugo gwa regio. Hanyuma yumusi umwe umuyaga wo hepfo waje kitulumbuka ni nyuma yimisi ibili twalasohoye kulugo gwa putoli. 14 Hiyo twabasanze bamwe mubagenzi twalakilwe tulichalanabo kumisi mushanju kulindila tulaza rumi. 15 Kuva hiyo babagenzi bamaze kumva inkulu zachu, balaje kutwakila hiyo kwisoko dya Apias no kwihoteli zitatu. Paulo ababonye baliya bagenzi yalashimye Imana yishilamwo ubutinyutsi. 16 Twinjiye iloma, Paulo yalalekuliwe kuba wnyene hamwe na wamusili kale yalimulinze. 17 None hali inyuma yimisi itatu Paulo yabaha magaye hamwe na babagole bali abalongozi mubayahudi alobaza hamwe, yavuze kulibo, "Bagenzi, hamwe nuko ntakoze ikichumulo chochose kulaba bantu chabule kukola ibidasa nivyo bakola badaha bachu batanguye natanzwe nkumufungwa kuva Yelusalemu kushika kumaboko ya barumi. 18 Bamaze kumbaza bipfujije kundeka mumwidegemvyi kuko hali atakituma kuli jewe nkwiliye ikihano cho kupfa. 19 Aliko badya bayahudi ahobaganila ubudasa bwikishika chabo, vyantumye munguluza ulubanza kwa Kaisaria, naho ntalinelekana yuko nje kushitaka hejulu yikihugu chanje. 20 Kukubela kokunguluza kwanje ulubanza nasavye kubabona nokuganila namwe, nukubela kidaya alicho Israeli afise ubutinyutsi kulicho kifunzwe niki kifungo. 21 Hanyuma balababwila, "Ntuligela twakila baruja kuva Yudea kuli wewe chabule ntamugenzi yaje kutanga inkulu chabule kuvuga ijambo dyo dyose libi kuvyekeye wewe. 22 Aliko tushaka kumva kuva kuli wewe wiyumvila kuvyelekeye vya mugwi waba bantu, kuko bimenyekana iwachu yuko uwo mugwi uganila ibadasa kila hantu. 23 Bamaze kutenga imisi kukubela we, abantu beshichane balamugileye ahantu aho yaba. Yalavuze dya jambo kulibo no kushuhudia kuvyelekeye ubwami bwimana. Yalagelage je kubahenda henda kuvyekeye Yesu, kungene zose zibili kuva kumategeko ya Musa no kuva kuba vugishwa, kuhela mukitondo kushika kumugoloba. 24 Bamwe mulibo bahendaigwa kuvyelekeye adya majambo yavuzwe mukule abandi batemeye. 25 Bananiwe kwemelana bokulibo, balagiye inyuma ya Paulo kuvuga ijambo limwe, "mutima mutagatifu yavuze vyiza kuchila kuli Isaya umvugishwa kuli badaha bachu. 26 Yalavuzegenda kuli badya bantu uvuge, "Kumatwi yanyu, muzokumva aliko ntimuzomenya, no kumaso yanyu muzobona aliko ntimuzomeya ichaliho. 27 Kukubela amitima yaba bantu yabaye yintegenke, amatwi yabo yumvishije kungolane, kukubela imitima yabantu yabaye yintege nke amatwi yabo yumvishije kungolane bahumye amaso yabo kugila ngo ntibaze kumenya kumaso yabo, no kumva amatwi yabo no kumenya kumitima yabo, no kuhinde ukila kandi, kandi nalaba kijije. 28 Kulivyo mukwiye kumenya yuko akakiza kamana katwawe kubantu kubantu babanya mahanga kandi bazobumviliza. 29 Ikihe yaliko alavuga aya majambo abayahudi balagiye bafise ukutsindama kunini mulibo? Ntalimwo uwufise inyandiko zakela. 30 Paulo yalichaye munzu yiwe yapangishije bose baje kuliwe. 31 Uyaliko alahubiri ubwami bwimana kandi yaligisha amajambo hejulu yumwami Yesu Klisto kubuti nyutsi bwose. Ntawamubuza.