Sura 15

1 Abantu Runaka bubulutse kuva mubuyahudi no kubigisha abagenzi bavuga "mutasilamuwe nkimigenzo ya musa, ntimushobola kukizwa." 2 Ikihe Paulo na Barnaba balibafise intambala nibi ganilo hamwe nabo, abugenzi balamuye yuko Paulo, Barnaba, nabandi benshi bagende Yelusalemu kuntumwa nabazehe kukubela ichokibazo. 3 Kulivyo kukutumwa kwabo ni Kanisa, bachiliye inike na Samalia batangaza kuhindukwa ivyiyumvilo kubanya mahanga. Bazanye umunezelo mukulu kubagenzi bose. 4 Bashitse Yerusalemu balakalibishijwe ni kanisa ni intumwa na bazehe babashikilije inkulu yamajambo yose aliyo Imana yakoze hamwe nabo. 5 Aliko abantu lunaka balizeye bali mumugui wabafalisayo, balakugaze balavuga, "bilakwiye kubasila mula nukubategeka bafate itegeko dya musa" 6 Kulivyo intumwa nabazehe bahageze hamwe biyumvila icho kibazo. 7 Inyuma yi nganilo ndende, Petro yalahagaze mukuvuga kulibo bayenzi mulazi yuko umwanya muviza wachiyeho Imana yakoze kuchagula mulimwebwe yuko kumunwa wanje amahanga bumve ijambo dyinjili nukwemela. 8 Imana imenya imitima alashuhudia kulibo alaha mutima mutagatifu nkuko ameze iwachu. 9 Ntiyakoze kubili kuli twebwe no kuli badya akola imilima yabo myiza kukwizela. 10 Kulivyo kuki mugelageza Imana. 11 Aliko tulemela yuko tuzokizwa no kunema yumwami Yesu, nkuko balibameze." 12 Abegelanye bose balanumye baliko balamwumviliza Barnaba na Paulo alobaliko batanya inkulu yibimenyetso nibitangaza alivyo Imana yakoze hamwe nabo nko mubantu babanyamahanga. 13 Baletse kuganila, Yakobo yalishiye alavuga "Bagenzi nimunyumvilize." 14 Simoni yavuze ukuntu ubwambele kuneema yalabafashije amahanga kugilango yilo nkele kuva kwabo bantu kukubela izina dyiwe. 15 Amajambo yabavugishwa alemelana nili nkuko vyandishwe. 16 Hanyuma yayo majambo ndogaluka nokubakubaka kandi inzu ya Daudi yaguye hasi nzoivyula no kusana sana ubwoko nekale bwayo. 17 Kugilango abantu basigaye balondele umwami, hamwe na bantu babanyamahanga bazanywe kwizina dyanje. 18 Uku niko avuga umwami yakoze amajambo aya amenyekana kuhela mubihe vya kela. 19 Kulivyo basi impamulo yanje nukuvuga ntutuba ha ingolane abantu babanyamahanga bahintu kulila Imana. 20 Aliko twandike kulibo yuko bizibukile kule nubwononyi bwikishushanyo, ukwipfuza kusambana ni vyahotowe na malaso. 21 Kuvaku kuluvyalo gwabazehe halihabantu kila muhana balubili no kumusoma Musa kumasinagogi kila sabato. 22 Kulivyo bibonekana yako bilababeleye intumwa nabazehe, hamwe ni kanisa dyose, kumuchagula Yuda yitwa Barnaba na Silas bali abalongozi bikanisa no kubatumwa Antiokia hamwe na Paulo na Barnaba. 23 Banditse kuti, "Intumwa abazehe na bagenzi kubagenzi babanyamahanga bali Antiokia shamuna kulikia tulababamukije. 24 Twumvishije yuko abantu lunake alibo tutahaye idyo tegeko bavuye iwachu baba baje kunyigisho zizana ingolane mumitima yanyu. 25 Kulivyo vyabonekanye vyiza iwachu twese kuchagula no kubatuma iwachu hamwe nabakundira bachu Barnaba na Paulo. 26 Abantu bateye ingolane ukubaho kwabo kukubela izina dya Yesu Klisto. 27 Kulivyo tumutumye na Sila, bazobabwila amajambo yabo ayo. 28 Kuko vyabonekanye vyiza kuli mutima mutagatifu ni wachu kuvako hejulu yanye umutwalo munini kusumba ayo majambo aliya ngombwa. 29 Yuko muhinduka kuva muntambala zitangwa kubishushanyo, amalaso intambala yo kuhotogwa, nubusambanyi. Nimba muzo kwishila kule nibi bizoba vyiza kulimwebwe na kababa." 30 Kulivyo basi, uko basanzajwe bamamukiye Antiokia inyuama yo kwegelanya ichegelanyo hamwe batanze ibarua. 31 Bamaze kuyisoma balanezelewe kukubela kukulemeshwa kumutima. 32 Yuda na Sila nabavugishwa balemesheje umutima abagenzi kumajambo meshi no kubalemesha kumutima. 33 Hnyuma yokwichala umwanya lunaka hiyo, basanzajwe kumaholo kuva kubagenzi no kuli badya babatumye. 34 (Aliko bibonekana vyiza sila kusigala hiyo.) 35 Aliko Paulo na bandi balichaye Antiokia hamwe na bandi benshi ahobigishije nukuhubili ijambo dyimana. 36 Inyuma yimisi myishi Paulo yalavuze kwa Barnaba, " Tugaluke ubu kubalembela abagenzi kukila muhana aho twahubili ijambo dyu mwami, nukubabona uko bameze. 37 Barnaba yalashatse kandi kumuchagula hamwe nabo Yohana yitwa Marko. 38 Aliko Paulo yiyumviliye ntivyalivyiza kumuchagula Marko, yabasize hiyo pamfilia nukubanda nyanabo kukazi. 39 Hnayuma aho hava impali nini kulivyo bachiye bavana, Barnaba achagula Marko nukugendamumeli kushika Kipro. 40 Aliko Paulo yachaguye Sila nukugenda inyuma yo kuhabwa nabagenzi kuneema yumwami. 41 Yalagiye kuchila shamu na Kilikia afasha amakanisa.