1
Ulabe ntukole vyiza imbele ya bantu kugila bakulabe, niwakola nkutyo ntuzolonka ingelo kwa Daha womwijuru.
2
Kulivyo lelo ugiye kutanga ntulele itarumbeta no kwishimila wewe nyene nkiko bumutima gubi bakola mumusinagogi no muchalo kugila abantu babashime kweli ndababwila bamaze kwa kila ingeko yabo.
3
Aliko wewe ulimwo ulatanga ukuboko kwawe kukumafu ntiku chukuboko kukudyo kulimwokula kola.
4
Kugila akashimwe kawe mwibanga. Nihosowawe abona mwibanga azokuha ingelo yawe.
16 Kandi yowiso nzesheje, ntiwelekane umubabalo nkiko abanya mutima mubi bakola, kubela bakunja sura zabo kugila abantu babamenye kobisonzesheje. Kweli ndakubwila bamaze kwakila ingelo yabo. 17 Aliko wewe niwisonzesha siga amavuta umutwe wawe wige mumaso. 18 Ntibilo bonekane imbele ya bantu ko wisonzesheje, aliko so alimwibanga na so wawe abona mwibanga azokuha ingelo yawe.
19 Ntukibikile ubutunzi mwisi, aho inyenzi ni ngese vyonona habashuma babomola bakiba. 20 Ahubwo, mwibikile ubutunzi bawe mwijuru, aho inyenzi ingese bitashobola konona naho abashuma batashobola kubomola ngobibe. 21 Kubela hubutunzi bwawe buli, niho umutima gwawe guzo bakandi.
22 Ijisho ni tala dyu mubili nimba ijisho dyawe likomeye umubili wose guba guli numwanga. 23 Aliko nimba ijisho dyawe dyalono nekaye, umubili wawe wose wuzuye umwijima kupikupi nimba umwanga guli muli wewe alu mwijima hasa, numwijima munini gungana kute!
24 Ntana yumwe yokolela abami babili, kubela azokwanka yumve akunde uyundi, au naho yoguma kuli yumwe akagaya uyundi. Ntimwoshobola kukolela Imana ni Mali.
25 None ndakubwila, ntube namashaka kukubaho kwawe, yuko ulodya iki uzonywa iki au kumubili wawe, uzokwambala iki. Mbe! Ubuzima ntibusumba ivyokudya numubili ntusumba imyenda? 26 Leba inyoni zili mukilele. Ntizitela non kusoloma ntizimbula mukigega, aliko so wanyu wo mwijuru alazilisha zene. Mbe mwebwe ntimulaba kachilo kusunvya zene. 27 Ninde muli mwebe kukwigigola yoshobola kwiyongeza nukuboko kumwe kubuzima mukubaho kwiwe?
28 Ni kuki mwiganyila kumyenda? 29 Ndachaba bwila, Suleimani mubwiza bwiwe bwose ntiyambichwe nkalimwe muli yene aya. 30 Nimba Imana yambika ivyachi mumashamba bibaho ulusiku lumwe nyibucha bilotabwa mumulilo mbe ntalosuvyaho kubambika mwebwe, mwebe mufishe ukwizera kuke? 31 None ntiwiganyile muvuga, mbega tudyiki? Au “Mbega tunywiki? “Au mbega twambaiki?” 32 Bokwisi balondi vyo na sowanyu wo mwijuru alamenya yuko ivyo mubikena. 33 Aliko chambele londa ubwami bwimana no kugololoka kwayo niho ivyo vyose muzo vyogengwa. 34 Ntimukiganyile kuvya nyibucha, kuko nyibucha halo kwiganyila vya hene. Kila musiku lukwilanye na magogwa yago.