1
Hanyuma Yesu amaze kuvuka haliya Ibethelehemu yu Buyahudi kwa misi zumwami Helode, abantu basomye kuva mashariki ya haliya balageze Yerusalemu bavuga.
2
Ali hehe wene aliwe yavuche umwami wa bayahudi twabonye inyenyeli yiwe Mashariki natwe twaje kumusenga.
9 Hanyuma yuko ba mazekufpa umwami balagumishije nulugendo gwabo. Ninyenyeli yidya yobali babonye mashariki yabagiye imbele kugela hoya hagaze hejulu ya hantu umwana ya vukiye aho yalili. 10 Umwanya hobabona inyenyeli balanezewe numunezelo munini chane. 11 Bali njiye munzu nu kumubana umwana ya vuche na Mariamu yina wiwe. Baba mufuka miye nu kumusenga. Baluguluye vyababiche vyobo nukumutangila akashimwe ni dhahabu, uvumba, namanemane. 12 Imana yalabahanye kuhitila mukulota balagiye kugaluka kuliyisi yabo kunzila uyindi.
13 Hanyuma hobali bagiye, malaika bumwami yala mubonekeye Yusufu mukulota nu kuvuga, “Vyuka mutwale umwa na nayina wiwe none mwilika misili musigale hiyo kugela hondo babwila, nokubela Herode alomulondela umwana kugila amwiche. 14 Mwijo idyo Yusufu yala dyuche nukutwe la umwana na nyina wiwe nukwilika misili. 15 Yabaye hiyo kugela hoherode hapfa. Lino dyakwijije kidya umwami chotali yalavuze kuhita muba vugishwa, “Kuva misili ndahamegaye umwana wanje.
16 Bimaze Herode, hoyabonye nkuko bamusimanga na bantubasomye, yalashavuye chane. Yalatumye kubicha kubana bose babahungu balibabaye Bethlehemu na bose nkaha dya hantu kidya alicho bafishe nubushobola kwa muabi myaka zibili niha yazo kugela numwanya bali bamaze kwemeza kweli kuva kwaba dya bantu basomye. 17 Niho vyakwila lidya jambo dyali dyavunewe kumunwa gumuvugishwa Yelemia.
22 Aliko hoyumvishije yuko Arikelau yalifishe umuganza wi yuda hantu hadahe wiwe Herode, yalatinye kugenda hiyo. Hnayuma yimana kuhana kuva mukulota yalagiye agende mumakoa wi Galilaya. 23 No yalagiye kubaho kumuji gwitwa Nazaleti. Lino dyalakwijwe kidya chali chamaze kuvugwa kunzila yumuvugishwa yuko anaitwa Munazareti.