Sura 1

1 Paulo, intumwa ya Klisto Yesu, kungana nilegeko dyimana numukiza wachu Yesu Klisto aliuwuta tinya wachu. 2 Kuli Timoteo umwawanje wukuli mukwizela inema, nimbabazi na maholo biva kumana daha na Klisto Yesu umwami wachu. 3 Nkuko na gusavywe ahonagenda makedonia, usigale efeso kudyango utegeko abantu fulani ntibigishe inyigisho inyulanye auzidasa. 4 Kandi ntibu mvilize imigani nulitonde gwimisa itagila ihelezo. Ibi bilatuma uguha lila chane kusumba kufasha kubandanya umugambi wimana wukwizela. 5 None ilengo dyili tegeko nulukundo luva kumutima mwiza, muvyishuzo vyiza nomu kwizela kukuli. 6 Bamwe mubantu libuze ilengo bala yisiga inyigisho iyi no kuhindukilila invugano yigi pumbafu. 7 Bashaka kuba abigisha bitegeko, aliko ntibamenya ichoba vuga chanke icho bumviliza. 8 Aliko tulazi yuko itegeko yuko alidyiza nkabantuniba likolesha mukuli. 9 Tulazi yuko, itegeko ntiyashizweho kukubela umuntu wumugololochi, ahubwo kubela yuwu vunja amategeko nabaha kanyi, abantu batali abagololochi kandi bivyaha, nabatafishe Imana nababi yakozwe kubela benebicha daha na maha wabo, kukubela abi chanyi. 10 Kukubela abashakanyi, kukubela abasambanyi, kukubela badya bambula abantu nokubakola abatumwa, kukubela ububeshi, kukubela ivyabo na vyububeshi, nuwowese anyulanye namaelekezo yukwizela. 11 Aya maelekezo avana ninjili yubwela bwimana, wene wokuhezagila mulivyo vyo nizewe. 12 Ndamu shimila Yesu Klisto umwami wachu. Yalampaye inguvu, kukubela yampaluye jewe kuba umwizegwa kandi acha ashila mugikogwa. 13 Nalumuntu, wokumanuza, umubabazi numuntu wivulugu. Aliko nalalonse imbabazi kukubela nakoze mubujinga kukutizela. 14 Aliko inema yimana yachu yabuzuye ukwizela nulukundo luli muli Klisto Yesu. 15 Ububutumwa nubwokwizela kandi bulakwiye kwakigwa nabose, yuko Klisto Yesu yaje mwisi kuchungu la abivyaha jewe ndi mubi chane kusumba bose. 16 Aliko kukubelaili jewe nala hawe imbabazi kudyango imbele muli jewe, hanyuma ya vyose Klisto Yesu yemeze ukwihangana kose. Yala koze ivyo nkibigelelezo kuli bose bazo mwizela wene kukubela ubuzima bwigihechose. 17 Nubu ku mwami atafishe imibembe, atapfa, ataboneka Imana yonyene, ibe ichubahilo nubwela igihe nigihe chose, Amina. 18 Ndasizeho isezelano ili imbele yawe Timoteo, umwana wanje. Ndakola ngo kungana nubu vugishwa bwatanzwe aho hambele kukubela wewe, kudyango ubemwo mungwano nziza. 19 Kola guti kudyango ube nu kwizela ni chimfuzo chiza bamwe abantu bavya nse iyi bacha balanona ukwizela. 20 Nkuko bidya himeneyo na Alekizanda abonamuhanye shetani kudyango bigishwe ntibazo chumule.