Sura 13

1 None kubela ishegelo dya Antokia, alihon na bantu bali baba vugishwa na bigisha. Balibabaye barinaba Simioni (bamwita Nigeri) lukia wa kilene manaeni(Umugenzi aliwe na malaso ya Hero de Murongozi ni mukoa) na Sauli. 2 Hobalimo basenga umwami nukwisonzesha, pwemu yela yalavuze, "Nimushile impela Balinaba nasauli, bakole imilimo zobaba hamagaliye." 3 Hanyuma yulusengelo kugala, kusenga, nukushila amabo koyabo hejulu ya bantu abo, babaleka bagende. 4 None kubela Barnabas na Sauli balubashe mpemu yela balagolomoche bagiye Seleukia kuva hiyo balagende genze mwibahali baleba mukisiwa cha kipro. 5 Habali kumuji wa salami, balanze ijambo dyima na kuma kanisa yaba yauhudi kandi bali hamwe na yohana, maliko nkumu fasha wabo. 6 Hobali bagiye kumazi yose kugela pafo, balasanze nkutu atamenyekana wumulozi umuyahudi wumuvu gishwa wububeshi, alimezi dyiwe dyitwe baryes. 7 Umulozi yuni yalafasha nyijwe na liwali seligio Paulus, yalimuntu yalifishe ubwenge, untu vyu ya hamagaye Barnaba na Sauli, none kubela yali keneye kumva ijambo dyimana. 8 Aliko Elima "Yudya mulozi" (uko niko iziname dya fafa nuliwe yala bakubishe) ;yalasubiye kumu hindukiza muliwahi ave muchizelo. 9 Aliko Sauli bamu hamagala Paulo, ya yujunjwe na mpwemu yala, alamuleba chana amaso. 10 Na alavuga "Wewe Umwana wumwasi, yujunjwe nibintu vyose vyukuhende henda ni ntege nke. Wewe umwasi wa bulibintu vyosi vyukuli ntulo hebakuhindi inzira zumami, zigololoche none ulo zishobola? 11 None leba ukuboko kwimana kuliho hejulu yawe na uboba impuyi ntulobona izuba kumwanya kugilimwe ulupfungu nu mwijima vyala guye hejulu ya Elimasi, yalabanzije kuzunguka hodya asenga abantu bamu longole kuku mufata ukuboko. 12 Hanyuma yaliwali yalibonye ichabaye, yalizeye kuko kubela vyalamutangaje kumigisha yajana numwami. 13 None Paulo naba nywenibiwe bala genza ganze mumazi kuva pafo abagela perge kuli pamfilia. Aliko yohana yabasije nuku subila yelusalemu. 14 Paulo na banwani biwe balagiye kuva perge balashi antiokia ua Pisidia. Hiyo bagiye kuma kanisa kumusi wa mbele nukucha la hasi. 15 Hanyuma yokusoma itegeko numuvugishwa, abalo ngoye ulusengelo yalaba lungikiye ubujumba buvuga bagenzi namba ''mufishe, ubumbe wokubahu muliza umutima abantu hano, ni muvuge" 16 None Paulo yalahagaze nukubalolela ukuboka, yalavuze, "Abagabo wo muli isilaeli namwe mulimo mwubaha Imana nimwumvilize. 17 Imana yaba bantu bisilaeli yala toye badaha bachaye kuli yisi yimisili, nukukuboko kwine kuba dyulayala bongoze hanze yiwe. 18 Kumyaka milongine yalabihanganiye mubu galagwa. 19 Hanyuma yokuyonona amahanga ulushanju kuli isi yubuhonelo, yaba haye abantu beshi isiyobo kubulagwa. 20 Ivyabaye ivyo vyose vyabaye hanyuma yimyaka amajanane na milongitanu. Hanyuma yivyo bintu vyose Imana yahaye bamuwe kugela kwa Samweli umuvugishwa. 21 Hanyuma yivyo, abantu bala senze ubwami nuko Imana yalabahaye Sauli umwa womuli kihi, Umuntu wikabila ya Benjamin kuba umwami wimwaka milongine. 22 None hanyuma yimana kumukula kubwumwami, yala vyuye Daudi kuba umami wabo. Vyali bili aliko bimeze Daudi yuko Imana ivuga, ndalose Daudi umwana wa Yesu, kuko numuntu abezwa numutima wanje aliwe alokola bulikintu chonkunda. 23 Kuva kuluyu uluganda wa bantu Imana yazanye isilaeli muchunguzi Yesu, nkiko yatubwiye kukola. 24 Bino vyatanguye kuba hatalabe Yesu kuza Yohana chambe yala vuze ulubatizo gokwihana kubantu bose bomuli isilaeli. 25 Nane Yohana haliyamaze ikazi yiwe yalavuze umwizigigwa ni jewe ninde? Jewe sinka yudya aliko nimwumvilize uloza inyuma yanje, sinkwiye kulega legesha ibilato vyenje vya magulu yiwe. 26 Bagenzi abana bomulaganda bwo mwe Bulahamu nabadya bali hagati yanyu mulasenge Imana, nikubela twebwe yuko bunzo bujumbe bwokukiza bwayumwe. 27 Kulibadya babaye Yelusalemu , nababa ngaza babo ntibamunye neza nayuko ntiba menye ubujumbe nabavugishwa balibo basomwa buli musiwa mbele none kubela balamaliliye ubujumbe nabavugishwa nukumuchila ulupfugwa Yesu. 28 Niho batali bwalonve ibituma vyiza kulupfu gohagati yiwe bala seze pilato amwiche. 29 Bamaze ibintu vyose vyalandichwe bishaka wene, bala mwululukije kuva kugiti nukumu dya mika mumva. 30 Aliko Imana yala muzuye kuva mubapfuye. 31 Yala bone kanye kumisimyisi kwabadya bagiye hamwe na wene kuva Galilaya bagenda Yelusalemu abantu bano nibi chabona chabantu. 32 None tulaba zaniye inkulunziza nkukuntu babwiwe hobahabwa baso kulu bachu. 33 Imana ya sizeho ibiloba ibi vyachu, abana babo kulidyo yala muzuye Yesu nukumusubi zayo kandi nukuba akomeye nili kandi dyala ndichwe muli zaburi ya kabili wewe ulumwana wanje, uyumusi ndabaye daha wawe. 34 Kandi nkiko bili ukuli no yuko yala muzuye kuva muba pfuye kugila yuko umubili gwiwe ntigono ne kale yaganiye guti. Ndo kuheleleza ubwe nimigisha zikwiye za Daudi. 35 Lino nidyo lituma kuvuga kandi kuli zabuli zinchi ntulole kula ubutakatibu kwiwe kubona ibiboze. 36 None kubela hanyuma ya Daudi kukolela nkiko ishaka Imana kuliki kivyalo chiwe yala dyamye yala dyamichwe hamwe naba daha biwe yalabonye uko nonekala. 37 Aliko uwazuwe nimana ntiyabonye ukonone kala. 38 Kandi nibime nyekanye iwanyu mugenzi kuhita umuvyu ukuhaligwe kwivyaha vyala vuzwe. 39 Kuliwene buli wizeye ahaluligwa ukuli ni bintu vyose aliyo ishaha ya Musa ntiyoba haye ukuli. 40 None nibube maso kuko yikintu choba ganiliye na bela ntilove iwanyu. 41 Mulebe mwebe mugayana, nomutamaliwe mwanga mie, kubela koli kazi kkwi misi zanyu ikazi aliza mute shobola kwizela kandi lelo umuntu azoba bwila. 42 Umwanya Paulo na Barnaba hobagenda abantu balasenga baga nilee amajambo ya mbele numusi gwakwenza gulimo gulaza. 43 Umwanya ikiteleno chumusengelo aliho yamaze abakozi binabi beshi nabatinyi ithati waliwe fuata Paulo na Barnaba, balibo baganiye nabene yalaba bwiye bagumishe kwineema yimana. 44 Umusi gwembele gukulikila, hofinumuji gose balege lanye kumva ijambo dyimana. 45 Aba yahudi hobabonye ukwegelana, baluzuwe nishovu nukuganila amajambo yakubishwe nibintu ivya vuzwe na Paulo na bala mutuche. 46 Aliko Paulo na Barnaba balaganila kukutatinya nukuvuga, "vyalibishakigwa kwijambo dyimana vyaganiliwe kutangula iwanyu.No kubela mula yigiza kula kuva iwanyu nikulibona kuba ntimu kwiliye ubuzi mabwimisi yose. nimulebe muloba hindukilila amahanga. 47 Nkuko bili Imana yatubwiye avuga, ndabasizeho webwe lumucho kubantu abanyama hanga, kubela muzane akakiza nkumpande zosi zokwisi. 48 Aba nyama hanga hobu mvishijeli bala nezewe nukuhimba zwa ijambo dyimana beshi bachaguliwe kubu komezi bwimisi yosi yabizeye. 49 Ijambo dyimana dyalakwiye mwisi yose. 50 Aliko aba yahudi balabingize balibitanze nabagole yole bashakigwa kandi na balongoye womji. Ivyo vya bwilinjwe kubabazwa kuli Paulo na Barnaba balabataye hanze yi mbibe yimiji. 51 Aliko Paulo na Barnaba balahungu yo kumagulu yabo none lelo balagiye haliya kumujiwa ikonia. 52 Na bigishwa baluzuwe ni fulaha hamwe nasho mtakatifu.